Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CENI yatangaje ivyavuye mu matora y’abakenguzamateka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > CENI yatangaje ivyavuye mu matora y’abakenguzamateka

CENI yatangaje ivyavuye mu matora y’abakenguzamateka

jeudi 30 Mukakaro 2015

Umurwi utegura amatora CENI watangaje ivyavuye mu matora y’abakenguzamateka yabaye kuwa 24 Mukakaro 2015.

Nkuko vyashikirijwe n’umukuru w’umurwi CENI Pierre Claver Ndayicariye,abakenguzamateka 36 nibo batowe n’abajenama b’amakomine ku mu gihugu cose.

Muri abo 36,33 bava mu mugambwe CNDD FDD,2 bava mu mugambwe UPRONA,1 ava mu mugambwe FNL irongowe na Jacques Bigirimana.18 ni abahutu abandi 18 ni abatutsi,harimwo abagore 17 n’abagabo 19.

Hejuru y’abo bakenguzamateka 36,hiyongerako abatwa 3 n’abahoze ari abakuru b’igihugu c’Uburundi 4.Gutyo inama nkenguzamateka akazoba igizwe n’abakenguzamateka 43.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Abo batutsi bose muri senat c’est inacceptable pour nous les hutus,bose baje bava muri cnddfdd,umugambwe baje gutambikizamwo batazi ingene twawusheshe ko amaraso,tangura mushire amoko ku ma bulletins ya votes nyabuna turahaze ko abo batutsi basimbira mu vyo bataruhiye.

  • hahahaha uzokwicwa nintuntu sha naho muzorarayo mwese mugahagurukira rimwe muzoguma mubabona kandi hose vyiza wotekereza none ayo maraso uvuga washeshe wari wafashe iyo mutagirigwa ubuntu ihangane ntaho uzobashira

  • Ngonvye kwishura uwo mwene data agifise agatima kamacakubiri kamuvumwe uburundi subwabahutu gusa .yanka yakunda nimba arumuhutu nibaza kwari umuhutu wigito kuko niwitwa kwari umukuru wabahutu arafis amaraso yabatutsi ariko jew nayomoko ntayo nemera nkaba ndangij nsaba urwaruka ko twogira ubwoko bumwe bwuba abarundi tugakunda igihugu cacu ntanumwe yatanze igiturire kugira duhurire mugahagu gato nkuburundi kandi Imana yaruduhay ibitubeshaho nuko turigito

  • Mbega mubona Bagaza amariye iki Senat n’Uburundi aho baguma bamuhemba ay’ubusa ??? Nibapfume bamusimbuza umu independant w’Amizero y’abarundi ko mbona vyose bisigaye biva mu kwumvikana ku mpande zose.

  • emma

    mutama ndayicariye komera murintwari mudakorera kubwoba, kandi turabashimiye kubikogwa vyose vyuyumwaka wa 2015 mwaranguyemwo amatora meza turabashimiye twebwe abarundi.

  • Nagire mpanure uyo muntu w’umunyabumwe
    Ayo moko ntayo wemera canke nturahura n’umututsi ayakwemeza,sindakwipfurije ko muhura,urwaruka uvuga ntaruzopfa rubonetse mu burundi abatutsi vous etes des sanguinaires moindre geste umuhutu ataco azira aba azigiriye mw’i pine,rero nimba uri umuhutu accepte la réalité de ton pays ,arretes de refouler les choses c’est mauvais ,hanyuma urwaruka muzobe mu gihugu muzi ibiberayo mudahendwa muzoze mwi retrouva nka wa mwana wo mu nyakabiga yabonye aturigwa kubera kutamenye,probablement ko atigeze aronka abavyeyi bamubwira ko amoko mu burundi akiriho ahubwa agezweho,canke usanga ari muri bamwe bishinze kwumviriza RPA yabahenda ngo ikibazo kiri i burundi ni ica mandat si ica moko,wewe uracavuga ivyo gukunda igihugu cacu,wibazako dolofu,bunyoni,perezida,kazungu n’abandi bemeye guheba imiryango n’ubuto bwabo bakaja mw’ishamba ,badakunda igihugu,wocayo woca ubitahura.Kandi wanyihenzeko,nta maraso y’abatutsi mfise.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.