Accueil > Inkino > FOOTBALL > Champions ligue:Urutonde rw’abakinyi batangura mu kibuga mu rukino rwa (...)
Champions ligue:Urutonde rw’abakinyi batangura mu kibuga mu rukino rwa nyuma
samedi 6 Ruheshi 2015
Urukino rwa nyuma rw’ihiganwa rihuza imirwi yabaye iya mbere mu bihugu vyayo ku mugabane wa Buraya,ruhuza umurwi wa FC Barcelona wo mu gihugu ca Espagne,na Juventus de Turin wo mu Butariyano.
Urwo rukino ruza kubera mu gisagara ca Berlin mu Budagi igihe c’isaha 2 n’iminota 45 ku masaha yo mu Burundi.
Abakinyi batangura mu kibuga ku mpande zose ni aba :
Ku ruhande rwa Juventus ni :Buffon mw’igori; Lichtsteiner, Bonucci, Barzagli, Evra; Marchisio, Pirlo, Pogba; Vidal; Tévez, Morata.
Ku ruhande rwa Barcelona ni :Ter Stegen mw’igori; Alves, Piqué, Mascherano, Alba; Rakitic, Busquets, Iniesta; Messi, Suárez, Neymar.
Kubwa Gigi Buffon asamira umurwi wa Juventus,kuba bashitse mu rukino rwa nyuma ni igitangaza kuko batari bavyiteze,mu gihe bari bafise umumenyereza mushasha,bibaza ko vyobatwaye imyaka ibiri canke itatu kugira bahashike.
Yavuze ko inyuma y’iminota 5 canke 10 ariho baza kubona ishusho y’urukino hamwe n’uwukwiye kurutsinda.
Umurwi wa FC Barcelone washitse mu gice ca nyuma utsinze umurwi Bayern Munich wo mu Budagi,Juventus nawo washitse muri ico gice utsinze Real Madrid wo muri Espagne.
Messages
6 Ruheshi 2015, 16:07, par NDUWIMANA PASCAL
UNO MUSI MESSI SUWAREZ NEYIMARE BACA UNOMUSI NAMASO PEEEEE MESSI ARI TAYARA AKON KORARA BARCELONA TUPA NDANI MESSI WEWE POA MAN
6 Ruheshi 2015, 16:14, par ousiel nzoyihera
je muruhande gwiwanje nshaka jevents ko yotwara igkombe ousiel nzoyihera
6 Ruheshi 2015, 16:25, par Alvin jackson
Ndi Alvin jackson ndumurundi ariko. Mba muri zambia kuritwebwe abakunzi ba Fc Barcelona ivyishimo nivyishi kuko ataguhengeshanya itsinzi ari rwacu Thanks
6 Ruheshi 2015, 16:31, par MAKAMABA
ABANYI MESE MUKONDA BARCELONA TURABATUMIYE MUMUSI MUKORO WA BARCELONA UROBA EJO INO IMAKAMBA MURI BACEMWO BUYENZI DUCINDE CANK DUTSINDWE NUKO EJO HARIHO UMUSI MUKORO WUKOZI WA BARCELONA AKONA KORARR HAHA HIHI SIBINTU MUKAMA PROFIL YANJE URANDIKA NDUWIMANA PASCAL FACEBOOK
6 Ruheshi 2015, 17:09, par Emile Niela
amahirwe ndayahaye juventus kuko igiheruka kera
6 Ruheshi 2015, 18:58, par NGEZAHAYO HAMIAL
AMAHIGWE NDAYAHA FCB .MESSI 2.NEYMAR1.VYOSE HAMWE 3 KWA1 CA JUVENTUS .NIKOBIZA KVRANGIRA
6 Ruheshi 2015, 19:21, par NSABIMANA M ROSE
Ndafana barselona.nditeze igitego ca messi mu mwanya wambere
6 Ruheshi 2015, 20:54, par Nestor
JUventus intsinzi
6 Ruheshi 2015, 21:32, par FABRICENGOZI
FCBNKEYENIBURIRIKOMESSI’ATSINDA2’NEYMAR1IMANAIDUFASHENDIFABRICENGOZI.
6 Ruheshi 2015, 22:34, par agaciro mousa
junve,iratsinda
8 Ruheshi 2015, 13:53, par ETO,O
FCB NDAYIKUNDA SANA GUTWARA IGIKOMBE NTAKIBAZO.UKUNDA FCB NUMUKUNZI WANJE.
8 Ruheshi 2015, 22:32, par katihabwa eric
fc barcelona ndayiyikunda kuko nitimu yambere kw’isi muriyimisi yariyasaze umumenyereza abandanye akaz
9 Ruheshi 2015, 18:17, par WILLY
nsaka kubona ingene uwomupira wagenze
7 Kigarama 2015, 04:54, par Nishimwe Nathan
Ndashimiye Cane Abakinyi Ba Barcelona Ndabasabira Intsinzi Numukunzi Wa Fc Barcelona.
11 Kigarama 2015, 19:35, par Ratimana J Marie
Ndanshimira Cane Umugwi Wacu Dukunda Ukadukundira
8 Ruhuhuma 2016, 00:30, par arceine ntiranyibagira
umurwi wacu tura wemera nawo ukatwemerera
21 Ruhuhuma 2016, 21:41, par RENOVAT
BARCA IRATSINDA
9 Ntwarante 2016, 22:04, par Noel
Abakinyi Bose Bo Kwisi Nibirambire
13 Ntwarante 2016, 10:30, par ATLASE
BIRABEREYE CANE KUBONA FCB DUSHITSE MURUKINO RWANYUMA BIRABEREYE CANE TUBIPFURIJE ITSINZI. UZOBA RYARI
16 Ntwarante 2016, 21:44, par Eri
Efusebarisorane Ndayiphurije Amahigwe Ndi Eric
18 Ntwarante 2016, 01:15, par RUKUNDO
BARCELONAN NIMWIRAMBIRE
21 Ntwarante 2016, 15:50, par EZECHIEL NTAHONDEREYE
MESSI NDAGUKUNDANITIMUY,A FC BARICELONA
12 Ndamukiza 2016, 18:27, par Issa
None Ninde Aza Gutsinda Itego Cambere Muri Bariseron Na Baynes
15 Ndamukiza 2016, 22:20, par Ndikumana Eric
Fc Bariserona ndayihaye amahirwe Yogutsinda jiventus Ibitsindo bitatu Kubusa hatibagiwe igihangnge Lionel Messi atsinda Ibitsindo bitatu.
15 Ndamukiza 2016, 22:22, par Ndikumana Eric
Fc Bariserona ndayihaye amahirwe Yogutsinda jiventus Ibitsindo bitatu Kubusa hatibagiwe igihangnge Lionel Messi atsinda Ibitsindo bibiri.
16 Ndamukiza 2016, 20:42, par Jean Bosco Hatungimana
Birakwiye Kubona Umurwi Nka Juventus-de Ture Ukuramwo Umurwi Ufise Abafana Biyemera Nka Leal Madrid
3 Rusama 2016, 12:42, par GERAZE
ABATANGURA LIGUE DE CHAMPIO KURUTONDE RWA BAYERN GUNO MUSI ITARIKI 3.5.2016
3 Rusama 2016, 21:20, par Shabani Claude
Ndipfuriza Intsinzi Fc B
7 Rusama 2016, 13:55, par berchimas irambon
barcelona ndayihaye amahirwe yo gucinda juventis 4 ku0
7 Rusama 2016, 13:56, par berchimas irambon
barcelona ndayihaye amahirwe yo gucinda juventis 4 ku0
23 Rusama 2016, 06:40, par fabrigac
e f baliselona ndayikunda cane
28 Rusama 2016, 20:23, par salomi prince
ndashimiye abanwanyi ba f.c.b komera kuntsinzi
25 Ruheshi 2016, 21:46, par Bikorimana Thérance
Abakinyi Ba Fcb Ndabipfurije Guterimbere Nkumuzing Komere Aho Muri Mwese.
4 Myandagaro 2016, 07:07, par NIYONGERE DIDIER
NDASHIGIKIYE UMUGWI WA FC BARCELONA NUMUKIMYI WAYO LIONEL MESSI NA NEYMAR NA SWAREZ
8 Myandagaro 2016, 03:30, par Joeli Irambona
Fc barcelona Ndayipfurije Amahigwe Ize Itsinde Urwo Rukino Kandi Ndizeye Izorutsinda
11 Myandagaro 2016, 18:01, par Nyandwi Paul Makamba Kayogoro
Jew Ndumushabiki Wa Fc Barcerona Nkeneye Mwompa Urutonde Rushasha Rwabakinyi Baguze Nabakinyi Bavuye Muri Fc Barcerona Nimigwi Bagiyemwo Murakoze
31 Myandagaro 2016, 10:51, par Akanakimana
Vyagenze Bite
16 Nyakanga 2016, 18:35, par Elyse
Narababajw nukunt uw mugw uz guhur na Fc b watsinz umugw wac Real Madrid arik kubw gukund can uw mugw twarihangany sik bizokwam arik mpay amahigw Fc B.
28 Nyakanga 2016, 20:53, par NDUWIMANA ETIENNE GASANA MAKAMBA
Ef barcelon Ndayind Can Ndayipfurij Itsinz Yuno Mus Ibitsind 5 Ku 0 Aba Shabibik Ba Real Ntaco Bakwirikiy Havumy Ef Barcelon 0k Ni Etienne .
14 Gitugutu 2016, 09:07, par Ndayisenga Damas
Ndipfuzak jivantus koyotsind nubwo badutsinz ndabahay amahirw yogutsind.
4 Munyonyo 2016, 04:29, par cedrick
nuk barçelona izokwama ar iyamber
4 Munyonyo 2016, 10:58, par niyomukiza jean marie
Jew Ndipfurij Fc Barcelona Gutsind 3 .1 cajuventus
11 Munyonyo 2016, 18:44, par Edmon
ndahaye amahigwe umuryi wa f.c barcelona yuko uzagutsi bitatu kubusa
15 Munyonyo 2016, 16:58, par Nduwayezu
Nipfurije Amahirwe F,c B
21 Munyonyo 2016, 05:42, par Niyongabo Fransois
Jenipfurije Itsinzi Fcb Yibitsindo 4_0 bwajv
21 Munyonyo 2016, 05:44, par Niyongabo Fransois
Jenipfurije Itsinzi Fcb Yibitsindo 4_0 bwajv
23 Munyonyo 2016, 12:33, par Burahe Mugisuru
BIRI KUBUSA VYOSE VYA SWAREZ
24 Munyonyo 2016, 09:13, par IRADUKUNDA MARIUS
Nukuri Ndakeje Umukinyi Lionel Messi Kubintu Akora Naho Agomba Kuja Muri Manchester City Mbega Nivyo?Umusi Barcelna Yomureku Yoca Ija Muzanyuma Muri Espagne.
24 Munyonyo 2016, 15:28, par ANTOINE NDUWAYO
MPAYE ITSINZI REAL MADRID ARIYO ITSINDA OK
27 Munyonyo 2016, 05:34, par kubwimana egide
mpaye itsizi barcelona niyo itsida
28 Munyonyo 2016, 13:37, par Ernest
REAL NTAWUTAYIZ MURAGOMB MUBAZ SIMEON ZIDAN NAKOMER KWIBANG
2 Kigarama 2016, 20:41, par Mamerce :mabayi
Nanje Ndabaricenona Messi Atsinda2
3 Kigarama 2016, 22:04, par Niyonzima Cyriaque
Nizeye Nez Mfatanij Na Ecip Fc Balicelone Ko Dufise Amaziko Yogutsinda J,Ventus Mess,sùarez ,neymar Ndabakunda Cane Nukur,
10 Kigarama 2016, 21:09, par Mamerce: Ikundabos
Jewenashaka Menyeuko Reyarimadrid Na Baricerona Ukovyagenye
17 Kigarama 2016, 20:34, par macumi
barisirona tukuri inyuma twebwe abafana
19 Kigarama 2016, 09:49, par Fabrice
iza kuba uno musi Le19/12/2016
19 Kigarama 2016, 14:25, par Irakoze
Abafana Ba Fcbarcelone Muragowe Hagezda Aba Real Madrid 100%
21 Kigarama 2016, 19:20, par MACUMI AMUGITOBE
URWO RUKINO RWA BARISIRONA NAJIVITUS RWARAKINYWE
24 Kigarama 2016, 21:46, par GAKIZA BEDE
Nagomba Ndababaze Iyatsinze Iyindi N’itariki Bizoberako?Canke Valdez Yahora Asamira Umurwi Wa Fc Barcelona Yadandajwe Mu Murwi Uyuhe?Réponse.
2 Nzero 2017, 11:50, par VALENTIN ITANANEZA
NIBAZEYUKO FC BARCA AMAHIRWE ARI YOMPI
12 Nzero 2017, 21:44, par RASI KABEZA GITERANYI
NIBAZAKO BITOSHIKA UGWORUKINO RUBE JEWE NDUMUFANA WA MESSI
24 Nzero 2017, 21:51, par Butoyi Fabrice
Biratangaje Gose Kubon Bashika Mwico Gice
24 Nzero 2017, 21:53, par Butoyi Fabrice
Juventous Niyo Mpaye Amahigwe
24 Nzero 2017, 22:38, par Iciteretse Josoué
Baricolona Ndayipfurije intsinzi ndumufana wa Messi
27 Nzero 2017, 21:46, par Nigaba Martin
nange ndipfuzako ejosatatu namirongine nitanu ko Real Madird Kinzotsid Real Ciedad Bibirikubus
31 Nzero 2017, 21:22, par Eric
Barcelona ni songa mbere nka mesage ngozi namwe murabizi lear nayo songa nyuma
31 Nzero 2017, 21:23, par Eric
Barcelona ni songa mbere nka mesage ngozi namwe murabizi lear nayo songa nyuma
1er Ruhuhuma 2017, 11:09, par steve masumbuko
basa iratsinda bibiri
3 Ruhuhuma 2017, 06:56, par NAHIMANA AIME-MANASSE
Ndabishimye Cane Nne Urw Rukino Rub Uno Mus
11 Ruhuhuma 2017, 21:51, par Nizigiyimana Berchimas
Ndumufan wa barsolona umurw nkunda can ndawiphurij kwamana it
sinz yamah barc oyeeeeeeee!
14 Ruhuhuma 2017, 20:32, par bikorimana fiston
ndipfurije f.c.barcelona intsinzi bitatu kubusa
27 Ruhuhuma 2017, 21:11, par ndayiragije
ndungikira urworukino rwa f c balca na juvants kuri opér min
3 Ntwarante 2017, 12:44, par ALOYS
Kubakunz Fc Barclona Nukur Urukino Gwa Par... Na Barc Nubuntara Tora Reson Mugantibi Duca Integ Ahubwo Icosab Kubarongoy Umugw Wa Fc Barc Nuko Bab Kuramw Uryamupir Woguhanira Kwigor Kuk Nivyo Mbona Biducindisha Namer Rakitic Na Iniest Babony Akaber Gatoyo Babarizay
7 Ntwarante 2017, 16:23, par Irambona Mélack
Ndagize Mwiriw Namahoro?Jewe Ndasim Imana Jewe Ndipfurije Fc Barcelone Ko Yotsinda Juventus Ibitego 3-0. Murakoze
8 Ntwarante 2017, 09:32, par Kwizera
Ndipfurije Cb B Koyotsinda Ibawa 4_0
11 Ntwarante 2017, 18:32, par AYOUBU
Jewendavyizeye Yuko IgikombeyUko Aricabariserona F.C.B
12 Ntwarante 2017, 19:45, par MUSAFIRI YUSSUF
NONE FINARI YA 2017 ISOBA RYARI
12 Ntwarante 2017, 20:18, par Marak
Jemanje,nukuri,ruryarukino,rwa,bariserone,na,paris Nubu,naguyemukinogo,cibinyemwe, nkabansaba,kubakurubabariserone Yuko,uryamukino,wokwinjiza,igitego,bamazegushika,mwigori,nukuri,twebwabafana,ntibitujaho,bagerageze, barabigori,nka,iniesta,ararasa, neyimare,,wowo,nibombe,nabandi,ok,cundungikira,urworukino,rwabayene,kuri,gogle
18 Ntwarante 2017, 04:54, par ALMASI BARIYANDAZA
ndizeye F.C.B. Izotsinda.
19 Ntwarante 2017, 15:31, par Nibikora Chadrack
None Bakina Unomusi?
2 Ndamukiza 2017, 12:30, par Nibogora Egide
Fc Barcelone Ij Gutzinda 2 Kuri 1 Ca Juventus
5 Ndamukiza 2017, 20:25, par ndisitefano mukayogoro
bariserona imaze gustinda angahe
14 Ndamukiza 2017, 09:21, par Ndayishimiy Aaron
Nne Barcelon Bayitsinze Bingahe? Real Madrid Na Bayern Mnuch Niyihe Yatsinze Indi? Niband Bijij?
16 Ndamukiza 2017, 21:13, par Samuel
Jew Bariceron Izotsind Amakip Yose
2 Rusama 2017, 14:55, par mathias
real madrid nzoyigw inyum kuber irashoboy kwl niy nzob ndumw nzoyifan
12 Rusama 2017, 20:31, par Egide Ntakirutimana
Fc Barcelone Numugwi wamateka naho harigihe bitagenda nez kandi nuko numumenyereza yozaragura abakinyi bashasha.
14 Rusama 2017, 06:22, par j dedieu
ndipfurije balca itsinzi
21 Rusama 2017, 15:48, par Jojo Joseph Kaka.
Turiteze Ko Umurwi Wacu Fc Barcelone Utsinda Urwo Rukino Abafana Turi Inyuma Yayo.
23 Rusama 2017, 20:07, par JOSEPH
none vyagenze gute
25 Rusama 2017, 21:15, par Jomapele Borisi Bigirimana.
Amakuru Nipfurije Baselona Itsizi?
25 Rusama 2017, 21:15, par Jomapele Borisi Bigirimana.
Amakuru Nipfurije Baselona Itsizi?
31 Rusama 2017, 16:00, par ndayizeye jean baptiste
Urwo rukino vyahavye bigenda gut?
4 Ruheshi 2017, 22:51, par Nibizi Pacifique
Amahirwe Ndayaqaye F.C.A
30 Ruheshi 2017, 17:38, par Faustin Ndihokubwayo
FC Barcelone2:1Juventus
2 Mukakaro 2017, 13:55, par Stève
Juventus yaratsinze real madrid?
12 Mukakaro 2017, 15:29, par Ronardo
ABAKINYI
31 Mukakaro 2017, 10:42, par Ndayizey Eric
NDAHA AMAHIRW BAYERN KOYARINZ IGER MUGIC CANYUM IRATSIND F.C ,B
31 Mukakaro 2017, 13:14, par JONATA
8 Myandagaro 2017, 15:05, par harerimana bosco
27 Gitugutu 2017, 14:20, par Mugisha
26 Kigarama 2017, 05:05, par Muhayimana
ifirime Yarambo
26 Nzero 2018, 17:32, par Habarugira Elichan
Andika hano
8 Ruhuhuma 2018, 21:02, par Ndayikeza J B
Amahigwe Ndayahaye F C B.Rionnel Messi Akamere Kutsinzi Aracari Uwambe kwisi yose Ndamufana Cane.
7 Ntwarante 2018, 22:20, par WILLY
27 Ntwarante 2018, 23:53, par nkumbuyinka
Andika hano ntuye mumine mbwe nkuda radiyo buja efm kuma kuru yinkino idutangari za ndumufana wa rear madride nitwa nkumbuyinka
4 Ndamukiza 2018, 21:19, par Jean Claude Kwizera
Andika hano Jewe Ndumufand Wa F C Barce Lionnel Messi Atsinda 2
5 Ndamukiza 2018, 21:33, par Kwizera ernest
Andika hano :None l.messi yatsinzeibitegobingahe fcb yarabikoze
7 Ndamukiza 2018, 18:50, par Joel Ndagijimana
Fc B Itahane Intsinzi Kuk Ndumufana
16 Ndamukiza 2018, 10:24, par Bosco
Nagombaze Real Madride Na Malaga Hatsinze Nde? Bingahe Kuri Bingahe?Ok
17 Ndamukiza 2018, 03:00, par Nduwimana Innocent
Andika hano Nagomba Ndababaze Amazina Yabakinyi Bos Ba Fc Balcelona
17 Ndamukiza 2018, 20:55, par ndayisenga Aaron
non umuhagarikiz hagarikiy rwarukino juventtus na real madrid baramuhany ko yatanz penariti itariyo?
6 Rusama 2018, 20:16, par Azoor Ninga
Uyumusi Fc B Irabikora Turavyizey Cn Abafana Komere.
8 Rusama 2018, 18:20, par NINIAHAZWE JOSEPH
BIT BATAMA EJO BARCA IZOBIKOORA
14 Rusama 2018, 10:15, par mugisha ismail
messi afisibitegobingahe vyosehamwe mumbwire na bakinyi bariça ishaka kugura
14 Rusama 2018, 14:26, par Nijimbere Celestin
Mbe mess Yoba Afise Ibitsindo Bingahe?
31 Rusama 2018, 09:37, par NSENGIYUMVA J CLAUDE
Andika hano muburund footbol yatey imber
8 Ruheshi 2018, 20:37, par irakoze fabriçe
nabahe abakinyi baguzwe 2018
8 Ruheshi 2018, 20:47, par irakoze fabriçe
Andika hano.nimumpe inyishu mwobamukoze
10 Myandagaro 2018, 21:05, par Izonzigama Eric
Barca Yatsinze Amagori Angahe? Mumbwire Muzoba Mukoze
27 Myandagaro 2018, 22:54, par HAVYARIMANA ELIAS
Jew Numufana Wa Aigle Nair Jew Ndayiha Amahigwe Wang Mug Musongat Yaguze Abakiny Besh Ibakuye Mur Aigle Nair Izotubangamira Ubona Bimez Gt?Muh Amahigwe Nd?
23 Gitugutu 2018, 12:39, par niyonkuru boaz
jew ndumufan wa barcelona unomwak turakerera poa man aba barca muriteguye tuje gukerera madrid
23 Gitugutu 2018, 12:54, par niyonkuru boaz
jew ndumufan wa barcelona unomwak turakerera poa man aba barca muriteguye tuje gukerera madrid
28 Gitugutu 2018, 19:51, par ININAHAZWE FIACRE
Bit bafanz ba Real madrid mwihangan