IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke:Indongozi y’umugambwe FRODEBU yagandaguwe

Cibitoke:Indongozi y’umugambwe FRODEBU yagandaguwe

vendredi 26 Ruheshi 2015

Umukuru w’umugambwe FRODEBU,mu Gasenyi muri Komine ya Rugombo y’intara ya Cibitoki, yarishwe n’abantu bataramenyekana mw’ijoro ryo kuwa gatatu igenekerezo rya 24 Ruheshi,buca ari kuwa kane igenekerezo rya 25 Ruheshi,2015.

Nkuko amakuru dukesha SOS Media BURUNDI,Ngendakumana Jean Paul yari asanzwe ari ku ntonde z’abazokwitoza muri komine Rugombo,mu matora yo kuwa 29 Ruheshi, yiciwe k’umuhana wiwe atemaguwe n’umupanga.

Umukenyezi wa Ngendakumana Jean Paul nawe yarakomeretse muri ubwo bwicanyi bwahitanye,umutambukanyi wiwe.

Umukuru w’umugambwe FRODEBU mu ntara ya Cibitoke,avuga ko ubwo bwicanyi bwoba bufise imvo za politike.

Messages

  • Uwo yishwe na DMI yageze i Burundi. Kuko ari nako babikoze mu Rda kugira ngo bacanishemo abanyamigambwe muri 92-93. Muminsi iri imbere ntibizabatangaze hapfuye abakomeye gusa. Kagame imyiteguro yo kurimbura abarundi ayigeze kure abifashijwemo n’abanyenda nini

  • aba DD muzotabwa mumawese muje kurya amavyi!

  • Bagiye kutumara ntakundi

  • aba DD muzotabwa mumawese muje kurya amavyi!

  • Abicanyi Muburundi Kobarenze Urugero Nn Nabo Iherezoryabo Nirh Mana Harageze Kugira Icukora Kuko Abarundi Tugezahatemba Nudutabare .Ababuzemwihangane Kwisinikobigenda Arikmwijuru Tuzirugwa

  • IBI VYOS BIRI KU GATWE KA PETERE NKURUNZIZA.ARIKO KAND AMAZE KUNYWA AMARASO MENSHI ASIGAJ MAKE SHETANI YAMUTUMY AKAMUBWIRA KO YAKOREY UBUSA AKAMUSHIR MU MURIRO

  • @muheto. Ubutagondwa ntaho buzakugeza. Isango nikuwambere. Nimwitabe amatora mubone 0, 001/100 cg musange bene wanyu mu Rwanda kurya impungure dore ko mwavukanye kuyerera mwa ba songarere mwe mushaka kurya ibyo mutaruhiye.

  • Ew faraon nkurumb uratumariy ikuzimu!! Mai umeny yuk ivyobimaz uhay uratang wic abant kugr utware ukwo ushats imana ihay ikubona!! Wiyambz ama costume nguri pasteur!! Wakinw maraso we ndagusabiy uzopf wangara nka gahini!!

  • nibikbuk kuko amaraso arahuma umusi n,umusi azobahumira ababikora.umuryango wiw turawuhojej

  • Abadashigikiye,emwee!! Turikumuhono Nkinkoko,zirwaye!!!

  • Bacbaa.Aaaajtgjtt T

  • jewe ntacomfise mvuga narumiwe.ahubwo iconsaba IMANA Nihindure Imitima Yabenshi Kugira Bicare Ahantu Biyumvire Imyaka Umwumwe Amaze Kwiy.isi Niyo Umwumwe Asigaje Kwiy,isi Uwusanga Amaze 40ans Akaba Asigaje Nkiyonyene Abizi Koko Ashaka Nabe Arasehera Inda Yiwe Ariko Azopfa Yijane Kandi Imana Izomubaza Icoyayimariye Igihe Yamutera Agateka Mukumugira Umuntu.Ikintangaza Nuko Hariho Uwutemagura Canke Akarasa Mugenziwe Amuziza Ivyiyumviro Vyiwe Akibagirako Ahonyene Nawe Umwuka Wokwikupa Akacarwa Imbere Yuwo Yishe,Imana iti:murabikora nkihorera mukibwirako mpwanye namwe umusumwo nzobavunagura mutagira gihanura.murakoze.

  • Mutabazi uzapfa ubeshya DMI uyizanye ute ko wagirango amatiku ikinyoma ubugome guteranya ubwicanyi n inindi bibi wagirango n ibyo mwonse mumabere yabanyoko .ubu musimbukiye i Burundi murenyegezayo umuriro mushakisha ibiharabika isura y urwanda. Mbabwire imisi ya sekibi ntihoraho kandi ikinyoma ntikimara kabiri mukomeze mubeshye izaitinda ibahinyure.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.