Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CECAFA CHALLENGE CUP 2015 : Uburundi bwandikishije amanota atatu ya (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > CECAFA CHALLENGE CUP 2015 : Uburundi bwandikishije amanota atatu ya (...)

CECAFA CHALLENGE CUP 2015 : Uburundi bwandikishije amanota atatu ya mbere

dimanche 22 Munyonyo 2015, par egide

Uburundi bwatsinze urukino rwa mbere rw’ihiganwa rya CECAFA CHALLENGE CUP 2015 ryatanguye kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 21 Munyonyo 2015 mu gihugu ca Ethiopie. Abakinyi b’INTAMBA MU RUGAMBA bandikishije amanota atatu ya mbere, ku gitsindo kimwe ku busa bwa Zanzibar.

JPEG - 144.5 ko
Abakinyi b’Uburundi batanguye mu kibuga

Igitsindo c’Uburundi cinjijwe na Didier KAVUMBAGU, ku monota wa 39 w’urukino. Kuri uwu wa gatandatu nyene, mw’itsinda (Groupe) A, Urwanda rwatsinze Ethiopie igitsindo kimwe ku busa.

Kuri uwu w’Imana naho, hategekanijwe inkino zo mw’itsinda A, Kenya iza guhura na Uganda, hamwe n’inkino zo mw’itsinda B, aho Somaliya iza guhura na Tanzaniya.

Urundi rukino rw’Uburundi ruzoba kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 25 Munyonyo 2015, INTAMBA MU RUGAMBA zikazokina na Kenya ku kibuga c’i Awassa.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.