Accueil > Inkino > FOOTBALL > CECAFA CHALLENGE CUP 2015 : Uburundi buri mu muce wa kabiri
CECAFA CHALLENGE CUP 2015 : Uburundi buri mu muce wa kabiri
mercredi 18 Munyonyo 2015, par
Ihiganwa rya CECAFA CHALLENGE CUP 2015 rigiye gutangura. Iryo higanwa rizobera mu gihugu ca Ethiopie kuva ku magenekerezo ya 21 Munyonyo gushika kurya 6 Kigarama 2015. Imirwi izokwitana iryo higanwa yose hamwe ni cumi n’ibiri, ikaba iri mu mice itatu (Groupes).
Urukino rw’ukwugurura iryo higanwa ruzoba kw’igenekerezo rya 21 Munyonyo 2015, rukaba ruzohuza umurwi wa Ethiopie n’Urwanda.
Umuce wa mbere (GROUPE A) :
Ethiopie, Rwanda, Tanzaniya na Somaliya
Umuce wa kabiri (GROUPE B) :
Burundi, Ouganda, Kenya na Zanzibar
Umuce wa gatatu (GROUPE C) :
Sud Soudan, Soudan, Malawi na Djibouti
Match d’ouverture:Samedi:Ethiopie-Rwanda.
IGIHE
Messages
18 Munyonyo 2015, 10:14, par kamaro
turasavye tuzohure nurwanda, tubanze tubakubite vyasawasawa, batahan isomo.....
18 Munyonyo 2015, 13:16, par BONA
URWANDA RUZOTSINDA ETHIOPIE2/1
18 Munyonyo 2015, 15:46, par MAPIRE
URWANDA RUZONYAGIRWA 2 mwa 0
21 Munyonyo 2015, 12:00, par ONESIME
NIPFIZA KUBURUNDI BWOTSINDA
21 Munyonyo 2015, 14:02, par tuyikeze emery
ndipfurije itsinzi nziza ku burundi
21 Munyonyo 2015, 14:04, par tuyikeze emery
ndipfurije itsinzi nziza ku burundi