Accueil > Amakuru > Poritike > CENI yashize ahabona abazokwitaba amatora y’abakenguzamateka
CENI yashize ahabona abazokwitaba amatora y’abakenguzamateka
mardi 14 Mukakaro 2015
Umurwi utegura amatora mu Burundi CENI wamenyesheje ko imigambwe itatu n’urunani rw’imigambwe rumwe aribo bazokwitaba amatora y’abakenguzamateka.
Nkuko vyashikirijwe n’icegera c’umukuru wu’murwi CENI Annonciate Niyonkuru,umugambwe CNDD FDD,UPRONA irongowe na Concilie Nibigira,FNL irongowe na Yakobo Bigirimana,hmwe n’urunani rw’imigambwe COPA rurongowe na Jean de Dieu Mutabazi,nibo bazokwitaba amatora y’abakenguzamateka.
Annonciate Niyonkuru yavuze ko CNDD FDD uzokwitoza mu ntara zose,umugambwe FNL mu ntara 16, havuyemwo intara ya Cankuzo na Karuzi,umugambwe UPRONA uzokwitoza mu ntara zitanu,mu gihe urunani COPA ruzokwitoza mu ntara 9.
Inama nkenguzamateka y’Uburundi izoba igizwe n’abakenguzamateka 43.
Van Naris Mugisha
Messages
14 Mukakaro 2015, 08:24, par Colonel Kadhafi
Ahubwo Je Mbona Vyose Bobiheba Sinumva Ukuntu Batoye Abegamiye Ubutegetsi Gusa Nkurunani Rwabigenga Mizoro Rwabaye Urwakabiri Mugihugu Cose Rutarimwo.Ucumengo Namanyanga Gusa Yigendera.Mana Fasha Uburundi Na Barundi.
14 Mukakaro 2015, 08:58, par nivyamungu paciente
ahubwo ivimbona nibareke kuvuga umurwi utegura amatora bavuge umugambwe utegura amatora kubera ceni ihagaze kumugambwe umwe ariwo cndd fdd abarurundi baracaguye mubuhungiro ariko reka turindire nyo ceni nireke konona amahera ngwirko itegura amatora vyose ntibizokwemerwa uyumwa imana gusa niyo izotunganya iyintambara iriko ibera muki gihugu ikindi nkahanura abiyita imbonerakure ahubwo nimbonerahafi ndababwira ati muzorandurwa atagitabara.
14 Mukakaro 2015, 09:20, par Kingwende Toms
Ahubwo Nibareke Kubesha Abo Bakenguzamateka Bose Ni Aba Cndd Fdd Kuko Turazi Ko Abo Bose Bari Mukwaha Kwayo.Nubu Muracatwishenabi Pe!
14 Mukakaro 2015, 09:47, par GATEKA
uwo numwete ukushe urabuze ivyuvuga mbega bo uvuga bazokwitoza ayaheruka baronse angahe? rekasha uwo numutwe uriko urakurya nayahandiho turaziko vyaheze kera be muritwenga ngo amatora ngo azoba turaziko yaheze izo ninkinamico.
14 Mukakaro 2015, 10:12, par MAZENDAB
J MBONA ATAKAMARO KOKURWANIRA AMATORA KUR YO YINDI MIGAMBW NTIBAZ KO CNDD YABIHJJ?
14 Mukakaro 2015, 10:22, par ndayongeje christian
Nabandi ko atamakete bazany abanywanyi babo babatoye barashobora kujamwo?
14 Mukakaro 2015, 12:32, par Jane
Nakamuna Mbega Yemwe Uprona Amakomine Atanu Gusa?Ha Umugambw Warahambw Na Sindimwo Na Concilie Nibikubit Agashi Bark Guhndwa Ngo Bagum Bahrkza Abndi.Ngira Mutabazi Bomuha Numu Senateur 1.Rka Turindir Ivyuburundi N,imana Gusa Ibizi.
14 Mukakaro 2015, 14:18, par Swing.LOV
Mana,turagowe.Bagomba Baje,mumatora NIbibihe Turimwo?Mana Turagowe
14 Mukakaro 2015, 15:58, par emma
emma
ndagukebure wewe wiyise nivyamungu paciente, wewe bureka kudawa kumbonerakure kuko ntazuzi niwaba naho uzizi urazitinya, humura ureke kwiyemera nguzokwica imbonerakure zose urihenda inkona ntiyaruzwa kirazira.
14 Mukakaro 2015, 21:59, par Pf
None Uprona Ko Yahora Iri Muntara Zose Abanywanyi Bayo Baroye He? Haa!
14 Mukakaro 2015, 22:25, par kamaro
nagira ndabaterere iciyumviro cobateza imbere, ntakuntu iyo migambwe yose izokwitoza yokwiyunga ikaba umugambwe umwe mukareka gukoreshwa nkibizeze (mwese mukaba aba DD)
15 Mukakaro 2015, 07:21, par GASONGO
NON KO MUVUGA KO AMATORA AZOKWITABWA N,IMIGAMBW 3 IYINDI YO MWAYISHIZEH?MBEGA IBIHANZ UBURUNDI KUANYEPORITIKE BARAVYUMVIKANY?ABATEGETS MWIKWEGERAKO .
15 Mukakaro 2015, 10:23, par nibitanga venant
nivyiza