Accueil > Ubuhinga bwa none > Internet > CBINET : Internet yo muhira ku buntu
CBINET : Internet yo muhira ku buntu
lundi 27 Gitugutu 2014
Namba Ishirahamwe ryanyu iri umunywanyi wa CBINET rikongera rikaba ririha guhera ku mafaranga angana n’ama dollars y’abanyamerika 225 ku kwezi, murashobora kuronka ama connexions Internet yo muhira ku buntu, igiharuro c’izo connexions muronka kikavana n’uburinganire bw’umuhora ishirahamwe ryanyu riba ryaguze.
Muri ico gihe, ico mugura conyene ni igikoresho kibatuma mushobora kuja kuri internet, ibindi bikazoguma bitangwa ku buntu mu gihe amasezerano ya connexion Internet y’ishirahamwe ryanyu akiriho.
Vyongeye, mu gihe ishirahamwe ryanyu ritoba rifise uburyo bwo kugura ivyo bikoresho, muvyumvikanye naryo, abakeneye iyo internet barashobora kuvyigurira mu buryo bwabo, bagaca baronka ako karusho nabo nyene.
Ku vyerekeye umuhora wa connexion, urugo rumwe ruronka umuhora wa 768 kbps.
Mwipfuza kuronka insiguro zirenga aho, rungika ubutumwa kuri sales@cbinet.net
IGIHE
Messages
12 Rusama 2015, 05:54, par NZAMBIMANA.DESIRE
ND.MURUTANA.BISHITSE.MUTWIYUMVIREKO.
15 Rusama 2015, 19:29, par Christophe
Jewendashima Ivyiyumviro Vyiryo Shirahamwe Ryacu Nukuri Izo Konection Muzemuraziduha Hanyuma Turakenguruka Icociyumviro Murakoze
21 Rusama 2015, 22:13, par Tatizo
None burya vyoboneka nka video
28 Rusama 2015, 20:16, par innocent nshemezimana
vyoboneka mumasanamu
30 Rusama 2015, 21:25, par Yamuremye
None vyoboneka muma image?
31 Rusama 2015, 08:29, par niyonkuru chadrack
nne ntimwogeragz tugakoresh na ma techno atar mubwok bwa taci
31 Rusama 2015, 08:35, par niyonkuru chadrack
non ntimwotugeragerez tugagakoresh nk techno atar taci tubicishij muguterchargant
7 Ruheshi 2015, 08:01, par Hagabimana eric
Jewe sinabitahuye neza!! Mwoshobora kumpa insiguro zikwiye kugirango menye ukuntu nanje nojamwo?? Murakoze.
11 Ruheshi 2015, 22:36, par NGABONZIZA YUSUFU
murakoze cane kubwo buhinga muguma mutugezaho .none nkatwebwe muburundi ubwo buhinga buzotugeraho gute,niryari,hakenegwiki,MURAKOZE!
21 Ruheshi 2015, 14:10, par Emmanuel Karegeya
Ni Mungeragereze Nanje Ndabe Ko Noronka Ako Karusho Ka Internet
29 Ruheshi 2015, 19:04, par Nahimana francine
None konifuza nanje kumenya neza ivya internet kandi ndayishaka kontatahuye ingene nshobora kuyironka?
6 Mukakaro 2015, 08:03, par nephtali ciza
ndakeneye iyo connection nizera ko ndi mwishirahamwe. ririha.
6 Mukakaro 2015, 22:26, par Bitangimana Emmanuel
None Iyo Connexion Uyikoresha Umwanya Ushakiye Hoho Biboneka Video?
12 Mukakaro 2015, 10:27, par Saïdi
Izonsiguro Sindazitahuye Nimuduhe Insiguro Zihagije! Mwongere Mubarire Uko Uyogenda Kugira Dukoreshe Iyo Internet
20 Mukakaro 2015, 19:32, par diomede
abikuye mumatora bahinyuye iki?nibazako poltique yabo yashaje.
ivyiyo internet sinabisobanukiwe.
21 Mukakaro 2015, 21:22, par DESIRE
ABAHUNZE,POLTIQYARABAPFANYE
14 Myandagaro 2015, 20:46, par MABOKO-ZAGABE
BONJOUR !CE UN BELLE CONNECTION IGIHE
20 Myandagaro 2015, 14:48, par CELESTIN NSAB
TWOBIENZA GUTE? NGO TUYIKORESHE.
22 Myandagaro 2015, 13:43, par Nininahazwe Moise
none bigenda gute? mukwiyandikisha?ntamahera ab akigenda.bikora kumatelephone ayahe?
22 Myandagaro 2015, 22:20, par Niyonkuru samwel
nanje ndemeÿe none ubwobuhingatwobukoresha gut? ndinumusore na shaka nibeb nokund ndafis umurong sind nkabo mbon ., unkene ter: 250737413825
24 Myandagaro 2015, 21:25, par Ntirandekura J.Paul
Nomenya Gut Kuyikoresha
26 Myandagaro 2015, 11:24, par gahungu
NIVYIZA.
30 Myandagaro 2015, 14:36, par bigirimana come
Utari mwishirahamwe ntimwomwakira kubuntu?
9 Nyakanga 2015, 16:41, par KWIZERA GABIN
Nivyiza.Ndabishimye. Yaba Nanje Novyungukiyeko.
9 Nyakanga 2015, 16:43, par KWIZERA GABIN
Nivyiza.Ndabishimye. Yaba Nanje Novyungukiyeko.
16 Nyakanga 2015, 08:50, par NZEYI
JEWEICIYUNVIRONTIGIHURA.HARIUMUHUNGUYITWAMISAGOYARONGOYESEUKWEACAARAMUPFUNGISHA.ATANZE.MLIYONI.NGOUMUKOBWAWIWE.NGWAMUJANEKUMUKOROPESHA.UMUKOBWA.ARANKA.MWUNVA.SEATARASHAKAKUMWIROGORERA.NIMIYERI
27 Nyakanga 2015, 05:59, par BUCUMIJACQUIS
MWODUFASHA.TUKAMANA_NAMWE.MURATUNEZEREZAGOSE.MURAKOZE
9 Gitugutu 2015, 19:37, par MAHORO EZECHIAS
UBUNTU
5 Munyonyo 2015, 14:02, par nina
twikundanire,man
12 Munyonyo 2015, 16:11, par kwizera dieudonne
nomenya gute kuyikoresha kontarimwishirahamwe?