Accueil > Inkino > FOOTBALL > CHAN 2016 : Uburundi bwasezeye ihiganwa
CHAN 2016 : Uburundi bwasezeye ihiganwa
dimanche 25 Gitugutu 2015, par
Umurwi nserukiragihugu w’Uburundi INTAMBA MU RUGAMBA w’abakinyi bakina mu mirwi yo mu bihugu vyabo (Joueurs locaux) wabuze uburenganzira bw’ukuzokwitaba ihiganwa ry’iyo mirwi riizobera mu gihugu c’Urwanda mu 2016.
Mu rukino rwahuje Uburundi na Ethiopie ku muhingamo wo kuri uwu w’Imana, umurwi w’Uburundi watsinzwe ibitsindo bitatu ku busa. Iyo ntsinzi ya Ethiopie yatumye Uburundi butaronka uburenganzira bw’ubuzokwitaba inkino z’ihiganwa rya CHAN 2016. Uburundi bukaba butakaje ayo mahirwe mu gihe mu rukino rwa mbere rwabereye i Bujumbura, Uburundi bwari bwatsinze Ethiopie ibitsindo bibiri ku busa.
Ivyaranze urwo rukino rw’Uburundi na Ethiopie ni mu makuru yacu yo hanyuma.
IGIHE
Messages
25 Gitugutu 2015, 21:43, par None?
Kotubafise nimwihangane bana bacu kuko ejohazoba ayandimahirwe meshi.
25 Gitugutu 2015, 22:00, par Falcon
Ethiopie murakoze gukubita izo mbonerakure,nkurumbi va kubutegetsi ibintu vyose biravumwe.
25 Gitugutu 2015, 22:08, par rugwe
ntakundi nimwihangane, birashika, barayamaze ngo haburana 2 hagatsinda 1 ! twifatanije namwe mumubabaro!
25 Gitugutu 2015, 22:46, par burundi
Nimwihangane benedata
25 Gitugutu 2015, 23:42, par kamaro
ntankundi, nimwigarukire iburundi gumizumutima munda imbere niheza cane..irishavu tuzorita kuri Congo. e izi ningaruka zingororane cenared yateje mugihugu. rero abarundi twese dukwiye kuyiyamiriza kuko ntakindi barota atarugusambura....abo ninyanka Burundi. intamba murugamba oyeeeeee
26 Gitugutu 2015, 05:10, par jogingi marahwe
nkuru ntiyerey uburundi mwiyi manda kko ntivyumvikana ingen n intsinzi twaza twarons yoduca mu mwanya wamenyo ikatuva mukanwa.
26 Gitugutu 2015, 07:44, par Hakizimana Jean de Dieu
Jewe Iconoshikiriza Novuga At. Ntakundi Nibihangane Ivyumupira Niko bigenda Mugabo Naje Nababaye.Kumva Uburundibwastinze.
26 Gitugutu 2015, 07:46, par Hakizimana Jean de Dieu
Jewe Iconoshikiriza Novuga At. Ntakundi Nibihangane Ivyumupira Niko bigenda Mugabo Naje Nababaye.Kumva Uburundibwastinzwe.
26 Gitugutu 2015, 08:45, par zede ntumvuruge
mwihangan turinyumazanyu.naj naraye ntariy.ok
26 Gitugutu 2015, 09:42, par popo
Barakabona batsinzwe kuko ntandero bafise izombwa
26 Gitugutu 2015, 10:47, par Falcon
Reka reka mbonerakunya wiyita"KAMARO"mbe uho uvuga ngo CNARED ngo niyitumye uburundi bukubitwa na ethiopie niyibakinira?reka reka nkurumbi nikivume,ahubwo reka naje ndamuvume kuko n’IMANA yo mwijuru yaramuvumye,IPUUUUUUU petero nkurumbi uragapfa uyerera nka gahini kubwayo maraso yabantu wanyoye.
26 Gitugutu 2015, 16:09, par Icese
Falcon, uw’Imana itavumye womuvuma bigakunda? Mbyrazi aha ubesheye Imana ngoraravumye umukuruwigihugu urazi ahurihose kowikwegeye ingorane zikomeye? Mbega uraziko Imana idakina rekashahukujandajanda niwaguma ukwuruko urupfurwokujana please rekakujandajanda kw’Imana.
26 Gitugutu 2015, 20:27, par emery niyonsaba
nimwihangane haburana babiri hagatsinda umw ariko nanje ndababay .Nubu sindatahura ivyadushikiye kuk nivyuvy naratay ubweng ham niturek ishavu turabe ikosa aho ryabaye turikosor ,intamba komera
26 Gitugutu 2015, 20:43, par niyonsaba emery
nimwitahukir bash mwim amatwi abaharanir inyungu zab ,umupir urabanya .Kand nik kazoza kanyu ndabahojeje kandi
26 Gitugutu 2015, 20:44, par niyonsaba emery
nimwitahukir bash mwim amatwi abaharanir inyungu zab ,umupir urabanya .Kand nik kazoza kanyu ndabahojeje kandi
27 Gitugutu 2015, 04:17, par Wakera
Usanga bariye igiturire kubera ubukene!!! Canke batwayeyo imbonerakure zaraye kumarondo nogukizura zica abantu!!!! Besides that those sons of bitch can’t win before we get rid of that Bastard Nkurumbi and the FFB chairman because both there are a curse for Burundi! God damn Nkurumbi, his intelligence, security forces and the militia imbonerakure that are killing innocent people!!!
27 Gitugutu 2015, 12:38, par Thedate
Ndahojeje Intamba Murugamba Nimwihangane Ariko Jewe Inkubire Ndarita Kumumenyereza Guko Niwe Ya Panze Liste Nabi Nibimubere Icigwa!
30 Gitugutu 2015, 06:01, par John Brack
Oh,ndabahojeje Simwebwe.Erega mufungura duke! nimwitahukire ikituraje ishinga ntabwo ar inkino!
1er Munyonyo 2015, 19:46, par Fulgence manayubahwef
Nukwihanga ariko! nanje birambabaje
5 Munyonyo 2015, 07:00, par Mpozamarira Erias
Pore sana.ntakundi mwihangane,ntakomwotsinze atamahoro mufise, nuwokwijije ya gangabuka amagerenade ninkoho. abarundi icotuzi tuzi kumarana