Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CNARED iriyamiriza ubwicanyi bukorerwa abiyamirije ikiringo ca (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > CNARED iriyamiriza ubwicanyi bukorerwa abiyamirije ikiringo ca (...)

CNARED iriyamiriza ubwicanyi bukorerwa abiyamirije ikiringo ca gatatu

samedi 17 Gitugutu 2015, par egide

Inama y’Igihugu « CNARED » iriyamiriza ubwicanyi hamwe n’ihohoterwa rya kiremwa muntu bibandanya gukorerwa abanyagihugu bo muma komine yiyamirije ikiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA.

Mw’itangazo ryasohowe n’inama y’Igihugu « CNARED », riteweko umukono na MINANI JEREMIE, umukuru w’umurwi ujejwe kumenyesha amakuru muri CNARED, bamenyesha ko ibiriko biraba vyose ari ingaruka y’ugushaka kwigumiza ku butegetsi kwa Petero NKURUNZIZA, akoresheje ibirwanisho. Kubwa CNARED, ubwicanyi n’umutekano muke vyibonekeza vyerekana ubutegetsi budaciye mu mategeko.

JPEG - 67.1 ko
MINANI JEREMIE, umukuru w’umurwi ujejwe kumenyesha amakuru muri CNARED

Inama y’igihugu CNARED iriyamiriza ubwo bwicanyi, ikamenyesha ko yiteguriye kwemera ibiganiro vyogarukana iyubahirizwa ry’ibwirizwa shingiro, ari navyo vyotuma Uburundi bugaruka mu ntwaro y’amahoro n’umutekano.

Amakungu asabwa kubandanya kugondoza ubutegetsi bw’i Bujumbura ko bwokwemera ibiganiro, abanyagihugu nabo bagahamagarirwa kuguma bafatanye mu nda, biyamirize ubutumwa b’inzankano n’ugucanishamwo amoko bumaze iminsi butangwa n’abategetsi ba CNDD FDD.


IGIHE

Messages

  • twarambiwe mwebw nimurase uwupfa apfe abasigara basigare !!!cank mureke atware kovyabananiye !!!!!!! mbeya ivyo biganir muvuga kovyanse murikumw n.intumw mpazamakung ub rer nih bizokunda?harageze yuko dutanguza urugamb kand turashigikiw ntankeka tuzotsinda komera cnared !!!!!?

  • Ewe cnared urambabaza!!!!Mwiteguy guhaguruka twese batumaze?Non muzoshigikigwa nand?Abanwanyi kandi batumaze...!Cank mudukur i Burundi.

  • tubihe imana.izobikora abera baduzwe mwijuru.zaburi 8:28

  • tubihe imana.izobikora abera baduzwe mwijuru.zaburi 8:28

  • tubihe imana.izobikora abera baduzwe mwijuru.zaburi 8:28

  • CNARED NDABASABE MUPFUME MUHORA KUKO TWARAMBIWE NIVYO MUVUGA TWETWARUHIJWE NA CNDD FDD.NIMUZE TUBAKURE KUKO BASHAKA GUCANISHAMWO AMOKO ARK NTIBIZOKUNDA.CNARED TUBATEYINGUVU.

  • CNARED NDABASABE MUPFUME MUHORA KUKO TWARAMBIWE NIVYO MUVUGA TWETWARUHIJWE NA CNDD FDD.NIMUZE TUBAKURE KUKO BASHAKA GUCANISHAMWO AMOKO ARK NTIBIZOKUNDA.CNARED TUBATEYINGUVU.

  • Ntavyo ngaho uriko urasaba namba intambara yabananiye nimwemere mugume mubuhungiro iryo jambo ry’ibiganiro ryarabaye ururirimbo kenshi mugabo ntacavuyemwo rero namba intambara yanse reka abapfa bapfe uwimana izozigama izomuzigama mucikarakasa ngo mugomba mugwanye ubutegetsi none birabananiye none mutanguye gusaba ibiganiro? Kora ikiba kibe nakare mbona abantu baguma bapfa kandi bivugwa ko ntantambara ihari muburundi.

  • fofana urabuze ibyo uhoha urwo rugamba uvuga mu Burundi ninde yigeze arutsinda cg arutsindwe? urwo rugamba uhoha uretse kumara abantu ntaco rwatugejejeho ariko ibiganiro bya arusha nibyo byazanye amahoro i Burundi none cndd fdd yarayahonyanze amahoro yabuze abantu bapfa buri munsi

  • ntaco mwogerako nimuwatsemurabe iyo snarede izopfira iyonyene

  • Ariko ga batama bacu ibi biganiro musaba nivyiki?ntimwopanga igisirikare aka karwi kimbunuza ka nkurumbi mukagatuza,none muzoza gutabara abanywanyi banyu baheze.

  • iyonama yigihugu nibazako arinama yigihugu cu bubirigi kukwariyomuri

  • Iyonama Ntimusubire Kuvugako Arinama Yigihugu Cuburundi Ninama Yigihugu Cububirigi Kuko Namwe Muba Mububirigi Wemugabo Uravuga Ivyo Mububirigi Uburundi Burafise Ababuvugira.

  • KOMERA KOMERA CNARED TWESE TUBARINYUMA NUKURU TUZOBANDANYA TUBARINYUMA MPAKA DUTSINZE PETER NKURUNZIZA NAYO ABO BITWAZA AMACAKUBIRI BITWAZA NGWABISHE NDADAYE MBE CNDD-FDD KO YATWAYE IMYAKA IMYAKA 10 KO BATIGEZE BARYOGORA UBU NAYO KUBERA BIBATEKURUKANA ATANGUYE KWIVUGISHA AYAMUHE MBE KO NYABA DD BATAVUGA KUBWICANYI PETER NA ADOLPHE BADUKOREYE MUKUNIGAGURA ABA PALPHE HUTU FNL BICWA NA PETER BOBO KO MUTABAVUGA KANDI BARISHWE NA PETER.

  • igihugu cacu cuburundi kirafise abakivugira baba muburundi wewe warahunze urimububirigi avuga ivyo iwanyu mububirigi nimba ukunda uburundi vamububirigi uzo mugihugu cawe arukwo ntusubire kuvuga ivyiburundi birafise benevyo.

  • Ububirigi Buracibazako Bugikoroniz Uburundi? Nibuteshwe Bute

  • Mwebwe muvuze komugize inama yigihugu cububirigi, wewe ushaka wovugako wiyamirije ubwicanyi kugatwekawe ariko ukirinda kuvukira abari mwicokintu kirongowe na Nyangoma citwa’ SIN A RED (iraso nicaha) Kukomumisi uzotangara ahuzosanga bamwe murimwebwe arimwebwe mwahekuye uburundi nabarundi! Nkubuwogutekururira inkuru zimazekuvurwa nabarungitswe nabomukorana kugira bakore amabi ngahamuburundi wotangara!!! Witegurerero uzobibona igihe nicagera kuko hariho ivyomutarakora batubwiye komuzokora bavuzeko kizobarikindikintu cokutwemezako ivyomwapanze mwabipanze murikumwe atanakimwe batazi.

  • Senared mudufash baratumara,jeremie,ntabiganiro shiramwinguvu,ahubwo turwane,abasirikarinzi nabanyagihugu turinyuma yanyu,erega nimwaguma muvugisha umunwa,niyomyaka 5 izohera atacomushitse,yongere yanke kuhava,kwakwanya kwakwanya

  • Mwe murantwenza murabona vyabananiye Abatutsi mwahora muzumbwenge Nibareke kubata mumuriro nabana banyu mbega Abobafpa harumwana wa pasifike cank wa sinduhije nyangoma rufyiri niyombar minani arimwo rero subiza ubwenge kugihe mumeny ko nabuyoya atanyungu yatanze uretse amarira yabana babanyeshuri bibururi ikibwirwa nicumva icerekwa ni kibona >>?

  • Amakungu ni adukureko ako kaziri Nkurunziza ngo ni umukuru w’igihugu. Nta murwayi mu mutwe atwara igihugu kuko nta muntu akomeye ashobora gukorera igihugu cose ibiriko birakorwa. Amakungu azoza kudutambuka umuvyimba inganda zamaze gutikira nk’uko vyama.

  • Ahubwo CNARED reka gukoresha amajambo nimubishire mumigere naya bantu baheze kuko impfuvyi ziriko riragwira none mwumva muriko murakiziki oya oya nukuri amajambo oya kora kazi

  • Bya SIN A RED ni icuka. Ariko abo ba SIN bakwiye kuza mu gihugu bakaganira n’abandi bakareba ico bofasha abanyagihugu. Le scenario yabaye si ubwa mbere. Avant 1994 au Rwanda, l’ambassade de Belgique au Rwanda yagendaga ifata abanyepolotiki n’abasirikari bakuru ikabasaba guhungira muri Belgique, ko izabafasha ikabaha passport n’amahera. Hari benshi bagiye hari n’abanse. Tout dans le but d’affaiblir et ridiculiser le pouvoir en place, no kugirango babone abo bazoja bakoresha mu kugwanya le Gvt en place. C’est le meme scenario au Burundi. Mais ces gars doivoint savoir que le temps a change. Bakwiye kwisubira bakagaruka mu gihugu. Ce que je vois nuko uzateza intambara I Burundi bizamugora, kandi izica abanyagihugu benshi. Ce que ces Rufyikiri et Cie ne savent pas nuko bashaka kubakoresha kwanduza le pouvoir Hutu en place, ko bashaka kubihindurak abahutu bari kwica abatutsi. par exemple, reba ceque l’UE vient de faire. Gufatira ibihano les Hutus. Uzarebeko hari umututsi wari mubakoze coups d’état wafatiwe ibihano. Kubera? Kuko bashaka ko bakomeza bagakora ivyo gusenya Burundi en vie de prendre le pouvoir... Burundais Burundaises, reveuillez vous. Kuko amaraso yazameneka ni menshi. Ndabashimiye.

  • UH EWE WA DD MWARATAYE IMITWE BASI MARA NGO MURIGISHA IVYAMACAKUBIRI VYABABURIRA MUKAMARARARIRA KUBUBILIGI ASHA RORERA MUNYUMA HASIGAYE YUKO PETER MUZOMWIYICIRA NIYO MWAMARA KUBONE NEZA YUKO ARIRE NKWEZI YAMABI NAYO IVYO KURAZIRANA YUKO UBUBILIGI MUBWIKUYEKO UBURNDI BWOBANDANYA BWITWA UBURUNDI MUVYIBAGIRE MUGA NDABATAHURA KUKO BENSHI MURI MWE NTANIYAMBERE MWAHONYOYEMWO!NICO GITUMA MWIHENDA YUKO UBIRUNDI BWOBAHO BUTARONKA INFASHANYO YABAZUNGU KANDICO KIDAKUNDA!

  • ubwicanyi mukorera abana ,banyoko baso ,bukuru banyu.muramenyako mwagiye kwiga za buraya abanyagihugu dutubitse umukanda none iyoniyo nyishu muduhaye. twebwe abenegihugu turabavumye muragahera iyo.

  • Mwene murasara pe nuriko murica Abantu ngo ko amakungu yobafasha ibigwanisho canke ko bokwihutisha ibigwanisho ubwo nunugambi Wa Nyangoma WO kwica umutsi Atari muri cenarde kugiravo vibobere

  • Mwene murasara pe nuriko murica Abantu ngo ko amakungu yobafasha ibigwanisho canke ko bokwihutisha ibigwanisho ubwo nunugambi Wa Nyangoma WO kwica umutsi Atari muri cenarde kugiravo vibobere

  • Ikiringo ciwe kiriko kirigira imbere. Mu minsi mike abatamwemera bazoba baheze canke bahoze namwe muri majambo n ibiganiro biri mu kirere. Soyez pratique et rapide. Ibihano mutinya turi muri vyo deja. Murasamaza abanyagihugu n’amahanga nyene. Vyabananiy ni muvuge muhumurize abarundi uwutamwemera ayanyage hakiri kare.

  • Ikiringo ciwe kiriko kirigira imbere. Mu minsi mike abatamwemera bazoba baheze canke bahoze namwe muri majambo n ibiganiro biri mu kirere. Soyez pratique et rapide. Ibihano mutinya turi muri vyo deja. Murasamaza abanyagihugu n’amahanga nyene. Vyabananiy ni muvuge muhumurize abarundi uwutamwemera ayanyage hakiri kare.

  • Ntaho mutaniye na Gaciyubwenge wahenze benewabo bakifatanya na niyombare kandi aziko ntaco bazoshikako bakaba barimumvuto nawe yirira ifiliti mububiligi, sha uburundi bozikizwana nabandi mwe ntitubona ivyanyu. (www.amajambomenshi.fr)

  • @Musaga 5 : wowe uri interahamwe kabisa cyokimwe nuwo basimbuje adolf aho muri turahazi nibyo murimwo turabibona igihe nikigera tuzabatoragura nkukwo inkoko itora amasaka gusa icyo nshimye nukwo mumaze kumenya ko abazungu bababeshye bakabakoresha gusebya igihugu rero nusha utahe nkabandi ibyarundi ntibikureba ou bien utegereze ko tuza kubishakira.

  • Ahubwo mutubarize abantu bariko barinjira mu Burundi bava mu Rwanda baca mu kibira ca Nyungwe ico bashaka.Tuzobakiriza yompi.Kagome yahimvye nabi,ubuho tuzoca twinjira iwe tumwirukane.

  • Amashirahamwe yaza gucurisa abarundi ntabura kumva aho yahagurukiye amaze gushika kuki? Reka igisiga gifate umuswi winkoko harogera yaho igisinga kirya mumutego

  • aya magumbure yanyu niyo yatuma reta ibonako arakarimi....jnrr manirakiza yari yiyamurije ikiringo ca3??

  • Ivyovyose biriko birakorwa Nankurunziza umusi yova mukirengeti akabuza kirya gi porice hamwe nizi mbonerakure kugandagura abantu amahoro yobatashe muburundi,noneho kuriwe birikure nkukwezi,kuko kwicumuntu kuriwe nibusazwe uko yakora kuvakera mumashamba hamwe nakagwi kiwe mukwica benigihugu ngo nivyitso ntahokagiye, iyaba yarahindutse ntiyarikwangaza abobasangiye igihugu.abatahuze nabo bariko bakubitwa ubuhiri mumutwe,iihi bambewe nukwihenda ntabwoko muzoheza ,ukwo nukwiyambikibara.

  • Ububirigi bwo bwibazango nikera ngo zanamagi zanamasoro wapi ubu nibadusaba amagi tuzobaha amagrenade badusavye amasoro tubahe amasasu kuko intwaro ya nkurunziza uwuyirwanya ndazi azoyandurako

  • NONE KO CNARD YEMERA IBIGANIRO ABO BATEGETSI BI BUJUMBURA BO BEMERA IKI?MANA NURUDUBI ABO BANTU BO BICWA NA BANDE?DUSAVYE AMAKUNGU AHAGURUKIRE IYINTWARO ITEMERA IBIGANIRO KANDI ARIVYO BISHIKANA KWITERAMBE RIRAMA.WWW.MANA YOMW IJURU.COM

  • Nsanze abadd ba Peter atabwenge mufise ivyo mwivugisha vyose Ningorane zooose ziri mugihugu zatewe nubukunzi bwinda bwa Peter nabaja biwe mbarira uruvyaro rwanyu

  • None ko ivyo muburundi vyayangaye muri CNARED ikintumukora kiremesha abarundi nikih? nyabuna nimunyarutse

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.