Accueil > Amakuru > Poritike > CENI yashikirije icegeranyo c’amatora mu nama nshingamateka
CENI yashikirije icegeranyo c’amatora mu nama nshingamateka
mardi 15 Kigarama 2015
Umurwi w’igihugu wigenga ujejwe gutunganaya amatora mu Burundi CENI,watanze icegeranyo c’uko amatora y’umwaka w’2015 yagenze,mu ngoro y’inama nshingamateka y’Uburundi.
Ivyo birori vyabaye kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 15 Kigarama 2015,vyatewe iteka n’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza,abashingamateka n’abakenguzamateka,abashikiranganji,bamwe mu baserukira ibihugu vyabo mu Burundi,abarongozi b’amadini n’abarongozi nzego z’umutekano.
Mw’ijambo ryiwe umukuru w’umurwi CENI Pierre Claver Ndayicariye yavuze ko amatora yagenze neza gushika ku bice 90% naho hari ibitagenze neza.
Pierre Claver Ndayicariye yavuze ko mu ntambamyi zabonetse harimwo itunganywa ry’igikorwa kuko hari icuka kibi kuko hari abatasigura kumwe ingingo ziri mw’ibwirizwa nshingiro,hamwe n’intambamyi ijane n’uburyo kuko habonetse igice cayo bari bakeneye.
Amatora y’umwaka w’2015 yaranzwe n’ukutumvikana hagati y’umugambwe uri ku butegetsi CNDD FDD n’imigambwe imwe itavuga rumwe nawo. Abatavuga rumwe n’umugamwe uri ku butegetsi bagumye bashikiriza ko amatora yatunganijwe yahonyanze ibwirizwa nshingiro n’amasezerano ya Arusha.
Kuva mu mpera z’ukwezi kwa kane bimenyekanye ko umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ariwe azoserukira umugambwe CNDD FDD amwe mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike n’imigambwe itavuga rumwe n’uwuri ku butegetsi yasavye abanywanyi bayo kwitaba imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu.
Van Naris Mugisha
Messages
15 Kigarama 2015, 19:27, par NDAYISHIMIYE TITO
kuva aho avuz ko agiye kurongora umugambwe CNDD-FDD yari gukuriza ibiva munama ya ONU icambere n,uko atemeye ibiva munama yashatse guta igihugu mungorane
15 Kigarama 2015, 19:29, par NDAYISHIMIYE TITO
kuva aho avuz ko agiye kurongora umugambwe CNDD-FDD yari gukuriza ibiva munama ya ONU icambere n,uko atemeye ibiva munama yashatse guta igihugu mungorane
15 Kigarama 2015, 19:35, par Bosco
mutama waragaragaje ubwitange ntagere, urintwari y’uburundi,atawundi yarikurongora iyomirimo munduru zariho gushika nabugingo nubu, nambere abakenyezi bimitima ihuha baragiriye, uragiye muri kahise kuburundi n’abarundi. nahandi vyabataye kuwamazi baze bakwiyambaze ubafashe. ubu igisigaye ni ugutegura aya 2020.
15 Kigarama 2015, 19:38, par Bosco
mutama waragaragaje ubwitange ntagere, urintwari y’uburundi,atawundi yarikurongora iyomirimo munduru zariho gushika nabugingo nubu, nambere abakenyezi bimitima ihuha baragiriye, uragiye muri kahise kuburundi n’abarundi. nahandi vyabataye kuwamazi baze bakwiyambaze ubafashe. ubu igisigaye ni ugutegura aya 2020. nakare kw’isi nzima ataho ndumva amatora yagenze 100% niyo zaburaya n’amerca hose bo icobaturusha ni ukutisenyerako nkimpene bakaza gushuka ibijuju vyo muri africa.
15 Kigarama 2015, 19:39, par Bosco
mutama waragaragaje ubwitange ntagere, urintwari y’uburundi,atawundi yarikurongora iyomirimo munduru zariho gushika nabugingo nubu, nambere abakenyezi bimitima ihuha baragiriye, uragiye muri kahise kuburundi n’abarundi. nahandi vyabataye kuwamazi baze bakwiyambaze ubafashe. ubu igisigaye ni ugutegura aya 2020. nakare kw’isi nzima ataho ndumva amatora yagenze 100% niyo zaburaya n’amerca hose bo icobaturusha ni ukutisenyerako nkimpene bakaza gushuka ibijuju vyo muri africa.
15 Kigarama 2015, 19:40, par INTAGOHEKA
KOMERA MUGABO KUKO USUMBA ABARUNDIJANA NAJE NDEMEZAKO AMATORA YAGENZENEZA KANDUWANKA NIYANGARE HARAMBABAGUMYABANGA BOSE KOMERE KUKO INKONA NTIYARUZWA
15 Kigarama 2015, 21:05, par maso
nene ko icegeranyo c, ivyavuye mumatora ariho kigishikirizwa, inzego zihari zavuye he?
15 Kigarama 2015, 21:46, par bonjosi
uwonimanayabahutu komeramutama azotwaraimyaka150 iheze abatutsi muzicwa nishavu
15 Kigarama 2015, 22:30, par bazowuzira
Yaba Claver nabatera amashugwe ngo amatora yagenze neza,turazi ko mwanka kuvuga nabi kugira ntimutakaze aho mukura ubutsima.ntawutazi uko amatora yagenze ,Mwigumizako mutigumizako igihe kizogera mubazwe amabi yose mwakoze.
15 Kigarama 2015, 22:54, par dieudonné
ntaco avuze amaze ibwiriawa kko ntiyigenga n’umucangero
15 Kigarama 2015, 23:01, par Tuze
RIDICULE NE TUE PAS.
15 Kigarama 2015, 23:31, par Rwagakoco
Uburundi ubu bwahindutse zone tempo yo kwiba zahabu cg guteza intambara muri Kongo.
Niko nomurwanda byari bimeze muri za 90. Umugambi w’abazungu ni ugusahura kongo none kubera kagame yishe aba Congolais isi igasakuza ubu bahinduye umugambi. Kwica Nkurunziza hanyuma bagatera Congo. Nkurunziza
Cyangwz Rwasa abazungu ntibabashaka kuko batemeye ibyo babasabye byo gutsemba les Bantu mbere yo kwimakaza empire Hima-TUTSI
16 Kigarama 2015, 01:17, par Mpozamarira Erias
Nivyukuri amatora ya baye adakurikije amategeko! Nawe warujejwe ku yatunganya wa rahengamye cane,ntiwigeze wumviriza iyindi migabwe ivyo yasaba.namakungu yarabandanije gukominduru kwamatora ariko arategurwa mumanyanga ntiwigeze uvyumva. Nyakubahwa Peter Ndayicariye nawewe ivyo wakoze wabikoranye ubwoba nubwuvuga kwarumugwi wigenga,wokoreshejwe numugabwe CNDD FDD. iyutakora uko ntubukiriho, aba CNDD barikukwereka.iyuburiho naho ubawarahuze.
16 Kigarama 2015, 01:51, par MURIHENDA
NDAYICARIYE WE!!! EWE NDAYICARIYE!!’
WIMBE WIGERAYO IRAHE BARAGUKENEYE UVUGE NEZA INGENE WATERANIJE ABARUNDI
16 Kigarama 2015, 15:30, par Giswi
tous les politiciens malades mentaux ont trouvé lesite igihe qui les aide à remuer leur couteau dans la plaie béante du peuple burundais.
17 Kigarama 2015, 15:06, par Nshimirimana Ezechiel
Harihageze