Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CENI:Ibiharuro nfatakibanza vyerekana ko umugambwe CNDD-FDD uza (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > CENI:Ibiharuro nfatakibanza vyerekana ko umugambwe CNDD-FDD uza (...)

CENI:Ibiharuro nfatakibanza vyerekana ko umugambwe CNDD-FDD uza imbere

jeudi 2 Mukakaro 2015

Umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi CENI umenyesha ko ibiharuro vy’infatakibanza vyerekana ko umugambwe CNDD/FDD ariwo wabaye uwa mbere mu matora y’abajenama b’amakomine n’abashingamateka.

Ibiharuro vy’infatakibanza vyerekana ko naho mu runani rw’abigenga amizero y’abarundi rurongowe na Agathon Rwasa bari basavye abanywanyio babo kutitaba amatora,rufise ikibanza ca kabiri,muri ayo matora yabaye kuwa mbere igenekerezo rya 29 Ruheshi 2015.

umuvugizi w’umurwi CENI prosper Ntahorwamiye, avuga ko amajwi urunani rw’abigenga Amizero yabarundi rwaronse adafatwa nk’ipfagusa,kuko abari ku ntonde z amatora muri urwo runani, umurwi CENI ubafata nk’ abigenga.

Mwomenya ko bitegekanijwe ko ivyavuye muri ayo matora bimenyekana inyuma y’iminsi itatu canke irenga,ariko abatavuga rumwe na Reta batitavye ayo matora baramaze kumenyesha ko ibizoyavamwo badashobora kuvyemera.

Messages

  • none rwasa azohava yanka kwemera izontebe bamuhaye ico nicerekanako abarundi bashakako intwaro ihinduka ariko gabasha wewe murumva gutora umuntu yababujije kumutora muga kubera bamwiyumvamwo bayamuhaye mwakoze.

  • Ivyo Twobitura Umuvyeyi Bikira Maria Niwe Azobiduhak Umuco .

  • Nibarindire Coup d’Etat canke leta mfatakibanza niyo yobatunganiriza ikabagira abaprezida ariko ntibizokworoha kuko prezida n’umwe gusa. nubwo igihugu c’uburundi caramba, igihugu cakarimi n’ubwicanyi gusa kitagira ibikorwa, ivyokerewe muburundi navyo ari kuvyiba bikigira mumahanga. ntakundi birababaje ntaho dutaniye nigihe ca 1961 bica rwagasore.

  • Mbe umugambwe ceni twari tuziko bizogenduko ntibitangaje ariko ayomajwi muha uyo mutama agathon nimuteshe mute

  • Kubera iki yovyemera atitoje kandi batoroherejwe ngo biyamamaze nk’abandi!!!!!!!!!!!! Kubera iki CNDD FDD yama yibazako ariyo ija imbere igaheza ikagobera iyindi migambwe ngo niyemere igire kabiri canke gatatu. Umunwa w’inkunda vyose wica inka

  • Basigaye gutangaza ko ariwe yari yatsinze. Ceni et le gouvernement sont sont des astigots ntamatora yabaye naje narinkeneye gutora mugabo ntivyanyoroheye amatora rero natunganywe ukundi gusha sinon ntayo bazotwara iyi mandat.

  • iyo buba ibwumwe bwarikindi aho ceni iriko iritoza utunyoni iha amajwi abatayamusavye!kugira amakungu abashigikire?barabahenze mwashize ahabona ivyo mwari mwaranditse,nimutekereze Rwasa abasumvya ubwenge nigiti kiturirwa mbe ndabibarize ko mutayahaye kirya gipfamutima yakobo canke consilia uwo ni mucezo wandani icambu canyu mbona na yakobo agira abasesere agatabi ngo ntayemera muce mumushira mwibuye hahahah inkina mico

  • CENI wee!gezaho iyo nkinamico muriko mukina nabo baDD muyamwingingiriza kuberik?buraca kabiri muhinyuke

  • Iyo niyo democratie. None Rwasa yarabeshyaga kumanywa nijoro akiyamamaza .Perezida ni umwe nibabe barindiriye kuko akiri muto.

  • Ico Mbona Nuko Abanye Politique Mwosubira Mukicarana Kuk Ingarukamb Zigaruka Kugihugu Cos Kand Mwibukeko Aricacu.

  • Ico Mbona Nuko Abanye Politique Mwosubira Mukicarana Kuk Ingarukamb Zigaruka Kugihugu Cos Kand Mwibukeko Aricacu.

  • Rwasa ntagihugu yoshobora umuntu naho ugira ati ngaho acafata bibilia akiruka nibavugishe akarimi nayo igihugu mandatory yanyu ntiragera, mbe mwabatutsi mwe kuva aho mwatwariye harico mwibagiye gukora? Mbe aho mwitwenga urwo n’urukundo mukunda Rwasa? twarabahinyuye yamara muburundi ngo nta moko ahari mbe amasezerano ya Arusha avuze G10 canke G7 bisobanura iki? ntagihugu muzofata aho mwatwaye mwaratwaye naho hotwara Rwasa ntaco muzotwara baribagira yaneye kumbuga yabaribuka.

  • Rwasa kera tukiri abapalepehutu yatubeirako atakwumviriza ivya Nyangoma ngwakorana nabatutsi ngotwebwe abahutu ngonukuzogifata igihugu cose. Uburero mumutwewiwe nabanugumye inyuma bashobora kubabarishizemwoko vyasebikunze aribobakwiye kubibekamwo umukuruw’igihugu.

  • Ceni turakwizey bandanya utegur amatora cndd-fdd niwironker incinzi songamber

  • Ahaa Rwassa Nagume Mumatora

  • BURYA IYO CENI IRATWENZA BATI NGWABARI KUNTONDE Z’AMIZERO Y’ABARUNDI NGO ABAFATA NKA BIGENGA NIVYAZA MUGABO IGIHE BAKIRA INTONDE ZACU JEW NTAHO NA SIGNE NABONYE HARIKO UMUKONO WA RWASA KO BATARETSE NGO SHIREKO UMUKONO WANJE NGO MBONE KONIGENGA VYUKIRI! BARABAGA BIFASHA! NIBAZIHE JACQUES NIWU NUMVISE UMENGO ARAKENEYE IBIBANZA CANE!

  • Komera komera CENI Bandanya utegura amato C.N.DD-F.D.D iyongere intsinzi

  • NONE BIRATANGAJE NONE BARI BAZIKO BOTSINDA! AHUBWO NIBARINDIRE BARABE UKUNTU TWITORERA NYENI NCUBAHIRO PIERRIE NKURUNZIZA AHOBWO NOSABA ,ABAZIMIYE KOBOZIMURUKA. NAYUBUNDIHO SAGASEKESHA RUMURI NUKUBEZA.

  • KAMA KAWAIDA SONGA MBERE

  • Ariko Koziko Urogoye CENI Urumuvugira Mana Nivyo?Mimba Arivyo Nacomvuze.Uburundi Nahobwogwa Mumaga Ni CENI yobibazwa

  • Barundi Muriko Mukora Ivyaha Mwitwaje Imigambwe Murimwo!Ntamugabwe Uzoja Imbere Yintahe Yimana Hazorenguka Umuntu aherekejwe Nivyo Yakoze!Nimurondere Imana Ikiboneka Yambaze Ikiri Hafi!

  • AMASHIRAHAMWE AVUGAKO ADAHARANIRA IVYICARO ARIKO BIBONEKAKO ARIBO BIYEMEJE GUTOTEZA AGATEKA K,ABARUNDI MUKUTWAKA UBURENGANZIRA BWACU BWO KWUBAHIRIZA ABO TWITOREYE BIBONEKA KANDI KO BAGOMBA GUCANISHAMWO AMOKO TUBASABA KWIKUBITAGASHI BATINYE IMANA KUKO ATANAKIMWE KIYISOBA ABIRIRWA BABESHERA IMBONERAKURE NGO ZIFISE IBIGWANISHO,MUTAMA PETER NTAMUGAMBI WOKWICA YIGISHA AHUBWO UBUMUHEMUKIYE WISHE IVYO MUKORA RERO MUMENYE KO IMPERA NIMPERUKA MUZOBIBAZWA MUGARUKIZ,AHO RERO

  • MBEGA AMATORA NGO FDD NIYAMBERE!!!!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.