Accueil > Amakuru > Poritike > CENI ihamagarira abarundi bakwije ibisabwa kwitaba amatora y’umukuru (...)
CENI ihamagarira abarundi bakwije ibisabwa kwitaba amatora y’umukuru w’igihugu
vendredi 17 Mukakaro 2015
Umurwi CENI uhamagarira abarundi bose bakwije ibisabwa kwitaba amatora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe kuwa kabiri igenekerezo rya 21 Mukakaro 2015.
Mw’itangazo ryasomwe n’umukuru w’umurwi CENI Pierre Claver Ndayicariye avuga ko isango y’amatora y’umukuru w’igihugu,iraba abarundi bose bashaka gushigikira inking z’intwaro rusangi.
Umukuru w’umurwi avuga ko abazotora bazokwitwaza karangamuntu n’ikarata y’itora.Avuga ko ari akaryo ku munyagihugu ko kugaragaza umunezero,naho nyene ingingo ya nyuma ifatirwa mu kazu k’itora.
Umurwi CENI usaba abarundi kwerekana ko bashigikiye amahoro mu kuja gutora,kuko gutora ari ububasha n’uburenganzira bahabwa n’ibwirizwa nshingiro ry’igihugu.
Van Naris Mugisha
Messages
17 Mukakaro 2015, 07:27, par COTOMO
Ntayindi nzira ishika atari amatora.reka tuzinduke mu kanzu k’ubwiherero,duhunde amajwi umugambwe isinzi ryifuzako worongora igihugu.icokiza uburundi nuko mwokwigarura mukemera i NKURUNZIZA!!!
17 Mukakaro 2015, 07:57, par Scott
Uri ndayicariye kweri aho ariko uraraba nutwo turineti ukabonako wohenda abanyagihugu? Iyonda wicariye ejo bayifoboza imigano! Aho uruhura abantu ngo ja mumatora? Namba ushaka ko baja mumatora ko mudatumako abahunze kubera mwebwe bobo s’abarundi? Ntabwo bakwije imyaka yo gutora? Wewe ivyarivyo vyose ntukwije.
17 Mukakaro 2015, 09:23
Reka buce twitorere indongozi ivuye kumutima
17 Mukakaro 2015, 09:28
He mutama mwarambaje kubona mwunguruza amatora ariko ntakibazo reka ku2 harageze twitorere indongozi abarundi bose bifuje
17 Mukakaro 2015, 10:07, par karije
sha nuko ubaye Kure yanje nokwereka icimbwa yaboneye kumugezi kuko wewe urumwansi warundi wicariye iyonda yawe muri cndd ntakuriri kwawe urimburu
17 Mukakaro 2015, 12:16, par Bukuru
Nuko muguma mudupfubya reka buce tuburabira murugi twitorere indongozi zibikwiye.
17 Mukakaro 2015, 12:53, par karikwishiga
ubundi bwo umubisha mukuru ni wewe bitebe bitebuke uzavyishura .umusuma wa mbere niwewe kandi uwatumye abarundi bamarana ni wewe.bitebe biyebuke ugiye kuvyishura kandi vuba cane
17 Mukakaro 2015, 18:48, par emma
emma
ego mutama isango turayirindiriye hatevye gushika gusa tuzosindukana niyonka, kwitorera indongozi zibikwiye abavuga nabo bavuge. ba CNDD-FDD bagumyabanga barundi mwese mukunda umugambwe CNDD-FDD muzogende mumatora gutora yankona petero nkurunziza.
17 Mukakaro 2015, 19:25, par Mumpe
Twemere inkurunziza twese tora CNDD-FDD
17 Mukakaro 2015, 20:33, par Bimana
Amatora niyo nyishu kubbazo vyubrundi n’abarndi.
17 Mukakaro 2015, 20:46, par Eddy
Butevyeguc Tworere Inryamunyo.Abobavyanka Batukinzego Igwaruyuzi.Ntimutiny Abo Babwa.
17 Mukakaro 2015, 21:58, par nkuru
nakonatwetumuhundeamajwimkurunzizawacu imanaimuhezagire
18 Mukakaro 2015, 16:34, par viateur
Abazorira bo ntibabuze si nkuyo ngo ni Ndayicariye eka uri Ndayicariye kweri IMANA ihora ihoze sha we bandanya uta murudubi igihugu cabasokuru nabasogokuruza sha.umusi numusi tuzohura sha we rendegera sha nabarendegere yari mwene rusegeta.