Accueil > Amakuru > Poritike > Charles NDITIJE: Hari hakwiye kurungikwa mu maguru masha inteko mvamakungu (...)
Charles NDITIJE: Hari hakwiye kurungikwa mu maguru masha inteko mvamakungu nyinshi
mercredi 20 Ndamukiza 2016, par
IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Messages
20 Ndamukiza 2016, 12:07, par nyade
nkurunzizayica.Abataribibo.mugabo.Akubona
20 Ndamukiza 2016, 13:13, par cakira
uyunawene arimuntumva!mbega izonteko muguma muhamagara nizo zizobaha ubutegetsi?twarabahinyuye!we nditije namutama Gwasa yaraguhinyuye? wewe asama babazungu bawe bacire mukanwa hama umire! mbe izonteko zoza gukoriki?nimba utarabona ingabo z’UBURUNDI?mbeko haje abasawuza urazivyo bakoze?ntaco rekabaze mugabo bazotangurira kuri barya bakobwa bawe nziko wavyaye benshi je nzoba umu commisiommener wabarya bakobwa bawe!
20 Ndamukiza 2016, 15:55, par Emmanuel
Umuti S’uwo Mutama Ndagukebure. Ahubwo Uhereye Kuri Jewe,wewe N’abandi Barundi Bipfuza Amahoro: Ubwembere, Yo Mu Mutima, Hanyuma, Yo Mu Bigaragara Twari Dukwiye Gusaba Imana Ubwenge Buva Mw’ijuru ( Mw’ijambo Ryayo= Bible ) Butava Muvyo Jewe Canke Wewe N’uwundi Twiyumvira Ku Giti Cacu, Tukumvira Imana,tukumvira Amategeko Yayo. Ikindi Kidahanye N’ivyo N’ukwiruka Inyuma Y’umuyaga, Kandi Uzovuga Uzosarara. Mpwemu Yera Abikumvishe Mw’izina Rihambaye Kandi Ry’icubahiro Rya Yesu Kristo.
20 Ndamukiza 2016, 16:02, par tari
Komera batama bacu bomuri snared muhagarare bwuma amasezerano yarusha ntabace mumyanya yintoke kuko yabonetse abarundi eka mbere namakungu babanje kubira icuya uwo mumenja nkurunziza ntasubire kubatera ubwoba amakungu nayo niba yananiwe nabivuge hama twebwe abarundi tukwereke icotwikorera kuko nkurunziza nakarwi kiwe tuzobarwanya inkundura gushika tubomoye ntagisivya ahubwo ONU nabahuza nibobadutebeje kutubwiza ukuri koyabananiye Ngo tukwereke uko tumukaraba
20 Ndamukiza 2016, 22:15, par Kibwa ca Ntare
Mukama wanje, uwo nunvirije ni charles Nditije?!? Inda nimbi cane!!
Ariko jewe nibazako atri ubutegetsi gusa abuze bumutuma kuvuga ko hari ihonyabwoko. Abanyepolitique bose b’i Burundi baraguye ingese, n’amatungo yabo araboze!
21 Ndamukiza 2016, 05:11, par MUYAHUDI
Ndakebuy abarundi batanga iciyumviro nimwiyubar kwama muriko mutukana mutyoza muvyomwandika yaba uwomurireta cank atavugarumw nayo shikiriz iciyumviro nkabantu baciyubweng non mwes muribijuju kuburyo mwes mutangiciyumviro mubanj gutyozanya? yesu nabahindur!
21 Ndamukiza 2016, 05:13, par MUYAHUDI
Ndakebuy abarundi batanga iciyumviro nimwiyubar kwama muriko mutukana mutyoza muvyomwandika yaba uwomurireta cank atavugarumw nayo shikiriz iciyumviro nkabantu baciyubweng non mwes muribijuju kuburyo mwes mutangiciyumviro mubanj gutyozanya? yesu nabahindur!
21 Ndamukiza 2016, 05:21, par MUYAHUDI
BARUNDI MUGUTANGA ICIYUMVIRO YACO MUBA MUTYOZANYA MUGATUKANA! NN MWES NTAWIYUMVIRA IVYIZA ARI IBURUNDI
21 Ndamukiza 2016, 05:23, par MUYAHUDI
BARUNDI MUGUTANGA ICIYUMVIRO YACO MUBA MUTYOZANYA MUGATUKANA! NN MWES NTAWIYUMVIRA IVYIZA ARI IBURUNDI
21 Ndamukiza 2016, 08:06, par Kipling
Aho ntaco norenzako kimwe gusa inteko ntizihagarika intambara ahubwo zirayongereza urugero baza aba nyarwanda;aba bibiya;aba cote divoire
24 Ndamukiza 2016, 12:10, par Mpitarusuma Félicien
Iciyumviro Ciwanje N,ukomwokwumvikana Hagatiyanyu.