Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Carolina y’Epfo : Hillary Clinton yatahukanye intsinzi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Carolina y’Epfo : Hillary Clinton yatahukanye intsinzi

Carolina y’Epfo : Hillary Clinton yatahukanye intsinzi

dimanche 28 Ruhuhuma 2016, par egide

Muri Reta ya Carolina y’epfo, Hillary Clinton niwe yatahukanye intsinzi mu matora y’uguhiganirwa kuraba uwuzoserukira umugambwe w’abademokarate, mu matora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe mu kwezi kwa Munyonyo muri Reta zunze ubumwe za Amerika.

Muri ayo matora, Hillary Clinton yatahukanye amajwi 73 kw’ijana.
Amatora yo mu yandi ma Reta akaba ategekanijwe kuri uwu wa kabiri.


IGIEH

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.