Accueil > Inkino > FOOTBALL > CAN 2017: Intamba mu rugamba zatsinzwe urukino rwa mbere rwo (...)
CAN 2017: Intamba mu rugamba zatsinzwe urukino rwa mbere rwo gukurakuranamwo
dimanche 14 Ruheshi 2015
Urukino rwatanguye isaha imwe y’ijoro mu masaha yo muri Senegal,ni ukuvuga isaha zitatu z’ijoro z’amasaha yo mu Burundi.
Imirwi yose yatanguye yerekana ko ishaka intsinzi,ariko ku munota wa 14 umunyezamu Biha Omar yakoreye ikosa umukinyi wa Senegal,umuhagarikizi aca atanga penariti yatumye igice ca mbere c’urukino kirangira umurwi wa Senegal uri imbere y’Intamba mu Rugamba.
Inyuma y’iminota 13 igice ca kabiri c’urukino gitanguye,umukinyi Fiston Abdulazak ,akaba ari nawe yari kizigenza w’umugwi w’Intamba mu Rugamba yarinjije igitsindo gituma imigwi ibiri inganya.
Umurwi nserukira gihugu wa Senegal wagumye werekana ko urusha ubuhinga umurwi w’Uburundi,wahavuye winjiza igitsindo ca kabiri ku munota wa 61,usubira winjiza ikindi mu minota y’inyongera.
Urukino rwaheze ari ibitsindo bitatu vy’umurwi nserukiragihugu wa Senegal,ku gitsindo kimwe c’intamba mu rugamba.
Van Naris
Messages
14 Ruheshi 2015, 13:56, par NDAYI
AHUBWO UMURWI NSERUKIRA GIHUGU WU BURUNDI NINABAHINGA NDAVYE NIBIHE UBURUNDI BURIMWO NINTWARIPE!
14 Ruheshi 2015, 14:02, par Niyonsaba Révérien
Basha Uburundi Wapi,abakinyi Barakwiye Gukurikiranwa Aha Mugihugu Cacu.Biciyingani Ngo Ntitwigere Duterimbere Mumupira?
14 Ruheshi 2015, 14:36
UGUTSINDWA NIBISANZWE ARIKO IBITEGO 3NIVYISHI KURI EQUIPE NSERUKIRAGIHUGU?BIHICIGWA UMUTOZA!
14 Ruheshi 2015, 15:03, par LAMBERT
abarundi nibareke urukino rwumupira.kirazira ko wokina umupira inzara irimukukwica.nibarekere abazungu
14 Ruheshi 2015, 16:28, par .Sancho
Jw narigeze muri federation FFB ndababgira nti equipe national yu Burundi ntuzigera istinda icitwa Intamba kuko
kuva kuri Ntare
Rushatsi
Cambarangwe Totem
yu Burundi ni Intare
iguhugu cacu
kurangwa ni Ntare
nigisarikare cacu
nuko,ivyo sivyubu
ariko nikuva u Burundi
bgabasogokuru,ni
gute rero umurwi
nserukira gihugu wo
kwitwa izina
ryinyoni,kuri FFB
banyishuye ngo
nibihugu vyinshi
vyitirirwa Intare,none
muraba ivyabandi.Ni
mureke Equipe yacu
national yitwe INTARE
MURUGAMBA
muzoraba ko u
Burundi tutazotwara
coupe du monde. Nivyo bizoba aruko Nkurunziza atagitwara u Burundi.
14 Ruheshi 2015, 16:50
baragerageza,kuko senegal irakomeye,mugabo rero babirabe neza kuko uno murwi wacu uheruka gutsinda urya mutoza ataraza ,harya hari igihe wosanga barya babarundi aribo bazi kumenyereza.
14 Ruheshi 2015, 17:09, par Jeremi
Izo mbonerakure ntaho zoshobora gushika,nibareke gutuka koch kuko nibo bamuha amategeko ngo ntahamagare ba saido,ahubwo iyo bazimesa 20.
14 Ruheshi 2015, 19:20, par cuma
umunsi bagiye mu burundi bazotsindwa 4 ku busa inta mba ni ziha ngane
14 Ruheshi 2015, 19:52, par andré
we ndayi kwerinsanzurintwari kabisa burya uravye igihuburundi turimwo ukarabingen’intamba zigenjeje .kabisa ntawogaya ahubwo dusabimana iduhamahoro, natwe tuzobatsinda
14 Ruheshi 2015, 19:55
AMATO AZOBA RGARI MUBURUNDI
14 Ruheshi 2015, 21:05, par Bitangimana
Komra equipe yigihugu cacu courage.kko nam’equipe akomey yohnze artsindwa.k1 mugre ingvu natw tuztsinda.
14 Ruheshi 2015, 21:20, par Ezechiel ININAHAZWE
nizihangane turotsinda murwo gusubiriza i bujumbura.
14 Ruheshi 2015, 22:40, par niyongabo felix
wosiga ugwaje umuvy ngugy murugamba nguratsinda
15 Ruheshi 2015, 07:50, par Judith
Zanrya barya nkibikoko SENEGAL yazibahokeje,izo mbonerakure ntaho zoshika,iyaba hariho ihiganwa ry’UBWICANYI,UBURUNDI na IRAN nivyo vyokina FINAL.
15 Ruheshi 2015, 08:35, par OMER
AMATORA.AZOBANEZAUTORENEZA
15 Ruheshi 2015, 09:15, par ROONEY
YASINZE KUBWA COAC
15 Ruheshi 2015, 09:18, par nduwi
Burya baragerageza, ahubwo ni kubakurira inkofero kuko uravye igihugu baba bavuyemwo ingene kimeze, ntawobatako umwikomo. Igihugu kitagira KAMINUZA (Universites), igihugu education iri au dernier rang, secondaire isigaye irutwa n’ishure kera bita YAGAMUKAMA, ata vision n’imwe en matiere d’education ihari, wumva kugira abakinyi bashobore kugeza n’aho si uko ari abahinga? Barakwiye n’agashimwe gose!
15 Ruheshi 2015, 09:49, par ERIC
NTAKUNDI TWIHANGANE
15 Ruheshi 2015, 12:30, par ndayishimiye donatien
intamb nibazirek zarageragej kuk senegal irakomey.ahobw nizitegur urukim ruzokurikir turab ko twotsind.
15 Ruheshi 2015, 13:52, par JAPHET LIONCEAU
TWATSIZWE NTACO UWUTSINZWE NTATSINDWAHO TWITEGURE MUGUSUBIRIZA TUZOTSINDE
15 Ruheshi 2015, 19:38, par Schadrack NIYOKWIZIGIRA
ivyo ntawe vyotangaza,uburundi ivyo gutsinda senegal ni nk,amazi atemba aduga
15 Ruheshi 2015, 20:15, par PEACE
TUZOTSINDIRA IWACU, NI BIHANGANE.
15 Ruheshi 2015, 21:07, par Clovis Irakoze
Umumenyerezamushasha Ajenabi Nibasubize Iwabo
16 Ruheshi 2015, 07:02, par Manirakiza j.claude
Uko kunanirwa kumurwi wintambamurugamba vyerekana amahirwemake uburundi bufise kukabankako sintambagusa nomuzindinzego.kubwivyorero abobahagarariye igihugu nibagisubize umutamana gisubirekibe igihugu ntikibe imbundege.nacanecane Nkurunziza.
17 Ruheshi 2015, 10:07, par Onésime NIYOKWIZERA
NTIBITANGAJE!GUSA ABARUNDI TURIBAZA AHO IGIHUGU CACU GIKURA ABAMENYEREZA BADAFISE UBWO BUHINGA WUMVA AHANDI BATURUSHA TUKAHABURA!MUGA ABARUNDI NIKO TWAMYE,KWIYEMERA BIRATWIGORERA,DUKUNDA IBIZIMBUTSE!!
17 Ruheshi 2015, 13:26, par Marongo Melchiade
None mwagira batsinde gute kandi ata gihugu kirongowe n-abantu kiriho.
Watwarwa ni uwukirukako ngo agukerere ukaronka inguvu zo gutsinda.
Barabura kwinyegeza ahandiho Nyamitwe arabagurisha ababeshere ko banse gutsinda kumpaka.
17 Ruheshi 2015, 14:08, par GAMAS
KUKI MUTAWUTWERETSE KURI TV EREGA TURAKENEYE KUBONA ABARUNDI. BARAKINA.
17 Ruheshi 2015, 14:09, par GAMAS
KUKI MUTAWUTWERETSE KURI TV EREGA TURAKENEYE KUBONA ABARUNDI. BARAKINA.
19 Ruheshi 2015, 12:52, par BONIS
IVYO VYIMIPILA BIMAZE IKI ? SAKAZIMA AMATORA AZOBA, IBINDI NTACO BIMAZE
9 Mukakaro 2015, 20:38, par lama k ndayishimiye
mpaka sasa sijaona hatima yatimuyetu yataifa hivikweri ukimuacha mchezaji kama saido unafikiria nin wachezaji tunao tatizo nimakocha wetu
12 Mukakaro 2015, 11:56, par FULGENCE
BWABUNDI NTAKUNU
3 Myandagaro 2015, 07:21, par MUGOZI
INTAMBA MURUGAMBA IZOTSINDA AMEN
4 Nyakanga 2015, 20:46, par chris
Ndumufan ubolwiy wintamb tuzatsind
18 Nyakanga 2015, 06:21, par adolphe
ariko turashaka muze muratwereka kuma TV umupira w,intamba mugihe barigukinira hanze y,igihugu. mû Rwanda bobo barawerekana super sport eka na match zomuri premier division barazerekana nkakurya kwomuri Europe,utabazi ntuwobamenya ,gerageze.
12 Gitugutu 2015, 21:28, par Elvis
IYONKURU NTAKND KOVYASHITS NGIRA NATW TUZOBISHURA AHA IWACU KND HABURANA2 HAGATSINDA UMWE
12 Gitugutu 2015, 21:31, par Elvis
IYONKURU NTAKND KOVYASHITS NGIRA NATW TUZOBISHURA AHA IWACU KND HABURANA2 HAGATSINDA UMWE
18 Gitugutu 2015, 16:40, par Oscar
Ariko nibazeka zizobandanya
25 Gitugutu 2015, 20:51, par NDAYISENGA PIERRE
MWIHANE NTAWAMA ARUWAMBERE
25 Gitugutu 2015, 20:52, par NDAYISENGA PIERRE
MWIHANE NTAWAMA ARUWAMBERE
26 Ntwarante 2016, 17:39, par JAN MAN FC LION
NTAKUNDI NATWAHANYUMA NITWE
29 Ruheshi 2016, 13:10, par Joseph
Mbega Muburundi Urwo Gusubiriza Nagwo Vyegenze Gute
1er Nyakanga 2016, 20:43, par BRUNO
NONE BAZOCA BAKINA NABAHE?
6 Nyakanga 2016, 14:15, par steve
Uburundi budatumyeko saido ntakirimwo
18 Gitugutu 2016, 18:10, par DIOMEDE
Non Uburundi Bufisinkino Zingah Busigajegukina?
20 Gitugutu 2016, 22:47, par Emmanwelle Musav
Uburundibwacu Nibuguranane Amahera Kugirango Tuzeturagura Bakinyinatwe Bwe Bakomeye Nuwuvuyemwo Amenyumupira Bacabamuguri Sha Nkuryabaguri Shizitanzania Yarambabaze Uravye Umupira Akina Murizanga Urakomeye Bigumyuko Muzosanga Duhayeturaho Mba
31 Nzero 2017, 21:51, par sabinyumva stive
bit murakomey jew mbona intamba izotsinda kand murakoze nkabandumwanawa cimba umukeperi akomeyemuburundi
15 Ruhuhuma 2017, 20:33, par tuceastermugayidimukunziwafootball
nonebazosubiragukina
22 Ruhuhuma 2017, 17:34, par joj jonas nihorimbere
ntakundi tuzobatsinda hanyuma!
1er Ntwarante 2017, 20:14, par Ngendahayo
Mbega Uwo Murwi Watsizwe Bigenze Gute?
17 Ntwarante 2017, 08:37, par Olivier Niyonkuru
Ntakundi Tuzotsind Hanyuma.Mugo Nukurab Ingen MWobigenza Kugir Tuzoz TurayIteresharija Tuyirab Ku Materefon Iyabay .Nkuwo W’intamb Murugamba
13 Ndamukiza 2017, 13:07, par Nsengumuremyi Jules
Naho Baragerageje Kuk Haburana Babiri Hagatsinda Umwe.Nibagire Courage Tuzobatsindira Ino.
5 Rusama 2017, 07:49, par Niyonzima Cariton
Mbanjekubaramutsa AIntamba,turazishigikiye Nibakoze Bahindur,imikenyuro,kukobikorwanishaka
12 Rusama 2017, 20:15, par Egide Ntakirutimana
ubu bigezehe?
20 Rusama 2017, 06:25, par Radjabu
Emwe Nukurinimba Uwomumenyereza Adapanganeza Abakinyi Nukuri Tuzokwama Twacinzwe Mbega Abakinyibatumyeko Hazebangahe? Twikosore
25 Ruheshi 2017, 20:37, par bizimana
barasubire tubèreke ubudasa
4 Myandagaro 2017, 12:00, par BOBO
27 Ndamukiza 2018, 07:55, par SINDIHO
intamba murugamba mwunomwaka wabibirinacumi numunani ntarukino bimirije gukina
14 Mukakaro 2018, 21:25, par ndayishimiye jonas
ok