Accueil > Amakuru > Poritike > CNARED : « Ikibazo ca poritike gishobora guhindukamwo intambara (...)
CNARED : « Ikibazo ca poritike gishobora guhindukamwo intambara »
lundi 29 Ruhuhuma 2016, par
Mu runani rw’abatavuga rumwe n’ubutegetsi bw’i Bujumbura basubiriye kwibutsa ko ibibazo biri mu Burundi atari ivy’ubwoko, ahubwo bijanye n’ugushaka guhonyanga amasezerano y’i Arusha hamwe n’ibwirizwa shingiro ry’Uburundi riyakomokako.
CNARED isubira gusaba ko ibiganiro bidakumira vyotunganywa kugira umuti w’ibibazo wumvikanweko n’impande zose.
Mw’itangazo muri CNARED (Conseil National pour le Respect de l’Accord d’Arusha et la Restauration d’un Etat de droit au Burundi) basohoye, bamenyesheje ko mu gihe inzira y’ibiganiro itoshirwa imbere, ubutegetsi butotangara ikibazo ca poritike cari gihari gihindutsemwo intambara, ivyo muri CNARED bakabivuga bisunze ko hari n’imirwi imaze kumenyesha ko ifashe ibirwanisho vy’ukurwanya ubutegetsi, aho bakavuga imirwi ya FOREBU na RED TABARA.
Urunani CNARED ruhamagarira Afrika hamwe n’ayandi makungu, ko ingingo zose zofatwa kugira bakinge ko ikibazo ca poritike cohindukamwo intambara.
Inyuma y’urugendo rw’iminsi ibiri rw’intumwa z’abakuru b’ibihugu vya Sénégal, Gabon, Mauritanie, Afrika y’epfo hamwe n’umushikiranganji wa mbere wa Ethiopie, ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika ryamenyesheje ko rigiye kurungika mu Burundi abarorerezi ijana b’agateka ka zina muntu hamwe n’abarorerezi ijana ba gisirikare kugira bakurikirane uko vyifashe mu Burundi. Umukuru w’igihugu wa Uganda, Yoweri Kaguta Museveni akaba nawe yasabwe gutumako ibiganiro.
IGIHE
Messages
29 Ruhuhuma 2016, 09:57, par ANICET
ESE CNARD NIKI?BURYA PANCRAS ARAZUBURUNDI CANKE SUMURUNDI NABABIRIGI BARAJEBARAPENDAKANDARABAZUNGU TESHWUTEMWARAHIRITSUBUTEGETSIBIRABANANIRAMUGIRAMURWANENIMURWANEKIRIMWABAGABO
29 Ruhuhuma 2016, 10:16, par ernest
Komera nyakubahwa cimpaye abariko baravuga ko ikibazo c’Uburundi Ari ubwoko nibateshwe bate aba ntabandi Atari babagaragu ba nkurunziza hamwe nabariko bararwanira nekel yabahenze nkaho ahobayicukura nikwase nanyina none babona ko abarundi twopfuma duhera ahuko baheba iyo nikel ntanumwe ataziko ingorane uburundi bufise ubu Ari ikiringo3 kinyuranye namategeko nkurunziza yihagiye jewe nkabona mwohaguruka mukiyamiriza uwowese ashaka kudusamburira igihugu
29 Ruhuhuma 2016, 10:40, par Signorina
Hewe Pancras Cimpaye, wewe n’abagenzi bawe ba CNARED murakubura muteshwe mute kandi mwiyunvire ahubwo gutaha kuja kubaka igihugu canyu c’amavukiro n’ayubundi iyo ngwano mushoza ntayomuzotsinda kandi muzohava mwishura Abanyagihugu ico kibi muriko murabakorera.
’Nashaka kukwibutsa yuko Abanyagihugu bose barimaso ntawuzoshubira gukamisha
amaraso ngo azobive imbere.
29 Ruhuhuma 2016, 11:12, par kamaro
ariko nkubu CNARED iriko ikanga bande? umviriza we cimpaya pancras iryo terambwoba genda murigirire abagore banyu nabana banyu.... nayo abarundi baramaze kubahinyura sinkusha!! nayo intambara mwaraitanguye nukoyabananiye. icomwomenye abiteguriye kubarwanya nibeshi ntiworaba. nimuje ahabona tubereke....abarundi bumutima turabarindiriye......
29 Ruhuhuma 2016, 11:17, par NYABA
WANKA BANGWE NTIWANKA ZANA NDEBE BUYOYA YAGIRIZA TANZANIA KWARIYO IHAYE INDARO ABATERA UBURUNDI TANZANIA NTIYAHAKANA? KANDI YAHAKANA ARIVYO ARIKO AMAKUNGU NTIYIGEZE AHA AGACIRO IVYO BUYOYA YAREGA VYOSE VYABA IPFAGUSA KANDI YARI UMUTUTSI ARIKO KUBERAKO AMAKUNGU YARI YAMUHANUYE KUVA KERA ATINDA AMUFATIRA IBIHANO INTAMBARA YASUTAMYE AMAKUNGU YUNVA KANDI AKINUMIRA NGO AREBE UBUGABO YISHIMIKIJE AHO BUHAGAZE IKIZI NABASIRIKARE BAZOHAHONERA NABANYAGIHUGU ABATEGETSI BIBEREYE IBUJUMBURA ABANYAPRITIQE NABO BIBEREYE MUBIHUGU VYA BURAYA HANUGWA MWUNVE YEMWE BATEGETSI HANUGWA MWUNVE YEMWE BANYAPRITIQE UGUTWI KWIHENE KWASE KWUNVA KURI KURI NYINA KWUNVA KUGEZE KUMBABURA KANDI GUHAGATIZA KWUMWUNGU KWATUMYE BAWUSHIRA MUNAGA BAWUTEMAGUYE
29 Ruhuhuma 2016, 12:19, par Masoro
Wibazako Intambara Tuyitinya! Ubuhungiro burakwishe none amaso wagize umunani ngo amatambara! urajujuta ahananiwe ninka harakantu imbwa
29 Ruhuhuma 2016, 13:02, par Kamenge
Nibanyaruts Batama Tegur Ivy Biganir Twironker Amahor.
29 Ruhuhuma 2016, 13:03, par Kamenge
Nibanyaruts Batama Tegur Ivy Biganir Twironker Amahor.
29 Ruhuhuma 2016, 14:16, par muhuza
ndagusetse wakagabo kubusa bubiwe urakina nabomungasha girindero witonde ntuzosubire gukoza mukanwa nkurunziza na leta yiwe wambwawe urekuzubusaya rekana natwe abarundi bumutima
29 Ruhuhuma 2016, 14:35, par None?
Nyarutsa nimwebwe twizeyeko urukiza
29 Ruhuhuma 2016, 14:38, par murenguko siméon
ewe mukama cnared intimba ntiyica buyra icica ni irungu
ewe IKIBIRI canke agahararo irasya niyanzura ewe akahitiye
29 Ruhuhuma 2016, 15:14, par herode
mwankemwemere muburundi hazoba intambara reta idahagaritse kwica nogukerera atantu
29 Ruhuhuma 2016, 15:21, par Rusakumba
Hewe Pankarasi, turazi y’uko ubuzima bukogoye hiyo mu Bubirigi, wewe waragiriwe ikigongwe n’ugaruke mu gihugu c’amavukiro ugitez’imbere. Turazi y’uko ba Buyoya na Pacifique bagomba kubagira inkinzo yabo, abo baraguhenda kuko bihenze bagahonyoza ikirenge mu Burundi, nitwe abenegihugu tuzobifatira hamwe nabarya bagore babo, aribo Maggy na Domitira. Kandi turasavye abajejwe umutekano bazobaturekere aritwe tuzobifatire, kuko turabafitiye ishavu rirerire. Hanyuma kubijanye n’intambara, iryo n’iterabwoba gusa, mwarayitanguye ahubwo yabananiye guheza. Ico mwomenya n’uko INTAGOHEKA zimaze iminsi zidahanganye n’umwansi wa demokarasi zica ziribwaribwa.
29 Ruhuhuma 2016, 15:32, par JUMA BUSEBWA
CNARED NIBAREKEGUHENDA BARUNDI TWARABAHINYUYE TWEBWETWIGOMBERAMAHOROYABOSE MWEBWEMURINTAHAGA MWAVUYEMUMUGAMBWENGOMUBONYAMA DORAL YAKAGAME MURAGOWE NIMWAHIMWINTAMBARA NUKURITUZOBAGWANYAPE KANDI MUTIKEBUTSE MUZOHAVAMUBA NKAKAHINI YAPFUYEYANGA
29 Ruhuhuma 2016, 15:42, par Kamaro
Nkurumbi tuzomurwanya gushika kumusoda wanyuma,jewe Kamaro ubu nari narahenzwe mugabo ubu nshigikiye CNARED,CIMPAYE,SINDUHIJE oyeeeeeeh,nkurumbi genda kurima amavoka i ngozi.
29 Ruhuhuma 2016, 15:43, par None?
Murateye isoni peeeeee! Ngobizovamwo intambara? Umvandakubwire wamugabowe , burya wibaza ko tutabizi kwintambara mwayitanguye kuvakera nigihugu mubamwaragifashe kera ariko abajejwe umutekano bumutimanijambo nabenegihugu bakabereka ayorusake yaboneye kumugezi? Hariya Cibitoke abasoda bu Burundi ntibahatsi umwasi? Hariya Mukayanza abasoda bu Burundi ntibahatsinze umwasi? Nahandinahandi. Mbe Pacrance abantubarenga majanane bamazegupfa abonabamenyekanye kubera mwabiciye mu Burundi tukabamenya, abomuriko muricira mu Rwanda mubakuye mubuhungiro ngomubatware kujakurasa benewabo abibereye Burundi bakabankira mufatikanije na Kagame wanyu abagira inama zirimwo uburozi mwibuke ubwoburozi mwinama ziwe ukuntu bwahejuye urwanda muri 94 none ucewivugisha ngo mugomba gutera intambara kandi muyimazemwo igihe kitarigito. Nagombakukubwira ko ubuhobigereye nubwomwozanana nabo babacumbikiye bigize surivu mwiy’Isi ubutwararose umwanya wokwitegura ukwiye twobakanira urubakwiye ntakinya baze icoduha mukazanana na Misheal wububikigi na Kagame wanyu wu Rwanda maze mukaza habona ataribirya vyokumarisha abantu ama grenade mwayashize mumashashe. Murazi kotwakoneje kubarindira ngoturabe komwoza habona ngotubatunganirize ama document yanyu ariko amaso yaheze mukirere? Come on Pacrance shiiiiiiiirako abuzozana nibaba batava amaraso nkabandi barundi muzobamuje kwica ahotubimenye turaca tugira ubwoba nihonababa arabantu bavamaraso ndagaruye umutima wikigongwe ntimuzobarungike kuko bazongirirwa nkakwakundi kwacagihe.
29 Ruhuhuma 2016, 15:45, par Falcon
CNARED oyeeeeeh,nkurumbi tugomba turasane mpaka kumusoda wanyuma.
29 Ruhuhuma 2016, 16:47, par Rusoviyo
nonega mutama murihe ko abanyagihugu babarindiriye ngo babereke ko bahejeje kubitegura,ngo babashire aho babateguriye.
29 Ruhuhuma 2016, 17:09, par Démocrate SINDUMUJA
Twese turindiriye ifyirimbi nyakubahwa Pencrasse,kuk herode n’akagwi kiwe,ururimi bakunda turaruzi
29 Ruhuhuma 2016, 18:05, par NIYIBONA CLAVER
NIYIBONA CLAVER
29 Ruhuhuma 2016, 19:28, par kamaro
mamaweeee!!!! ururubuga batanguye kurwonona nkuyu yiyise kamaro siwe uyu nibarivuyeko, ndaremesheje abakuzi ba nyenicubahiro sebarundi petero nkurunziza nareta arongoye ko uzokoresha izina kamaro mugucafuza inzego zatowe izubariva uyo ntazobarijewe. mboneyeho kumenyesha abarundi namakungu ko nahozosigara ndumwe sizova inyuma yareta yuburundi cokimwe nabandi barundi bumutima dusangiye ibanga ryokurwanira igihugu.....reta yuburundi oyeeeeeee.....
29 Ruhuhuma 2016, 19:39, par None?
Izina ryanje ryitwa None? Abakunzibanje nabasi boze bararyipfuza cane, nkubu ngaha harumuntu yaryitije ashigikira Pancrance yavuzengo: Nyarutsa nimwebwe twizeyeko urukiza!!! Ndishimiye kwizinaryanje arigitangaza ariko urikoresheje udashigikira H E Petero Nkurunziza nabobarikomwe urushaho gutagaciro kuko nubwonjewe ntoreba ivyandicwe wihenze ukarikoresha abantu bazi uwondiwe nacahambarira bati harihumuntu bakoresheje izinaryawe atiniwarunka akanya uze kumwandikira umushimire kuko mumazinayose yabonye kwizina ryigitangaza rivuga ukuri rikumvirwa arizinaryawe (None?)
29 Ruhuhuma 2016, 20:23, par Burundi
Ewe C nared Wataye Umutwe Igihe Warungika Urwaruka Gutera Amakambi Wari Wamanje Kubimenyesha ? Ceceka Vyarakunaniye Ubu Turabarindiriye . Babakuru Bibihugu Badasanze Barabahinyuye Komuri Indira Buda Mushaka Kusambura Aho Kwubaka . Reka Ndabahanure Ikimonyo Cisema Curira Umurundi Winkoko Namwa Nimurindire Muzotorwa Mutabanje Kwiyahura Ababasoda Nabaporisi Bazi Kurwanya Umwansi Ijoro Numurango Hanze Nomugihugu .
29 Ruhuhuma 2016, 20:24, par Burundi
Ewe C nared Wataye Umutwe Igihe Warungika Urwaruka Gutera Amakambi Wari Wamanje Kubimenyesha ? Ceceka Vyarakunaniye Ubu Turabarindiriye . Babakuru Bibihugu Badasanze Barabahinyuye Komuri Indira Buda Mushaka Kusambura Aho Kwubaka . Reka Ndabahanure Ikimonyo Cisema Curira Umurundi Winkoko Namwa Nimurindire Muzotorwa Mutabanje Kwiyahura Ababasoda Nabaporisi Bazi Kurwanya Umwansi Ijoro Numurango Hanze Nomugihugu .
29 Ruhuhuma 2016, 20:51, par Léonce Ngendakumana
CNARED Yataye Umutwe Kweli!Hamwe Ngo N’ibibazo Vy’amoko Ahandi Ngo Ni Politike.Ahandi Ngo Uburundi Bufatirwe Ibihano.Mbe Urwo Nirwo Rukundo Bakunda Uburundi Bwabibarutse N’abarundi?Mwumva Boshika Kubutegetsi Batotutwara Ducuritse?Tubirindire Turabe!!
29 Ruhuhuma 2016, 21:07, par ELIE NDAYIZEYE
AHUBWO CNARED NTIBAHO NIFATE INGINGO KUKO ABA DD BARASHISHWE
29 Ruhuhuma 2016, 23:07, par karorero
Hhuuuhhuuhhuu!!!!ewe pancrace umupfu ntiyinukira pee urakenyeye akamogi wakanyoye amaso uratukuje ngukangisha nyakubahwa H.E pierre Nkurunziza ubwo burofa ngo nintambara sha ndagutwenze,ubu Rwasa womukangisha urusasu eeeeehhh eka nyene nakayi uhimbye.tuguhay karibu tugushire aho benewanyu twabashize mu cibitoke kabarore kuri za camp buja tubakubite izakabwana.pupupuuu!!!.ndabasabye ikiciyunviro mucubahirize.kiboneke.
29 Ruhuhuma 2016, 23:11, par karorero
Abantu baza barakoresha amazina yabandi turasavye nkiri zina ry’umushingantahe KAMARO ntihagir muri ba sindumuja bazosubira kuricafuza ninkizina NONE?.munyigorere uwuzoryandikako atyoza leta iciyunviro ciwe ntimuz mugishireko ntirizoba arirwiwe.
1er Ntwarante 2016, 08:35, par Jerome
Mana.tabara.Uburumdi.Nabarundu
1er Ntwarante 2016, 12:26, par ndayishimiye
ntabrorerzi babasod dukeney ntabodukneye ndabsubyemw igisod cu Burundi kirikwij kand kirakomey kand kirashoboye hama iymigwi ishakguter Burundi nibateshwe bemer ndabahnuye bashak babiheb kuber igisod cu Burund nicashavur bazbagir ubuyungir namb mwikund murek kand ndabahanuye.
1er Ntwarante 2016, 13:08, par leon
mbega iyo Cenard yo irumva ga yemwe nireke kutuvurugira ngo ifite ibirwanisho niyegure ibirori nomufata no murya abona baraduhenze dushigara turapfa bo bibereye kwa kagame abandi mububirigi noe bagomba iki?ivyo binwa maraso
2 Ntwarante 2016, 00:54, par Ngendakuriyo
Imana itubabarire murumva ingene mutukana? erega igihugu gikeneye Abashingantahe Bibanga bubaha bakubahiriza ubuzima bwi Bibondo na Bavyeyi. Bakubaka Igihugu. Ni mukomere igihe kizogera muze mwubake Igihugu kirabakeneye kandi kigeze habi!!
2 Ntwarante 2016, 00:55, par Ngendakuriyo
Imana itubabarire murumva ingene mutukana? erega igihugu gikeneye Abashingantahe Bibanga bubaha bakubahiriza ubuzima bwi Bibondo na Bavyeyi. Bakubaka Igihugu. Ni mukomere igihe kizogera muze mwubake Igihugu kirabakeneye kandi kigeze habi!!
3 Ntwarante 2016, 14:33, par Mutama
Ewe Pancras N’abo Murikumwe Murababaje,ubu Mwagize Urunani Nizo Nyankabarundi,umenye Uruboyi Rwazo Rwarigise Isinzi Ry’abarundi Utibagiy Umugenzi Wanyu Ndadaye,ntiwibaze Ko Haraho Rwagiye.Yaco Mushaka Ubutegetsi Mubanje Kumara Benewanyu.
14 Ntwarante 2016, 06:16, par john
ntanguvumufise maramarire iyo!imbwa bayikona iboroga kandi bakayakurayo’
14 Ntwarante 2016, 11:09, par Innocent Ntakarutimana
Ivyo Novuga Ko Ari Ukwisamburirako Nk’impene.Ico Mbona Nuko Umurundi W’umutima Yorazwa Ishinga No Gutora Inyishu Y’ibibazo Bihanze Igihugu Cacu Adahize Kugisambura.Rero Nimureke Kujuragiza Amakungu N’abenegihugu Nta Bukiriro Twiteze Mu Mihigo Murimwo.Kubitire I Bweru Mwibuke Ubwenge.
29 Ntwarante 2016, 21:38, par Bonaventure
Bonaventure
4 Ndamukiza 2016, 14:45, par steve
mbe politique ibananiye muja muntambara yama sasu? haaahaha. teshwa mute! ivyiza hoba ibiganiro apana intambara
4 Ndamukiza 2016, 14:50, par manariyo
murantunge kuba shikirije aho mpagaze! ntawonanirwa na politik ngo azoshobora intambara
8 Ndamukiza 2016, 06:18, par mugwaneza
Ariko rimwe nza nibaza abanya pokitique mukuvuga ibintu baba nibura babanje kusubirinyuma bakibuka ivyo bagiye batangaza???muri sina head koko...ngo Leta ntibayemera yakubise kudeta i bwirizwa nshingiro,iriko itegura i ho nya bwoko,nibindi vyinshi basutse bitagira umutwe.none ubu naho ngo nta bwoko ngo namasezerano ya arusha,pancrase sylvestre,minani,umutego nimwe mwawishiriyemwo arusha mwizeye gutsinda amafora ya 2005,nkurunziza yitoreye mugiharoharo.niyo mpamvu atanumwe araza ngo avuge ko manda atariyo. Je numva mwoza mukrindira ayandi matora.kuko mwaragiye araba vyaraheze.gusa abarundi twarabonye ko ataco mukiri,nka Minani akubahuka ngo reta iriko irategura genocide yabatutsi muburundi,ubwo kweri aribuka amajambo yavuze ari mu rwanda ndadaye amaze kwicwa nabansi ba democlatie?sha twarabamenye.sinduhije wew abantu amaze kwics ngo bikunde agere mubutegetsi azorinda afpa atabugezeko.politik yaramunaniye
8 Ndamukiza 2016, 09:04, par Mwasintabakure
Uko Bimeze Iyomirwi Yica Ntituyemeye Jewe Ahondi Ndi Cumu Numuheto Namabuye Meshi.Uwunzubwenge Aziruka Kuko Technique Yanyuma Nukwiruka Muraza Turiteguye
17 Ndamukiza 2016, 21:34, par BRONZE
NKURUNZIZA YARABANANIYE ARI UMUGABO UMWE MURAMUNZANIRA.NDAMWEREKE ICIMBWA YABONEYE KUMUGEZI.
14 Nyakanga 2016, 21:18, par Jean De Dieu
uwutemera enzego zitorewe nabene,gihugu numusazi