Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CAN: Nigeria yaraye itsinze Mali 4:1 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > CAN: Nigeria yaraye itsinze Mali 4:1

CAN: Nigeria yaraye itsinze Mali 4:1

jeudi 7 Ruhuhuma 2013

Mugihe yizigiye kuzotahukana intsinzi muri CAN, Nigeria yaraye itsinze mali irayinyagira ku bitsindo 4 kuri kimwe.

Murukino rwa nyuma bita FINALE aba SUPER EAGLES bazohura n’umurwi wa Ghana waraye utsinze umurwi nserukiragihugu wa burkina-faso. « INKONA » za Mali zo zaraye zikuye meza murukino rushira urwanyuma aho zatsinzwe na Nigeria.

JPEG - 9.2 ko

Paterne Nsengiyunva

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.