Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Cameroun : Abahuza ibitsina babisangiye barageramiwe
Cameroun : Abahuza ibitsina babisangiye barageramiwe
mercredi 12 Ruhuhuma 2014
Abahuza ibitsina babisangiye mu gihugu ca Cameroun uretse ko bakubitwa, no kwicwa baricwa, abandi bagata bagahunga bakaja kuba mu gahinga ka nyaga na nde, mu gihe hari n’abandi babura irengero ryabo.
Kuri uyu w’Imana uheze ku mugoroba, abaharanira agateka k’abahuza ibitsina babisangite LGBT ( Lesbiennes, gays, bisexuels, Trans) bo muri ico gihugu ca Cameroun bakaba basavye ko abo bantu batosubira gukubitwa canke ngo bicwe, igihambaye akaba ari uko baronswa uburenganzira bwo kuba mu miryango yabo, badaturatuzwa nk’uko abo muri ayo mashirahamwe babisavye Reta. Ivyo vyo kwicwa rero Reta ivuga ko itabizi, ariko ko ababica bakwiye gukurikiranwa, bagahanwa bimwe vy’akarorero. Reta ya Cameroun ivuga ko umuntu ari mw’ikosa akurikiranwa n’ubutungane ariko ataba akwiye kwicwa.
Ivyo rero bikaba bivuzwe mu gihe n’ababavugira basigaye batorwa ibiziga. Éric Lembembe akaba yatowe mu gahinga yagandaguwe. Uyo nawe, akaba yari mu mashirahamwe aharanira agateka k’abahuza ibitsina babisangiye. Ivyo rero bikaba vyarababaje abantu batandukanye b’i Yaounde mu gihugu ca Cameroun, mu gihe bavuga ko uko ari uguhohotera agateka ka zina muntu, abandi nabo bakabona ko abo bantu bakwiye guhabwa ibihano, ariko ntibaheze ngo bicwe. Abo muri ayo mashirahamwe aharanira uburengannzira bw’abahuza ibitsina babisangiye aho muri Cameroun bakaba basaba Reta gukingira mwene abo bantu.
Aristide Nizigire
Messages
12 Ruhuhuma 2014, 09:32, par Nayuburund
Ahubwo nibabice ivyo bintazi batay’ubuntu
12 Ruhuhuma 2014, 10:02, par Tollo
Mwaramutse ibiyo ibujumbura mwongeye gukira imvura.nagira babwire ko abo bantu bahuz’ibitsina kwere reka mvuge ntaravy’imana canke satani muri make jewe mbaciriy’urwo gupfa.mbese jewe nongeyeho.ko boza banarabatwika kugira ntibaze batware nibibanza byabandi bazapfa bapfany’ibanga kuko bohava babura aho bahabwa.nuko cameruni kubita inyegera kubita nabo babavugira bose.kuko bonon’isi.
12 Ruhuhuma 2014, 13:59, par Muhoza
Ahubwo nibafate abo bantu babavugira abe aribo baherako mukwica urumvango ni amashirahamwe abavugira kandi nabonyene atavyo bakora?Babavugira gute kandi nabo badakora iryo shano?Jew ndifatikanije nabo ba turubika ivyo bitabanga ahubwo mu Burundi dusabe nahonyene ntibaze babemerere banyakugwa kugahinga
12 Ruhuhuma 2014, 16:42, par Méthodis
Icaha nk’ico ntawogishigikira kuko n’icaha kibi kandi kibabaza IMANA yacu cokwegera n’isi yacu umuvumo,hatabayeho kucihana kizokwegera iyi si yacu twatijwe akaga gakomeye,murakoze!
13 Ruhuhuma 2014, 07:54, par Mahoro.
Abo bagesera bagomba gukwegera isi mukaga mbere iyaba babaturira kuko bateye akamaramaza abonabo babavugira nabonyene bakwiye kwicwa mbere nabi kuko bashigika icaha kibi nkico.