Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Burundi: Ubuzi 20 000 bugiye gushingwa na Leta - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > Burundi: Ubuzi 20 000 bugiye gushingwa na Leta

Burundi: Ubuzi 20 000 bugiye gushingwa na Leta

dimanche 9 Ruheshi 2013

Umushikiranganji w’abakozi n’akazi mu Burundi yamenyesheje ko gushika mu mpera z’umwaka w’2013, ubuzi bugera ku bihumbi mirongo ibiri aribwo buzoshingwa kuri bene gihugu bato bato.

Umushikiranganji Annonciate Sendazirasa yamenyesheje ko ubwo buzi ibihumbi mirongo ibiri buzoshingwa mu mugambi wa Leta wo kugabanya igitigiri c’urwaruka rutagira kazi mu Burundi, ubwo buzi bukaba bwerekeye igisata c’uburimyi no guhingura ivyavuye mu burimyi.

Twobamenyesha ko Leta y’Uburundi yahagurukiye ikibazo c’ubushomeri mu ntumbero yo kuduza ubutunzi bw’igihugu aho imigambi itari mike iriko irarangurwa, urwaruka narwo rukaharonkera akazi. Mu mwaka w’2012, urwaruka rugera ku bihumbi cumi na bitanu rukaba arirwo rwahawe akazi.


Egide Nduwimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.