Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Burkina Faso: Umukuru mu basirikare yatangaje ko ubutegetsi (...)
Burkina Faso: Umukuru mu basirikare yatangaje ko ubutegetsi butembagajwe
jeudi 17 Nyakanga 2015
Umusirikare yambaye impuzu z’abacunga umukuru w’igihugu abicishije ku mboneshakure,yatangaje mu gatondo ko kuri uno wa kane igenekerezo rya 17 Nyakanga 2015,ko umukuru w’igihugu Michel Kafando atanze imihoho .
Uwo musirikare yavuze aserukira inama y’igihugu yishinze gukingira intwaro rusangi,yamenyesheje ko Reta n’inama nshingamateka nfatakibanza navyo bihagaritswe.
Kuva kuwa gatatu igenekerezo rya 16 Nyakanga 2015 umukuru w’igihugu ahagaritswe ari kumwe n’abashikiranganji,amakungu yagumye asaba ko yorekurwa.
Van Naris Mugisha
Messages
17 Nyakanga 2015, 11:13, par Scott
Abo nibo basirikare muza mwumva apana zantamoka ngo ni NIYONGABO zomuburundi iyo misega banka gukubita coup d’etat nabo baricuza icatumye batayikubita.
17 Nyakanga 2015, 11:35, par THEO
NKURUNZIZANIWEASIGAYE
17 Nyakanga 2015, 11:36, par karorero
Murabagabo
17 Nyakanga 2015, 12:34, par leonard nyangoma
Iciza Uhawenabanyagihugu.Numugisha.Nayo.Uhawenigikenye.Numuvumo.Nka Kafando.Yariyakozuko.Nayabiteze.Kudeta.Muburundi.Bazopfabangara Nka Kayini.Barikwikimenyetso C’umuvumo.Bazobanka Goliati. Pita Ni Dawidi Some Biblia Mwirabire
17 Nyakanga 2015, 12:36, par vianney
ohoo,burukinafaso.ibaye.nkuburundi.mana.dufashe
17 Nyakanga 2015, 12:51, par GAHUTU LM
UBUGABO BURIHABWA, INGABO NIZO KIRETSE INYANKA BURUNDI ZACO, ARIKONABO NTIBIKUNDA INGARUKA BAZOZIBONA
17 Nyakanga 2015, 13:16, par merasi
abo basirikare babuze umushahara ukwiye niyihangane
17 Nyakanga 2015, 13:19, par mukobozi
harya ntabwa inganya
primé yarase ko bamukura ahenzwe nawamubisha yiyahura dolpho none raba ivyariko aramukorera nkurunziza ntashuti
17 Nyakanga 2015, 13:30, par fidelite
@scott
uriko uravuga ubusa,bakubita coup d’etat nde?Nubu ntibikunda ntimwihende.Jewe nibaza ko mwacanganikiwe,iyo ni leta mfatakibanza bariko baratembagaza ahubwo batembagaje,mwiyumva gute mwibutse ko mwafata aba manifestants bo muri burkina nka exemple à suivre mu burundi?Bibahe icigwa ahubwo abo muri cnared bibazako bazoza gutegeka u burundi,muriko murashima abasoda bo muri burkina ,birukanye transition bande d’idiots blaise ahakwa kugaruka,abaja mu myiyerekano ubu barabasya,burya murafyina ,ya mihimbiri yaho yari yihaye gufasha mu bindi bihugu kugumuka basubire turabe.Nkurunziza twaramutoye ,naho mwoyikora mukazana uwundi azotwara ba nde,ni nde azobemerera?Reka gu compra ibidasa kandi niho mwamye mujujutira,ngo peter azoba nka blaise subutu.Ico mushaka turakizi nukugira genocide y’abahutu mubita imbonerakure n’abapolisi ariko ibuye riserutse ntiriba ricishe isuka
17 Nyakanga 2015, 14:03, par thierry nduwayo
muritonda iyo yarintwaro mfatakibanza siyatowe ntimuvyitiranye kandi ntabushobozi yarafise bwoguhindura reta yasanzeho umverero uyo ahavuye hageze urazi ingene yadusungayeko ngo nkurunziza atanger imihoho none bahereye kuriwe nasubire yifatanyenamwe turabe icomumufasha uwonawe hari namanda yaribwamare
17 Nyakanga 2015, 14:06, par FLA
ABATEGETSI BA AFRICA NIBIGIREHO
17 Nyakanga 2015, 15:05, par Baobab
@Scott
"Abo nibo basirikare muza mwumva apana zantamoka ngo ni NIYONGABO zomuburundi iyo misega banka gukubita coup d’etat nabo baricuza icatumye batayikubita."
Gushika ku butegetsi ku nguvu uba witeze ko nawe uzohava ku nguvu! Nico gituma abo bantu babikora ata gishasha bazana kuko na Micombero yarabikoze muri 1966 ata myaka 30 arashikana! Jewe nokwemera uwozana ayandi mayeri y’ukubigira!
17 Nyakanga 2015, 17:43, par Ndababonye
Aba Sirikare Ba Barundi Nibahakure Icigwa Nkurunziza Bamurindirijiki Batinya Imbonerakure Ziwe Nibarye Umutim’amenyo.None Ntaformation Bakoze Yagisirikare Nibareke Ubwoba Nkubwa Basivire.
17 Nyakanga 2015, 18:12, par ndikuriyo alexis
UWASHIZWEHO KURI COUP D’ETAT AKUGWA NA COUP D’ETAT. MU BURUNDI NI IGIHUGU GIKOMEYE. NI BARABIREHO ABO BAZUNGU BIGIRA SURA IVU. UBU NAHO BAVUGA IKI ? SAWA OK.
17 Nyakanga 2015, 21:42, par safari
nibasigeho gutembagaza intwaro
17 Nyakanga 2015, 22:01, par kanyamboeva
ivyiyumviro vyama coup d,etat nibive mu mitwe yabnt kuko inyuma yayo haza ingorane ikomeye.
18 Nyakanga 2015, 16:20, par Baobab
@kanyamboeva
"ivyiyumviro vyama coup d,etat nibive mu mitwe yabnt kuko inyuma yayo haza ingorane ikomeye."
Ahubwo umenga coup d’Etat itera umukoshi! Ababanyi bacu aho haruguru bo bivugira gutera umwaku umenga!