Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CNARED : Leonard Nyangoma yashikirije ijambo abarundi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > CNARED : Leonard Nyangoma yashikirije ijambo abarundi

CNARED : Leonard Nyangoma yashikirije ijambo abarundi

mercredi 26 Myandagaro 2015

Umukuru w’urunani CNARED Leonard Nyangoma amenyesha ko umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ata burenganzira na bumwe afise bwo gutwara Uburundi ku kiringo kigira gatatu kuko biteye kubiri n’ibwirizwa nshingiro n’amasezerano ya Arusha.

Mw’ijambo urunani CNARED rwashikirije abarundi rubicishije ku mukuru warwo Leonard Nyangoma kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 26 Myandagaro,urwo runani rumenyesha ko kuva isaha umunani y’igenekerezo rya 26 Myandagaro umukuru w’igihugu azoba ahejeje ikiringo ciwe co kurongora Uburundi n’abarundi.

Muri iryo jambo,urunani CNARED rusaba umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza kwemera ata guhigimanga ibiganiro bijana Uburundi kw’iterambere,ivyo navyo bikaba bishingiye ku ngingo nyamukuru zikurikira :

Kwumvikana ingene umukuru w’igihugu yokinjura ku neza yiwe niy’abarundi bose,kwumvikana ingene hoshingwa inzego nfatakibanza zofasha mu kugarukana icuka ciza mu gihugu na cane cane umutekano mu gihugu cose bababnje kwaka ibirwanisho imirwi ibifise itabifitiye uruhusha.

Iryo tangazo rimenyesha ko ivyo biganiro vyofasha kandi kwumvikana ikiringo intwaro nfatakibanza yomara kugira hashobora gutunganywa amatora meza atuma abanyagihugu batera imbere aho guhunga igihugu cabo abandi batotezwa bazira imigambwe barimwo,gutegekanya ivyo gutahukana impunzi n’abanyepolitike bahunze igihugu,gutegekanya ibikenewe kugira amaradiyo asubire kuvuga.

Urunani CNARED rusaba ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika,ishirahamwe mpuzamakungu ONU,hamwe n’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya n’incuti zose z’Uburundi kutivuguruza bakemera intwaro y’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza.

Urunani CNARED rusaba ibihugu birimwo ubuserukizi bw’Uburundi,kwirukana abaserukira Uburundi muri ivyo bihugu,kwankira abategetsi b’Uburundi kuja hanze,guhagarika infashanyo ziza gufasha Uburundi uretse izishikira mu banyagihugu bonyene ubwabo,kwongereza ishaka n’inguvu mu gufasha abarundi gusubira mu biganiro,kudashigikira intwaro y’igikenye no gukumira kuko ishikana aho abanyagihugu bafata ingingo yo kwirwanako bigatuma inganda zitikira.

Mwomenya ko iri tangazo risohotse mu gihe umukuru w’igihugu yarahiye kw’igenekerezo rya 20 Myandagaro 2015,abagize Reta nshasha y’Uburundi nabo barahira kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 25 Myandagaro 2015.


IGIHE

Messages

  • Iryo Ni Ijambo Ryiza Cane Rikwiye Gushigikirwa Na Bose.

  • We Nyangoma Leoanard, tu es tres antipathique depuis longtemps.
    Tu es egoiste et idiot.Ehe ntu ngo ibihugu vyose ngo nibije ngaho vyirukane umuntu wese aserukira uburundi...Erega umuntu naho ataba ari diplomate quelque part araserukira uburundi de part sa langue nigihagararo.Rero n impunzi zose ngo nizitahe?Ihere ko wewe nyene.Babagabo bari Onu ngo nibatahe?babagabo bari hirya no hino ngo ni batahe?Tu te rends antos gratuitement.Wewe know who you are hama unume.Ngo ntamfashanyo ngo sauf ibija mubanyagihugu directement...Imfashanyo yaja hehe?ba umenya kusigura ivyo uvuze..Ngo abategetsi ntibasubire kuja hanze...warabonye umuntu abuza uwundi gusohoka???Emwe wigize shetatani ko niyo ibuza umuntu kwisohokera..ku pissaba umenya les mots a utiliser.We Nyangoma mbega aho wishira imbere siwewe wakoresheje rebellion en 1993?Abatutsi bapfuye bari kugatwe kawe.CPI izi kubona rindira gatoyi urabe ko utazojamwo
    ba mureka kwiyambika izo mutaguze.Ba mureka kwitera amashurwe mutahawe
    Burya mbega urazi ko abapfuye mu mamanifestations ko imitwe niyaja hamwe bazotora ko bapfuye kubera rumeurs zanyu???Mbe Nyangoma wibaza ko imana ikora gute???Abawe wibaza ngo barabundikiwe???Reka sha ntukome Imana.Ishavu ryayo rikorotse uzosigara wimyiza gauche.Reka uburundi bugerageze reka kuburoheramwo amasinga sha de peur ko agukwega..twebwe tuvuga ko 2020 ari ejo bundi tenyenya.mais aho biri wewe uri retraite nturimwe uzororera gusa

  • Nyakubahwa Nimwe Mwarwaniye Uburundi Imyaka Myinshi, Kandi Nijambo Ryanyu Niryo Kumvirwa, Kandi Hageze Yuko Mwerekana Ico Mwaharanira, Nico Mwa Rwanira, Ijambo Muvuze Rizoshimisha Abarundi Rigiye Mu Ngiro Nimwe Twiteze Yuko Mwodukriraho Ivyo Bipfa Mutima Vya Nsumirinda. Urakamana Ijambo!

  • Iryo jambo turaryiyamirije ririmwo agakengere nagasuzuguro kenshi,kandi uburundi ari igihugu cikukiye,uwifuza intambaro ntaneza agombera uburundi nabarundi teshwa ute nyangoma,aho warwaniye urinde usaza!

  • wewe uratwengeje caneee!! urimo urarota kumurango,uziko urushwa ubwenge na Rwasa nawe garuka ngaha tugutore ujye muri leta ya 2020,naho ubu vyarangiye cera. abo bazungu urimokwemerera itanganyika nibiryirimo vyose baraguhenda atantambwe muzoduterana ngahaa. ivyinfashanyo nibashaka bajane tuzorima ibiharage 5ans ninkeyicane. ngaha twese turashaka amahoro.

  • Iryo jambo turaryiyamirije ririmwo agakengere nagasuzuguro kenshi,kandi uburundi ari igihugu cikukiye,uwifuza intambaro ntaneza agombera uburundi nabarundi teshwa ute nyangoma,aho warwaniye urinde usaza!

  • Mze vyanse mushire munguvu kandi natwe turabashigikiye kuko ntakuntu boguma batwica atagitabara rero aho gupha usaba imbabazi umuntu atari buziguhe wopfuma umwiyahurirako akakwica naye mwahanganye komera kumuheto ja hamwe na NIYOMBARE mudukure muri uno mwobo badusizemwo.

  • naragumuye abajene nifitiye pass port biyangaye nca mfata indege bapfana ubujuju bwabo.

  • Komera Nyenicubahiro umukuru wigihugu cacu c’Uburundi Leonard Nyangoma,Nkurumbi yanse kumva tuzomwumvisha ubu sinkakera,kodutwarwa nuwu mubisha tuzokwemera twese duhone kabisa.

  • Komera Nyenicubahiro umukuru wigihugu cacu c’Uburundi Leonard Nyangoma,Nkurumbi yanse kumva tuzomwumvisha ubu sinkakera,kodutwarwa nuwu mubisha tuzokwemera twese duhone kabisa.

  • nyangoma sinkugaye ngaye ijambowavuze narisomye kuri /bujanews/ntantumbero rifise,muratubesha pe!ko manifestation zitanguye mwavuzeko nudashaka TRANSISION ubuho vyaje gute ntimuduhende muronderera izanyu nda

  • Komera Nyenicubahiro umukuru wigihugu cacu c’Uburundi Leonard Nyangoma,Nkurumbi yanse kumva tuzomwumvisha ubu sinkakera,kodutwarwa nuwu mubisha tuzokwemera twese duhone kabisa.

  • Aho ntabindi mwokwandika atari ubujuju gusa ngo nyangoma nyangoma apima ibiro bingahe?

  • MURANGUHA KO UBIVUGA UTARI MUBURUNDI MKURUNZIZA NTIMURYAKO UWOZORUKARINSHA UZOMUMWA .

  • Erega wataye umutwe Nyangoma iryo jambo urishikirije uri Bujumbura canke murufuri ko wariwavuze ko 26/8/15 we we nareta yawe muzoba muraha vyagiye gute. Kumengo usa nuwuriko arasabiriza? ntabiganiro nawewe uwutakuzi ninde? Politics yawe yarashaje yukuronderera mubiganiro abandi baritoje baratogwa wakijuju. Ubuho wavyunyuye naho wokwishikana woshikira mumvuto ntiwihende abobarundi urigusabira ibihano nibo ugomba kuzagutwara turakwiyamirije we we nakagwi kawe nkinkorabara.

  • None Yabivuze Arihe Kwatarashika Muburundi?

  • none nawe uzorahira ryari ga mutama?

  • nanje iryo jambo niryo petero nkurunziza ya turambiye peeee

  • nanje iryo jambo niryo petero nkurunziza ya turambiye peeee

  • Rekambe nkunomwanditsi mukurangiza yivugiyengo’ Nyangoma yarikwiyekumenyako umukuruwigihugu nabagize reta yiwebose baherutse kurahira. Mwenivyorero Nyangoma agogose avuga murijiguhe tuvyirango nuburrbganzirabwiwe, ariko yibagiwe gusabako uburundi bwofutwa kwikarita y’Isi!!!!!!!!!!!!

  • Izo mfashanyo avuga zoshikira muminw yabanyagihugu,ni izihe?ehee!umutama yashaj kweri!agomba duhb kurima,twirirw dutez amashi ibigori,umuceri,amakoto,ubwishaza,ubuccni,...ha!abiw barabirya?ahnda nde?naze none.

  • WEWO NYANGOMA UBURUNDI NABARUNDI TURAKWAMAGANYE URAGAHERA INYUMA YIGIHUGU IMIGAMBI YAWE NIYO GUSAHURA ITUNGA RYABANYAGIHUGU MBE KOWABAYE PEREZINDA ICOWAMARIYE ABARUNDI NIKI? ARIKO UMENYE KIJISO RYIMANA RIRAKUBONA

  • Nyngoma nareke nta politike ashoboye nyakubahwa umukuru wigihugu aturi hafi ntaco tuzobura akiriho

  • W’LL PRAISE,YESU ABIRONGORE.

  • baramuroze ntakundi uwatowe ni sinzi ryabarundi niwe ukuye nawe urarinda utagira inkoho nuze mugihugu ubitubwire neza nayo Ayo maparara yo mubazungu turayanse

  • NYANGOMA NINTOVYI NAZE MUBURUND AVYEMEZE NEZA BAMUBOHE NTASUBIRE KUGUMURA ABARUNDI ABARUNDI TURAFATANYE MUNDA.

  • nyangoma yasanze noneho yanyoye kanyaga

  • Tuzoba tubirabira hirya ivyiwe. Jewe mbona uyu mugabo yaraduhenze nta nguvu agira. Ndabivuyemwo nta cizere nkimufiseko. Ko yatubwiye ngo nta matora nayo aka àyarabaye, ko ataco yakoze. Ahubwo tubona biguma biyangara. Turarushe.

  • Nyagoma ahubwo aracoma urumungi atagabaninje ruzamwica kuko arazi ko ariwe abari Presindant iyo atabazanamwo amacakubiri yintara akajamwo abica

  • Iryojambo ryabansumirinda ntaryo dukeneye twarabahinyuye nibatwarimiryangô yabo twe batureke >>

  • EWE NYANGOMA WATAY UMUTWEPEEE!! UBWANBERE NGO WASHINZ ERETA IZOGAR UKIRIGIHUGU UBWAKABIRI NGWIBIGANIRO NARETA YANKURUNZIZA KANDIKIRINGO CIWE CARARANGIYE TWIRIWE TUKURINDIRIYE NIGISHIKA CISHI NGUVUGIRE KWIRADIYO YIGIHUGU TURABURA HEWE TURAKURINDIRIYE UZE TUKUMESE NABO MURIKUMWE MWESE

  • EWE NYANGOMA WATAY UMUTWEPEEE!! UBWANBERE NGO WASHINZ ERETA IZOGAR UKIRIGIHUGU UBWAKABIRI NGWIBIGANIRO NARETA YANKURUNZIZA KANDIKIRINGO CIWE CARARANGIYE TWIRIWE TUKURINDIRIYE NIGISHIKA CISHI NGUVUGIRE KWIRADIYO YIGIHUGU TURABURA HEWE TURAKURINDIRIYE UZE TUKUMESE NABO MURIKUMWE MWESE

  • Nyangoma ameze nka Twagiramungu wo murwanda. Twagiramungu yatanze urwanda aruha abatutsi none yirirwa abundabunda mububirigi. Nyangoma we niyo yatanga uburundi agafuni ka Rukaraba Kagame ko kuzamukubita mumutwe kabitse ikigari muri village urugwiro.

  • wewe nyangoma abarundi twaraguhinyuye ntukunda uburundi na barundi wipfuza ko uburundi butofashwa? mbe wewe iyo wahungiye unhcr bataguhaye ibigori vyoguteka woryoherwa? genda turaguhevye ntambuto nziza wereye abarundi nuburundi.

  • Emw iryojambo ntacondarivuzeko! gusa nizeye ivy’imana yavuz kwizabishitsa! kuko turaziko itabesha.

  • EWE NYANGOMA WATA YUMUTWE KOKO!!AHAHISE NGONASHINZERETA UBUGIRAKABIRI NGO NKURUNZIZA NTAKIRI PRESIDA UBWAGATATU NGUSHAKIBIGANIRO NA RETA YANKURUNZIZA KAD UZIK ATAGITWARA WUNVUTAT AYUMUTWE TWIRIWE TUKURINDIRIYE NGUZE TUKUGOTOMERE TURAKUBURA UZOTEBUZE SHA TURAKURINDIRIYE GASH IGIZOKUZANA TUZOKWEREKA

  • ubu uburundi butwarande? ganyangoma

  • Nyangoma Subiza Ubwonko Kumurongo Wapfuye Zamani

  • Ww ntukund’uburundi nabarundi.kuki usaba kimfshanyo zifungwa?abasrukira uburundi bakiruknwa?wew userkra abarundi cnke userkira umuryngo waw?korera abo bagtumy,hanyuma murke k8cisha abana buburundi m8twaj ngo n’abanygihugu barko birwanira.reka ayo macakubiri.abariko birwnira ni band,barwana nand?abatarko birwanir nabo nibnde,barnzwe nand?isabir kugtwe kaw nkumunypolitique arko utitwje abarundi.nimw mutuma africa yac’idatermbere mukzana abayisambura.nawe uwoguha ngutwar’igihugu,ntiwokora ibishimwa nabose.ingo twubke igihugu cacu turke kwama dutez’amaboko.

  • EWE NYANGOMA NTASONI UGIRA VYAKUNANIYE KUGWANA UGIFISE INGUVU UBU WAVYAGUTSE NIHO UZOSHOBORA INTAMBARA.WIBAGIYE INTAMBARA YINTARA MUZA 1995KUBANDANYA ABARASHWE BAZIRA UTURE? UMUPFU NTIYINUKIRA!..

  • KOMERA MUKURU W’UBURUNDI NYANGOMA TWESE ABARUNDI DUKUNDA DEMOKARASI TUBARI INYUMA KANDI NIVYOKWANKA MUBIGANIRO TURITEGURIYE GUFATA NINKOHO MUKWIBOHOZA .

  • Ewe Nyangoma Kumburutekerej Wew Ntah Uzoduteran Intambw.Mbeg Wiyunvir Ko Woj Kurahirir Kur Radio Iyihde?Kur Rtnb Nindot Mandant Ntirager Nimpak 225.

  • naze nawe avugire muburundi

  • Wananiwe gushikana cndd fdd kuntsinzi abubu bobo barabona mbona bitazoroha

  • Wew Aho Vyakugorey Wifatanij Na Busokoza Yish Ndaday Niwishikan Tuzokwakira. Sinduhij Yamaz Imyak Ingan Iki Arya Akaryama Naw Urikurabundabunda? Non Ubu Nga Musangiy Ivyiyumviro? Wahemukiy Abahutu.

  • Jewe nibazako iki kinyamakuru candikwa nababasazi babatutsi umengo ntibakomeye mwihead

  • YASHAJE KWELI.NONE KO IGIHUGU GIHANZWE N,UBUKENE BWAZANYWE N,INGWANO ,MUSABA AMAKUNGU GUHAGARIKA IMFASHANYO CANKE KUBANDANYA ?

  • Nyangoma,amez nkisuka,itangrarinzemb igahr ari agafuni,atacogashoboy.aho Nyangoma Ww ntiwatay umutw?honyen,raba abobagabo wibazango murafatanij(RUFYIKIRI,PIE):Mb igih wahng igihgu,kobar mr reta bakozki kgra ntuhng?iconicocerkanako ukoribintu utiymviy.kand vyrkana kowodsbza ahantu mtama Peter yadkuy,nuburagumiyo.uburundi nubwa Peter Imana Yahzagiy,subwabasazi Nka Nyangoma.

  • wanguha nyangoma arahumba araza agire ico akoze nimba atabonako ivyo avuga bitoshoboka nakarengo nyene imbugita ni uwuyifise ikirindi igihugu kirimuminwe ya NKURUNZIZA

  • NONE NYANGOMA ARIHE! KWATABONEKANA NGWARAHIRETUMUBONE.

  • Nyangoma j sinumva ukuntu ashaka gutwara kndi atatowe hama abarundi turi maso arko rero President yatowe agashinga reta hama wumva hasigay iki??

  • Nyamijosi are u foolish?watwawe n’amacakubiri gusa kd ntacyo azakugezaho usibye kwicisha umunwa,twakagombye kuwukoresha twiyubaka.

  • NONE NYANGOMA ARIHE! KWATABONEKANA NGWARAHIRETUMUBONE.

  • EREGA NYANGOMA, UTARAVYE NEZA IGIHUGU NKURUMBI YAKIGUTWARANYE,ARAFISE ICO YISHIMIRIJE. INGO MUKIBOHOZE. KANURE RERO MUGABANYE AMAJAMBO MUKOMEZE IBIKORWA !! NI VYO DUKENEYE. TWARAMBIWE PE !!!

  • NONE NYANGOMA ARIHE! KWATABONEKANA NGWARAHIRETUMUBONE.

  • Nikingungu yarasanze nomufata nayoyankoreye nobimenya

  • Mbega none twemere nde? iryo jambo niryo baraye barindiriye finalement pita yarabaroze ivyo biganiro ushaka nibihe numbwambere haba ibiganiro aya mezi yose yaheze mubiganiro ntaco ndabona mushikako pita aguma yunguruza ahashatse akahashika none mwebwe ko nabona opposition irimwo ibihangange murindiriye kwabantu babaherana rondera ubundi buryo mwe na pacifique aguma yandika ibifaransa vyinshi anegura akabaye ntimutora solution turarushe reka kwicira abantu kunzira rondera ubundi buryo ntimuze mwibaze ko pita yunva ibiganiro kuraho gusa mbe murabona kumafoto ingene abimuka aduza intoke hagati ya gouvernement yiwe mbe murazi abo mwashize mwibarabara harimwo abapfuye abandi bariko basesagura utwabo bahunga bagaruka turabasavye mugarukire abanyu ayo ma discours turayahaze gabanya kuvuga canke kwandika tora solution ivyo mwiyandikisha turarushe dodora amakungu babafashe solution mugabure aho musaba ubu ntanakimwe mukwiye kutubwira sauf mugiye kugara ngozi canke presidence twese turarushe . ok

  • Nyangoma turakwiteze gira ico ukoze mumaguru masha

  • None Nyangoma Gira Munyaruke Nkurumbi Atugeze Habi Ivyakora Birarenze Kuri Twe Abarundi.

  • Eeeeheeeh. Komera kwijambo Mutama turagushigikiye.

  • IVYO UVUGIRA MUMAJAMBO VYATURAMBIY DUKENEY IBIKORWA.TOKA!

  • IVYO UVUGIRA MUMAJAMBO VYATURAMBIY DUKENEY IBIKORWA.TOKA!

  • TUBWIZUKURI UREKE GUCISHA HIRYA NO HINO, UVUGE KO UGOMBA KUGWANA TWITEGURE TWEBWE ABENEGIHUGU KUKO ARITWEBWE WOTIKIZA CANE. EWE,ABARUNDI UWUTABAZI NTIYOBISHINGA. KARE PACIFIQUE YAHORA ACA KUGITI NO KWIBUYE AVUGA KO ADAHARANIRA INYUNGU ZA POLITIQUE, UBUHO BIGENZE GTE NGO AJE MWURWO RUNANI RWABANYEPOLITIKE? YA MPUZU YA "FORSC" YAYIKUYE SOUS VETEMENTS NAZO ZICIYE ZIBONEKEZA. AHAAAA!

  • ewe nyangoma urateyisoni utwarira igihugu hanze warasaze ko wavuze ngo birukane abarundi nibatangurire kuri wewe wigira prezida utagira ni goti mbega ho utagiru ubwenge uzoganira nande atari reta reka kuroha abene gihugu za wewe utware uburundi turabe tugukoreko uburundi ntibwankwa nabose guma utega ivyobitwi bitumva abakeza umukuru wigihugu wewe uzopfa wangara canke wiyahure ureke kwahura abene gihugu

  • Ehee nti mute mukaga abanyagihugu batazi ivyo mupfa

  • Jewe Nashaka Mpanure Nyangoma Namba Abona Iyi Message Nibareke Amajambo Bakore Tubibone Namba Bafise Inguvu.Naho Ayo majambo Ntaco Afasha Abafunzwe Canke Abariko Baricwa.Kora Turabe??????????

  • nyangoma narekegutera akajari kuko vyozana intambara uwayibonye yarayibonye igitangaje nuko mucamwurira indege mukigira mukaduta murudubi abarundi turagowe.

  • Nukuri Nyangoma Ninarabibonye Ivyo Turamushgkiye Kwl Ahubwo Uko Asavy Ivyobihugu Bz Bigend Uko

  • Nukuri Nyangoma Ninarabibonye Ivyo Turamushgkiye Kwl Ahubwo Uko Asavy Ivyobihugu Bz Bigend Uko

  • Ewe nyangoma urumuswerantama.........huuuuuuu.twiriwe turindiye ngugiruduteturure none utanguye gusaba reta ya nkuru ibiganiro.wananiwe ibiyeri twari twaguze twogufata twbisuka mururworushatsi utamwesha chikala

  • karakunaniy sha ayomajamb uvug unyegey ntiwosohor umutw tukarab nagoh ndakwemer ndavuy inyuma pe pierre ntaakangw namajamb icombon wohindur umukenyur

  • icodushaka kuribose namahoro.

  • mbega nyangoma yobagiye ko yatwaye cndd okirwana yibaza kwivyo yakoze tutabizi hubwo nasubire mwishamba mbega ubu barahuza na sinduhije ?emwe politique yabarundi iragoye!

  • mbe nyangoma urasara? wew ko wahunze ugomba natw tutahunze udute mukaga? eka noneho ababipfa nababisangy muzokwiboma.

  • Benedata Ncuti Zumusalaba Mwibuke Ko Muri Mwisi Mutalajamwijuru ,imana Niyifisijamboryanuma Twizera Kwimana Ivuze Atawoyirwanya Ahubwo Turindire Turabe ,nayo Gutelanamajambo Nogutyozanya Ntaho Bizogezigihugu Cacu, Uwurimuruhanderwimana Niwazotsinda Naje Ntawenzi,kizwa Tu,

  • Benedata Ncuti Zumusalaba Mwibuke Ko Muri Mwisi Mutalajamwijuru ,imana Niyifisijamboryanuma Twizera Kwimana Ivuze Atawoyirwanya Ahubwo Turindire Turabe ,nayo Gutelanamajambo Nogutyozanya Ntaho Bizogezigihugu Cacu, Uwurimuruhanderwimana Niwazotsinda Naje Ntawenzi,kizwa Tu,

  • ewe nyangoma uratwambitse ibara koko karaciye ingani ugume uvuga amajambo gusa kandi ari wewe twari twizeye!!ariko urabona ko urya mugabo yovako uko gusa?inama ndakugiriye nuko wogira ico ukoze ukatwereka ko ukomeye!!kandi tukuri inyuma,tukabona uvuyehasi natwe tuzoba tubibona!!shiramwo inguvu,ureke amagambo uje mubikorwa!

  • nyangoma warasaze ubu twaramenye ubwege ubwire abo murikumwe ati abarundi ko baceye ubwege kuguma muduhenda mbe nyangoma wewe uwoguha uburundi?wewe woshobora kubutwara tukubwite nuteza intabara ubimenye ntadaro uzobona kadi twebwenyene nitwe tuzokwifatira?

  • nyangoma tukuzi kuva kera kur umugabo abushitse udakomer amashi abambuzi inyank burund abarund baragushigikiy mukomere kwibanga

  • PITA BAZO MUTWARA HANZE?

  • yebegayewe nabanzaze ndamuhe iyindishati nikoti nikaruvati rwifashanyo nyambarwaye pararize tivamwitiro amatora yararangiye matiro matiro nyangoma uriyahura uzohera nakarwikawe nkifu yimijira

  • bwira nyangoma be naminan jerem bubik umutim mukuryam cank bagaram kur tanganyik bafat ubwat barhir kumutim barab koboruk kumutim nkurunziz nihar cank bih umugoz demukaras ninziz can

  • ahubwo rero wangwaye mumutwe wewe rero

  • Iyo igihugu kigomb kigatwarwa n,umu nyamahanga mugab tukaronk amahoro twebw abarundi.

  • Ewe nyangoma w uratwengej w honyene urafise amacakubiri w murikahis kaw warank abo mutava muntara imw mbe Ubu niho wabihevy? Gezaho turakuzi.

  • Jenukr iconosab leonard nyangoma mukoyozaritondera ivyavug non kwabarir abohanz ngobirukan abaserukiz buburund mwayomakung mbewew yibazakobitomugarukak?iconomusab aharihos nukr niyihanur kuk bury nawen yohahombera

  • nyangoma yanwey umudiringi ndibuka itarike kuko ryariryambere bawunwa narinagakajije nashizemwo kokayine zaritarik le12/02/2003 yazananye na pasifike na sinduhije na bamenyeshamakuru bo kuri erepeya namakuru bashaka ntibayatwaye harimwo nabandi nunva ngo rehosi mbonimpa nabandi ntibuka kuko ndisaziye icambabaje bagiye batwaye litr 250 ngobazonzanira amahera mbonye basekuyazana kukatabo narinzi nabuze uwonishuza nca mbazabavyeyi ndakubiticuhagiro ncambonabandi bagisangiy harimwo domisiyo nabandi ariko uwomudiringi warimwisho ntuzobaheramwo nanje nunvawapi

  • ewe nyangom uri kinebwe PE! iyo ubut bugufash uhamagarir abarund kuj mwibarabar?itir rigufash uraziran kuba président?ukarahir udafis abajezw ibwirizw shingir ngo bakurahiz?mbeg uwoguh gutwar imyak 5 ubon yoher tugerey h?twaguhinyuy tuvir kumukur wigihug.

  • ivyi.iburundi.uwuzoramba.azobona.umwe.ngo.ndaje.uwundi.mukurahira.ngo.yubahirije.amategeko.yemwe.turarushe

  • NYANGOMA NTABWENKE?.ARABONAKO.ARUMUGABO.UMWE.YOJUGUMISHA.IGIHUGUCOSI,IRAMBIREMUTAMA NKURUZIZA

  • Hon Nyangoma nakomere kumuheto tumuri inyuma ntareta ya nkurunziza tugishaka ivyo yadukoreye kuva 2005 twarabibonye!reta nshasha dushaka niyabarundi bose atawuvuyemwo reta ishingiye kubumwe na democratie atari iyigikenye! Nyangoma nuze urumugabo udufashe kwiyamiriza nkurunziza nabiwe!

  • rota di nyangma imyaka ntihishw kwl mana bakuvure p.

  • donatien urakomeye mutama uramusuzuguy sabimana ikigorwe urya yashizweho nimana canke wutabonako dufisamahoro usanga urimubayarwanya kirimwabagabo nijambo

  • Uri umupilote atwara indege ari kw’isi,canke kunyonga umuduga uri hanze yawo,muvyo wavuze wategetse canke wasavye?rindira bazokwishura,abo banyagihugu avugango bararushe,bahuriyehe nawe barabikubwira?cira birarura.

  • jewe ico novuga uwo avuga ko yorahira irigira kabiri mbe uburundi bwoca butwagwa na babiri ? nibumvikane kuko bose nabana buburundi

  • Mana, Tabara!Iyo N Intambara Mwans Abavugishwa Non Iryavuzw Riritashe.Gusa Murek Gutuka Nyangoma Iyo Vyazananye Ntimuhirengagize.Igisigay N Ukwemer Ingaruka Z Ivyo Mwakwegewe Nabo Mwita Bashobuja.Uwogir Ubwenge,yizigir Imana Gusa Ibindi Vyose N Ukwihenda.

  • Aho uyo mugabo NYANGOMA arabona kwashobora kwihanga cndd fdd ndamuvunire akagohe NAREKE GUSUKA URWARUKA MUKANYWA KINTAMBWE hama atekereze azoshikirwa gasanga ari mubazorongora uburundi amenyo aragutwenga arayawe

  • Nyangoma ni umuhutu w’inda ndende. Ngo kandi se yahoze ahakirizwa kubatutsi niyo mpamvu nawe yegera Kagame inkoramaraso isumba izindi zose!! Ewe Nyangoma nutava ibuzimu ngo usubire ibuntu uzisanga mucyobo kagame yaguteganyirije!!! Indanini.com

  • Mr Nyangoma, ko tuzi ko uri umusirikare mbega ubona nkurunziza womubwira numunwa akumva?sinzi ururimi wokoresha ugwarigwo!! indimi zose zaramubwiye yaranse kwumva. ahubwo rero koresha ubundi buryo ngira hoho azokwumva kandi abazogufasha ntibazobura.no muhira iwe hariho abazogufasha.ntutinye.courrage...

  • Imana niyo nkuru.
    Imana niyavuga nkurunziza azojugumira.

  • Nimwibandanirize umugambimwahawe na Kagame wogutera grenades zica abanyu nokurasa abarundi iconicomushoboyegusa nakonoguturira abantu harihuwungibukijeko navyomubishoboye, ariko gutwara uburundi simwinomwaka 5 twimirije.

  • nyangoma vyara kunaniye wagiye muri ADc ikibiri vyarabananiye uza muri Cop biranka none ga wewe ayo machakubiri yazogushitsa he chanke uwogutora yobameze nkawe . vyamunaniye kuva kera akiri mwiishamba ubu niho yobishobora emwe muramurabeneza ewe Nyangomawe ubu ntabahutu binkoma mashi bakiriho Atariwewe nako kagwi kawe. vinyuma yabo baguhenda uhavye abandi mukubaka igihugu umwana imwaro vyarataye igihe hewe NKurunziza numudemokarasi vyukuri

  • Bwana nkurunziza ntiyemere ashirehamwe nurwo runani kugira abarundi babehomumahoro

  • ABARUNDI NYARUCARI TWARAMAZE GUHIMWA NA POLITIKE YA BANYEPOLTKE.TWE ICODUSABA NUKOMWODUHAMAHORO GUSA,IBISIGAYE MURAGOMBA MUMARANE KUKONUBU NTACOMUTUMARIYE.HABA RETA CANKE ABATAVUGA RUMWENAYO.

  • ABARUNDI NYARUCARI TWARAMAZE GUHIMWA NA POLITIKE YA BANYEPOLTKE.TWE ICODUSABA NUKOMWODUHAMAHORO GUSA,IBISIGAYE MURAGOMBA MUMARANE KUKONUBU NTACOMUTUMARIYE.HABA RETA CANKE ABATAVUGA RUMWENAYO.

  • Ndakurahiye we we nakagwi kawe ushitse ibujumbura ntayinga uzahamara utaraja mwisanduku uja kumpanda, jewe ngira nkubaze niyo we we woba umutegetsi wigihugu hakaba akagwi kabakugwanya uzoca ukoriki? Ntuzo kagwanya? Nawe rero Niko tuzokugwanya amahoro urondera ntayouzobana ubu tuzi kurasa nawe wabitwigishije tuzokwereka

  • MWEBWEMUSHIGIKIYE,UBWOBUTEGETSI,BWABICANYI,IVYANYUBIGI,KUJAHABONA,IMANA,MWAMAMUSHISHIRA,IGOMBA,IBAGARAGAZE,IBEREKANA,NAMAKUNGU,ABIBONE,IZONYAKUZIMU,MWAMAMUTANGUZIMBERE,NGOMURIKOMURASENGA,BIGOMBAVYISHURWE.

  • Ivyisibiraduteranya Kandarubusa,abarundi Tuzokwama Mwibarabara Ntaciza Nakimwe Mbona Muburundi,naho Yoza Yobaje Muvyiwe,nta Pita Nkurunziza Na Leonard Booose Ntaco Batumariye.

  • Mutama Nyangoma Terimbere Muvyo Mukora Vyose Turi Inyuma Yanyu. Nimusamazwe N’izi Mbonerakure, Abasuma, Abambuzi Imihimbiri Yahawe Amafranga Ngo Ije Iratuka Abantu Nkamwe. Twamye Tuvuga Ko Intwaro Nziza Yigisha Abantu Indero Ariko N’uwo Bayoboka Ntayagira Mbe Boyikura He? Na None Ndabatahura Gutwagwa N’umu Epeswa Ntibitangaje Abaha Indero Nkavya Bishegu Banima Muri Sport. Mwe Nimubandanye Integuro Mwihaye Turiteguye Guterera Ico Cose Tuzoba Dushoboye Twirukane Izo Mbwa Zirongowe Nkurunziza. Turabiteze Mu Burundi.

  • Mutama Nyangoma Terimbere Muvyo Mukora Vyose Turi Inyuma Yanyu. Nimusamazwe N’izi Mbonerakure, Abasuma, Abambuzi Imihimbiri Yahawe Amafranga Ngo Ije Iratuka Abantu Nkamwe. Twamye Tuvuga Ko Intwaro Nziza Yigisha Abantu Indero Ariko N’uwo Bayoboka Ntayagira Mbe Boyikura He? Na None Ndabatahura Gutwagwa N’umu Epeswa Ntibitangaje Abaha Indero Nkavya Bishegu Banima Muri Sport. Mwe Nimubandanye Integuro Mwihaye Turiteguye Guterera Ico Cose Tuzoba Dushoboye Twirukane Izo Mbwa Zirongowe Nkurunziza. Turabiteze Mu Burundi.

  • Mutama Nyangoma, Nimuterimbere Nkumuzinga. Mwe Murekana Niyi Mihimbiri Z’imbonerakure Z’inkandagirabitabo Bageramiwe N’imvunja. Iyakaba Basi N’uwo Bayoboka Afise Ico Yabamariye Vyobuze Basi Tukaja Kubacako Amafranga? Ari Babuhendesha Agacupa K’urwarwa Ngo Umutware N’uyo Nibaze Incabwenge Zije Hamwe Tuvugane Ingene Igihugu Cotwagwa Duhindure Uburundi Paradiso. Bayi Bay Yours

  • mbay bubemer murabagabo

  • mbay bubemer murabagabo

  • Jewe Nemera urusenga runyiganze igorikuko ribadyinjiye refari akadyandika ncamenya ko ivyo uvuga ko arivyo.

  • emma
    ewe nyangoma wasaze nonoho rero ngo nkurunziza ngo ntaburenganzira afise bwogutwara uburundi? ngwikiringo ngo caheze samunani? ewe shaa usara wareka nkurunziza aragutwara mpaka kugeza wiyahuye, uzosara nabi tukwice kuko ivyusabira abarundi sivyo.

  • Nyangoma Niyitwarir Igihug Tuve Mukaja Kankurumbi Mbe Nkurumbi Ntabona Ko Abarundi Bamwanka

  • Oya Dany Ahubwo NINARARYUMVISE Inararibonye Ntiyigera Iba Ikirwarudubi

  • ah ha ha ha ha ha ha! ngo uwo mugabo w’uburire agomba gutwara igihugu? uwuramvye azobona! mbega basha ko nama ndamubona muri ako gashati kuva aho atereye umutwe nta mugiraneza yomufasha akamutabaza basi n’ako muri kombo kombo? n’ukuri na ya mahera yacu y’akawa twopfuma tuba turabangiriye mugabo akaronka ico yifubisha. ewe NYAMBWEBWE urambabaje

  • uramenya je nje unumusi mbese yoyo azoba ryari? Mbega nyongoma yibazako abarihanze aricoroshe kubirukana bose mubihugu barimwo

  • Twebwe abarundi bumutima bakunda igihugu cabo turasavye nyangoma nurunani arongoye cenard kuvuga menshi siko kuyamara. Amatwi yimpene yumvira kumbabura kuvuga gusa kwabo bagome bataye igihugu mukaga ntaco bazohanoba so uwudakoze ntamira kandi ntawutsinda urugamba atarwanye kamdi biraronderwa ntivyizana .niyompamvu dusavye ibibikurikira imana ifasha uwifashije hindura umukenyuro ibikorwa vyokwibohora bibe vyinshi amajambo abe make -ereka inyankaburundi zankurunziza kwatagukina kurimwo kohageze kuburundi buva mukaga burimwo nahubundi baracabona kumenga nininde nkimwe bakina ngonamatora yabaye abene gihugu twiyiririwe mudukorwa twacu ubwanyuma gendera impunzi bahunze igihugu batacanse mubereke ko hageze kwigihugu gisubira kikarangwa namahoro numutekano ivyo rwagasore nandadaye bifuriza uburundi hama mubereke naho mugejeje ibikorwa muje imbere abakundigihugu tubajinyuma twubake igihugu cacu gisubire kuba nyabagendwa murakoze.

  • NYAKUBAHWA NYANGOMA NI MUKOMERE KANDI MUGUME KUKIVI HAMA VYANSE YUKWO UYO PETER AKINJURA KUNEZA MUCE MUNYARUTSA MUGU FORMANT IKI REBELI NKUKO MUTIJIJANYIJE IMITIMA MUKUGI FORMANT MURI ZA 93 KANDI ABASORE TURINDIRANYE IGISHIKA GUFATA INKOHO KUGIRA TWIKURE KW’IZOSI URYA MUSUMA W’UMWICANYI PETER TURI INJOJO VIVE CENARED VIVE NYANGOMA VIVE BERNARD BUSOKOZA L’UNION FAIT LA FORCE LA VERITE FINIRA PAR VAINCRE LES USURPATEURS.

  • haribidakunda.mwonyumvira,bazogiriki.abobagabo

  • vyosetwobisabimanakukoniyomuhuza

  • Ico Utarabona Ucerekwa No Kuramba Nitwaramba Tuzobona.

  • Nyakubahwa urongoye urunani cnared nabo murikumwe,nukuri aho abarundi tugze twari twabuze gitabara koresha inguvu mufise musabe n’ibihugu bikomeye bibafashe kugrango munyaruke vuba kudukurako nkurunziza ataratangura umugambi wiwe safisha.ndabifurije guhabuza uburundi.

  • Nyangoma abarundi turagusavye ureke kudusamaza, twibereye mumahoro ayomacakubiri n’intambara wipfuriza abarundi bizobanze murugo rwawe. abarundi ntamahoro ava hanze bashaka iyaba washaka amahoro woyarondereye uri muburundi. uraraba neza ubwo buperezida uharanira ntuhave usanga waharaniye ukuzimu"akataretse kaba gasema"

  • Komerakomera banyakubahwa turinyumayanyu turindiriye ifirimbigusa kugirangotwisubize agateka nakarebaribashimbiyekuvyobatatece urazikonomuriyamyakatwamyetwitaba akamokanyu

  • UMVA MUZEHE NYANGOMA IVYO UFYINA UZOZE UFYINIRA HINA PANA NGAHA MUBURUNDI NIBA WIHIMVYE NGUBIVUGIRE NGAHA UKURE URWO RUNWARUNWA SO BARAGUHENZE.

  • nukur murihend gos ahubw rab ukund mwumvikan kuk kumubgoz biragoy mwavuz vyinsh ntanakimw mukor rek kubesh abarund

  • KOMERA MUTAMA NYANGOMA
    TURAGUSHIGIKIY
    IYO RETA NSHASHA ITINYA IBIBI BAKOZ BAGACA BIHAGIRA UBUTEGETS ,

  • Eregaga izinaniryomuntu ninyangoma arewenyeningoma abarundi bahunze nabarihagatimugihugu turindiranye akayabagu imigabonimigambiyanyu kuvyukuri nimutebuce izintworozinguzaturambiye

  • c’est une parole! que dieu nous guide

  • Abarundi benshi bemeza ko Nyangoma avangura. Ngo kuriwe iyo udakomoka Bururi ngo uba uri ubusa. None uyu niwe wakunga abarundi. Abamutoye ni abaswa muri politique kandi bazicuza.

  • ahubwo naveho yiruka uwo mumenja raba nkubu abanyeshure ntibize neza igihugu ntigitera imbere ahubwo bazokoreshe inguve kugira aveho

  • Yewe Nyangoma urasevye wamugani wa Sherge wokwirandiyo yabanyarwanda isamiranira Washington DC, sha nubewaraza tukabanza tukakugotomera nabomurijumwebose.

  • je ico nobivugaako n’uko boja kumavi bagaseng’Imana ahandiho turaranduka twese

  • Komera Nyakubahwa Nyangoma,ahubwo Nyaruka Turabe Ko Izi Ntwaro Zigikenye Zohinduka Natwe Tukuri Inyuma Ariko Ntuduhemukire Nka Rwasa!!!

  • EGOME CANE FAFA NDABAKENGURUKIYE GOOOSEEEE! KW’IYI COMMENTAIRE YANYU AHO MUKEBUYE NYAKUBAHWA WACU NYANGOMA BARAKWIYE GUTANGURA VYIHUTIGWA KUGENDERA BWANGU IZO MPUNZI ZANGAJWE NA PETER HAMA BAKABAREMESHA HAMA NTAVYO GUFYINA KURYA YAMANYE INGONGA NUBU NYENE AGIRE NKA KURYA MUGUTANGUZA IKI REBELI KUKO NO MUBURUNDI HARIYO IMISORE INJOTO N’INKUMI BAAUZE AYO BACIRA NAYO BAMIRA KUBERA AKAGAGAZO KA PETER DONC, ABO BOSE UWO UBU UYE BAHANZE AMASO NI SON EXCELLENCE NYANGOMA AVEC SON GOUVERNMENT QUI A ETE MIS EN PLACE A ADIS ABEBA TWEHO ABA GENERAUX TURI PRETS SEULEMENT NS ATTENDONS L’ORDRE DE LA PART DE NOS DIRIGEANTS DU CNRED POUR COMMENCER LA BATAILLE DE LA LIBERATION CONTRE LE POUVOIR DE NKURUMBI QUI S’EST AUTOPROCLAME ET QUI A IGNORE LES VOIX DE PEUPLES BURUNDAIS TUZORUGWANA KANDI TUZORUTSINDA

  • NIWABA WARATOWE URAZA UTWARE. UKABA UTATOWE TWEBWE NYENE TUZOKWIYICIRA KUKO URIMBWA URAKENGERA ICO ABANYAGIHUGU BASHIMYE

  • je ndabona ivyo nyakwigendera Gahutu Rémy yavuze bigiye gushika hamwe ako kagabo Nyangoma kobandanya kuba munwa wonka ugutwi wabatutsi nahonyene atari bose aho uca wunva abahima atakindi atakindi barota atari ukwiganzira Afrique de l’est!nkaba nsavye abahutu baryumyeko bazi kahise kabi twaciyemwo,bazi akabi kabatutsi KO boguma bagavye kugira isaha nigera bibaye ngombwa bivune kuko 2015 itandukanye na 65,72,88,93 niyindi myaka myinshi yahaciye kuva bishe umwami Nyamurunga!kubwivyo musabwe kurikanura gusumba kuko hari amakaritiye batanguye kwica abahutu barekera Hama mukamenya KO iyo bavuze imbonerakure ari zina muhutu,ushaka uvyemera udashaka uvyanke kuko "uwutaraburogwa avuga ati nobunya"murakoze

  • Mbega Nyangoma Yosabira ibihano nivyo abenegihugu akavuga ngajekudutwa ? Twaratoye Nkurunziza narindire inyuma yimyaka5. twimike Gwasa

  • hhhahb ukeneye kutwara hhhunigihungucacu carangowe none nkanyangoma yoteza ibere nguyigwamumpuzu imwe nkurangira impene hhu be uribuka 97 igene wahemutze none bakuheze sha urize ut wa rawewe harintara utohonyoramwo twebwe nkabanyagihungubiburundintidukukeneye bekurhbuyoyantiwaliho kutagazehejuru wekurimijoberokowahalhukutabwi abobazungubawenabatutsi barakuhenda ahonuvuruvugisha bekowagiye muribizinesiawe goawarahuze baza uje kumesa canka ubwil eyouni kufashishe akasabuni coka wwwwwwwww>.)kabatutsi

  • Umva Nyangoma Buza Wirekerereza Iyo Ubona Ukwo Nkurunziza Angana Ijunja Nijambo Yo Kumva Ubwo Burofa Bwawe? Uhamagarira Abarundi Mumacakubiri Twarabahinyuye Kandi Twe Abanyagihugu Ntaco Mutwishimikiza Mugihigu Ubutegetsi Kuko Ntanama Mwatugishize Ngo Tubemererf Ko Mudahwa Nkivyo.Twe Urubanza Twarahejeje Kuruca.Gusa Muraza Musaba Ntimuze Musara.Hama Guhimiriza Amakungu Nkuko Nimicuko Ubwira ?Kiretse Intumva Namwe Be Nabigayisha Mukwumva Ijambo Risunitswe Nimpwemu Zanyu Bovyumviriza.Karibu Rero Mugamire Abahe Uburaro Mushire Ivyanyu Umutima Mugihugu Canyu.Mwe Gucanishamwo Abenegihugu.Ivyo Kwivanako Vyo Mutore Chifon Na Acide muhanagure Ko Bidakunda Kuko Amazi Ntiyobihanagura.

  • Noneko Abategetsi Bazofadikanya Kurongora Uburundi Numukuru Wigihugu Petero Nkurunziza Baheruka Kurahira Nyangoma We Abiwe Bazorahira Ryari?Uranguha Intwaro Yawe Twebwe Abarundi Twarayihinyuye Ahubwo Namba Ukeneye Guhunguka Hunguka Uze Tubake Igihugu Nayahandi Abarundi Nibo Batanga Bakongera Bakaka Petero Nkurunziza Yatowe Nabanyagihugu Kuko Bamwiyumvamwo Nawe Uzozane Abagutoye Gusa Uravyitondera Kuko Abarundi Ubu Turafise Amaso Yokubona Ubu Nugusongambere

  • Nyangoma kagame yaramuhenze amukura muburigi in go agiye kumuha igihugu cuburundi namahereze ikomine imwe y,urwanda atwara uburundi ntazafpa abutwaye turazi ko ari igikoresho cy,abatutsi nka twagiramungu nabandi bagambanira igihugu cyabibarutse

  • kweli mze Nyangoma tunakungoja fanya uje na Mungu wa burundi na warundi akuwe pamoja nawe na akutangulie.

  • Nyangoma:Twagiramungu. Inda nini no guhakirizwa kubatutsi nibyo bibaranga. twese tuzi opposition i Burundi ko igizwe na Rwasa . uwo Nyangoma , Pacifique, Vital, Sinduhije hari abantu bagira??? Ni ukumoka gusa bashaka ibibanza batagira numuntu ubashyigikiye...Gusa barabeshya abarundi barabahinyuye..

  • Nyangoma ubu niwe Kisekedi muburundi!!
    Igihe kabila atsinda amatora yari yiyemeye ngo nawe arashyiraho Gouvernement ye!! Iyo niyo politique Nyangoma ari gukina. Njye byaranshimishije kubona abiyita opposition bamutora kuko bizatuma Nkurunziza wacu arya izindi mandats nka 3.. Usibye kuba umuhemu ugendera kuturere kuko we akunda abanya bururi gusa Nyangoma c’est un Mal voyant politique.

  • nonekowavuzeko mandayiwe ihera kwigenekerezory26 hakabaharenze ntimuca mubonakomwasanze yisunze amategeko?

  • Nyangoma wewe womarira iki u Burundi;wewe bandanya kurongora nako Gushurashura ntakindi uzi uzobandanya kuba umunyabwenge buke kugeza ryari? abo mwicaranye bitwa ngo ntibaharanira ibyicyaro bya Politike ariko nibo bagumuriye abantu mu mihanda,abadashaka ibyicaro bya politike baha abantu inkoho ngo barase? imyaka mirongo hategeka agatumba kamwe nawe ngo urashaka...............Nyangoma we abo ba Pacifique ntaco bazakumarira nimubandanye mumokere hanze,nimuza kuneza turabiteguye tuzobakira , nimuza munabi nahonyene turacari muri rwa runani rwo guhasha uwariwe wese yoza ahungabanya umutekano w’abarundi nu Burundi.Nimuza muje gutera amashurwe tuzoyavomerera,naho nimuza muje gutera intambara tuzabanyuza aho twanyujije abateye mu cibitoke.Lisemwaro lipo kama halipo liko njiani,wibuke ivyo umuhisi Gahutu Remy yavuze utarizi wewe Nyagoma urimbaze ndikubwire.Nyirimbugita nuyifashe ikirindi ushaka guhangana nuri munzu uguma munzu ariko urinze usohoka uba watsinzwe,bandanya kwurira abo banyarwandakazi ba Kagame hanyuma bazagutsindagire mu musarani nico gihembo utegereje kandi vuba.

  • Ivyo ndabishima kuko biratahuritse kandi dukeneye amahoro,umutekano,iterambere mu gihugu no mu banyagihugu.

  • Uyu nyajavyi ariwe nyangoma vyaramuyobeye, yamaze kuba ikigwarudubi. Yagurishihe Uburundi atabubamwo atanububasha abufisemwo none asanze abarundi barajijutse arabuze ayo acira n’ayo amira. Nateshwe ate ico kivume

  • Nyangoma yohenda abana b’Urwaruka barutse vuba batazi ubuhemu bwiwe.Kandi abantu bose boba baraciye mubuhungiro bose baramuzi.Nyangoma n’Umwicanyi mubi kandi ubwiwe ntibimutera isoni kugurisha abiwe no kurobanura abarundi kubw’intara.Nyangoma n’umwicanyi w’imburabwenge.Muzobigendeze murabe ko adata murudubi abo barikumwe bose.Nyangoma!!!!haa!

  • Mbega Mwa Biburabwenge Mwe Aribo Bahutu Mutabona Igihe Aho Kigeze Muzokwama Muri Bigugu

  • GIRA ICO MUKOZE KUMWEBABANTU BAVA MUR EGIPUTA TWAPFA NARIDYA UBUHO NGO N,UGONGORA INJAVYI..,;

  • Nah bavuga ngo intibagira ntibana biragoy kwibagira uwagucumise umuhunda kukireng akubona ngo nuko urumuhutu rero muburundi ntamahoro azoboneka mugih abatutsi badasavy imbabazi kumab bakoz kuva 65 gushika2003 kand turazk basubiy kubutegetsi bobsubira

  • Nyangoma weeee!Gerageza uze uraba iyo uburundi bwavuye n’iyo bugeze igihe c’intambara caraheze tugiye kugufatira amasengesho y’imisi 3 twisonzesheje gutyo Imana ihindure umutima n’ivyiyumviro vyogusambura uburundi mufise wewe turakuzi muri 1995-1997 muri congo aho washaka gutwara igisoda n’umugambwe wibazako twibagiye?Umukuru w’igihugu yaratowe n’abarundi isinzi yararahiye vyaraheze.

  • Murantunga! wigize ngo uzubwenge usanga ari ubujuju. nyangoma, nikijuju nticoreka kumva imigambi mibi yawe. mwe na cenared yawe twarira hiyo ino ighugu gifise abategetsi eka vyose mutege ico tuzobasaba.

  • iyi reta iraduhanze narekure abandi batware.

  • Yoreka Gutwara Vyoba Vyiza Cane Kurush Kuko Nabandi Bazotwara Bazogira Uko Ntibubahirize Ibwibwirizwa Shingiro Bakoreshe Inguvu

  • emwe IMANA ifise gukora ivyo igomba kuko uburundi sikibuga cintambara ahubwo numugwa wera deee IMANA yukuri yitoreye none ayo masengesho turimwo mugira ngo nayubusa? ikimbabazs nuko mutavuga izina ryimanaYEHOVA hamwe NUMWANA WAYO Yesu none ivyo mutabivuga ayo masengesho mazike?canke muyatura mason!!!?

  • Nyangoma ni umupfapfa. None azarwanya Nkurunziza
    ari i Buraya??? Usibye guhakirizwa kuntagondwa z’abatutsi ntakindi ashoboye!! Gusa Nkurunziza azatwarz izindi Mandat 2. Nyuma ahereza umupira Rwasa. Naho abo ba Nyangoma batagira umunyagihugu ubari inyuma bazopfira mumahanga bangara. Ubu batunzwe na twa CPAS (udufaranga abazungu baha ibimuga) Nibakenyere bumvirize ubuhunzi naho Peter we abanyagihugu bamuri inyuma.

  • Mana tabara abana bawe muburundi.abanyepolitik ko muduhend tukagw mumiteg yanyu kand bitar bituberey!abarundi nimushirubwoba museng UHORAHO gusa kuk niw acinzira ahatagirinzira kand niy vyoshik tugapf dupfir mubiganz vyayo.korera Imana gusa Yo izobahemba arik ntimwizer abisi.

  • Mbega nyango ibiharuro vyiwe bimezegute?mbega yibagiye kotuzi akahise,kiwe arongoye senidede agafata abagwanyi akicisha bagahonera kurugamba kubwinyungu ziwe uburero yarose umutima wogunda abarundi? yanguha abanyeporike ivyanyu birazwi turazi komuharanira inda zanyu mugatangura guhenda abaru ngomurabakunda kumbe mugomba bashitse heza ariko wewe abarundi beshi turakuzi atari kudutamukaga ntaciza kiriwawe humura ureke kwishusa umutwe guko abarundi twarahaze intambara nakajagari guko ubudufise umwanya wogukoresa amaboko namwe mwahawe nintambara nimwayitangu ntimuzi komuzoyirangiza mubaze umutima kugira ntimuzosigare ngo iyo nkamenya .murakoze nahanura sinategeka ndumwe mubarundi bakunda uburundi na barundi imana ibane namwe murakoze.

  • None,ugworunani,CNRDE.Ruzokora Iki?

  • mbega imvugo yahavany ijana ningiro nkuko mwabivuz?tumer iki turek iki?

  • None ga yemw ngurwo runani ruzodufashik twebw abanyagihugu?nyangoma ntiwishing abaguhenda kk bamenyerey batwara aruko bahirits ubutegetsi uzobibafasha ham muhejej naw bakwikure kwizosi kand mumenye Iyo mwijuru izobibabaza

  • Aba DD vyabananiye kuducanishamwo.Babonye ko twabahinyuye none baciye baja mumasengesho atagira ibikorwa!Kwiba mandat ugasaba Imana ngwigushigikire.Nsindota mpohotera uwo tudasangiye ubwoko canke ivyiyumviro,ahubwo nzobanyegeza,wewe turikumwe ntuzombuza!

  • Nyangoma Ntavyiwe Kuko Ntabwoba Aduteye Twebwe Abarundi Bose Hamwe Na Petero Nkurunziza Turashoboye Nyangoma Numwana Muto Kuko Ntaco Yokora Ataramajambo Gusa

  • Ndi umunyarwanda ariko NYANGOMA wagira ngo ibibazo by’abarundi cyangwa abanyarwanda nta amasomo yakuyemo. Yishakira UBUTEGETSI kandi ntabwo azoronka. Arishinga KAGAME..ayiwe... twebwe hano mu RWANDA kubera ubwicanyi KAGOME akorera abanyagihugu twarinumiye kubera yuko ashigikiywe n’ABANYAMEREIKA N’ABONGEREZA. NYANGOMA azahasiga AGATWE nkuko ABARUNDI mukunze kubivuga KAGAME ari kumukoresha ariko ejo azamukindagura nkuko asigaye yica ABATUTSI baturutse i BUGANDA kandi baramug¡fashije kugera ku BUTEGETSI.
    NYANGOMA we KAGOME nyacyo mupfana icyo muhuriyeho mugabo ni UGUSENYA U BURUNDI uzamubera IKIRARO ariko nyuma yaho ntuzamenya uburyo AZAKWICA..NGO agapfa kaburiwe n’impongo niko tuvuga abanyarwanda.
    KAGOME ni IKIHEBE yicishije ABTUTSI BENE WABO yishakira UBUTEGETSI
    NYANGOMA niba akunda abarundi azabaze KAGOME urupfu rwa NTARYAMIRA.... wapfiriye i RWANDA????

  • inyuma y’irijambo urunani cenard ruriko rukora iki?nshaka kumenya imigambi yarwo yavuba kuko nkunziza akakimarako umwaka azoba yashinze imizi

  • MUTAMA BIRAKUGOYE NKUKO VYAKUGOYD HACIYE IMYAKAMIKE DUTANGUYE URUGAMBA RWOKURENGANURA ABANYAGIHUGU MUNZIRA BARI BAHISEMWO YOKWITORERA UMUKURUWIGIHUGU BABUZE BATANSE ARIKO NAHOWADUHEMUKIYE BUDAKEYENAKABIRI HABONETSE ABAGABO BUKURI NIJAMBO HABONE KANABENEGIHU ISINZI BABARINYUMA MUKUBAHUNDAMAJWI 2005_2010_2015NIWIHANGANERERO NIWEWAKIKOREYE MUKUTUZANAMWO AMACAKUBIRIYINTARA ARIKONTIRARENGA HINDUKIRANKA RWASA AGATON UHAMVYEBAGENZIBAWE KANDI NDAZIKOBAGUKUNDA NKAMBERE URUGAMBARUREMYE KANDI UNYIHANGANIRE NAVUZEMESHI UYAZIRIKANE MUTAMA NUKONZI ICOWAMAZE NAHOWATAYE INTUMBERO NTIRIRARENGA GARUKA.

  • zana urwo rutaro rugosore kuko abarundi twashishwe

  • yemwe naravutse ngo nze mbone.nyangodo temba haragez iyo havuga n’abandi.

  • EMWE TURAGEZE MURI VYABIHE VYIHEREZO BARUNDI NIMUZE DUSHIREHAMWE DUSENGERE ABARUNDI MWABANYE PORITIKE MUMENYEKO IMANA ARIYO YABAREMYE EJO IBAHAMAGARA UMWEWESE ARENGUKANE IVYOYAKOZE REKA GARUKA MWUBAKE IGIHUGU NIHO MUZOBA MUGAMBURUKIYE IMANA NAYO AHANDIHO IZOBAMARAMAZA KUMUSI WANYUMA TURABAZWA REKA ABANA BAKURIRE MUMAHORO REKA GUTABAGURA UBURUNDI NABARUNDI REKA GUPYA AKAMANYU KUMUTSIMA NIMWIHATIRE KUVYIJURU MUREKE GUPYA IVYISI KANDI ARIYO IZOTUMIRA NIMWUMVE MUDUHE AMAHORO,

  • Mbega homuvuga Nyangoma ngo nikijuju ahubwo ibijuju ntavyo mutahura.ibijuju nabahonyanga amategeko yigihugu,nabirirwa baranwa amaraso yabenigihugu ijoronurango, ni mugezaho mwa bamejamwe mwirirwa mugandarura izonzirakarengane,ndababwire mutikebutse gomureke gutorana umutima wakaini umuvumo wavumwe kayini niwuzobazako, nubwo muzokwisozesha nukwikebagu mukabikora, ntahizobumva mwibazaga gw,Imana rwihuye namwe? none cobigihugu kirimwo abasega bazikwisonzesha, misi mikeya hakaba hapfuye abantu 103 nimireke guhenda abantu ngo mutegura i bikorane ngomuseng,Imana.ntawusenga yifuza kumara ubwoko bw,Imana murindire yoyo ntiyuba ninzoya izobakubitintahe mugahanga.

  • KOMERA KWIBANGA KUKO NATWE ABARUNDI TUBARI INYUMA, ARIKO MUSHIREMWO INGUVU KUKO MUGATEBA AZO GUMA KUNGOMA

  • Uwo mutipe nyangoma,niyemere atwagwe muband. Ataraho naho niyisinye ico ashaka. Mugabo niyaza arwana mbaye ndamuhebuza,ntaco azoshikako. Nyangoma,reka ndagusengere uhumuke ubone iyo ugomba uje.

  • IVYIYUMVIR0 VYA LEONARD NYANG0MA,VYARIVYIZA MUGA NUK0 AHENDABANTU MUGUGUSHIKIRIZA IVYIYUMVIR0 ABISHIKIRIZA ARI MUKINYEGER0 AH0Y0JE AKABISHIKIRIZA ARIKUMWE NABARUNDI.N0NE AVUGIRA MUKINYEGER0 MUGUHENDABARUNDI NG0BARIKUMWE,NAWE NUMURYANG0 WIWE WIBEREYE MUMAHANGA.NAREKEGUHENDABARUNDI.

  • Ndi Aimless Kenya.Ariko bohagarika imfashanyo ishikira muri reta bigashoboka ko hasigara izishikira mubanyagihugu?ko reta ariyo yemerakovyinjira mugihugu!Mbega niyoyanka kuvakubutegetsi muzomukurakunguvu?Murarabe ntihagire ivyononekara mugihugu ngo muwiyakirize.Naje narahunze kubwukwiha amahoro.

  • Ndi Aimless Kenya.Ariko bohagarika imfashanyo ishikira muri reta bigashoboka ko hasigara izishikira mubanyagihugu?ko reta ariyo yemerakovyinjira mugihugu!Mbega niyoyanka kuvakubutegetsi muzomukurakunguvu?Murarabe ntihagire ivyononekara mugihugu ngo muwiyakirize.Naje narahunze kubwukwiha amahoro.

  • None Petero Nkurunziza Yanse Kuva Kubutegetsi Harinkwirizimbi Zoshikira Abarundi Nuburundi ? .

  • Naz Muburundi Abivugireho Ntateranye Abarundi Ari Hanz

  • Jew nkumurundi nipfuza ko hoba ibiganiro mumpande zose zigize igihugu cacu kandi bikabera mugihugu cacu atamunyamahanga atuvanze kuko bobo bashaka inyungu zabo gusa!

  • Ewe Burundi warabaye urubuga rw’izo ntakebwa !Nyangoma akija mwishamba yavuga ko agite guhabuza abahutu mukumara abatutsi,ntibitevye nkurunziza amusangayo ngo agiye kumufasha,baca bacanamwo hadaheze na kabiri.nkurunziza ahabwa igihugu kumasezerano ,aca akigira akibare azosiga araze kakajuju kiwe kihindura ingwe.Nguyo abarundi arabamaze ataravye ubwoko.None nyangoma nawe anigana avuga ati reka ndagukorere mungata mukumara abasigaye.Bose nibamwe ico bize ni kimwe bigira mwishamba nawenyene ahashitse azogira uko kwa mugenziwe.

  • Ewe Burundi warabaye urubuga rw’izo ntakebwa !Nyangoma akija mwishamba yavuga ko agite guhabuza abahutu mukumara abatutsi,ntibitevye nkurunziza amusangayo ngo agiye kumufasha,baca bacanamwo hadaheze na kabiri.nkurunziza ahabwa igihugu kumasezerano ,aca akigira akibare azosiga araze kakajuju kiwe kihindura ingwe.Nguyo abarundi arabamaze ataravye ubwoko.None nyangoma nawe anigana avuga ati reka ndagukorere mungata mukumara abasigaye.Bose nibamwe ico bize ni kimwe bigira mwishamba nawenyene ahashitse azogira uko kwa mugenziwe.

  • NYANGOMA MUBURUNDI NTAGACIRO AGIFISE CNARED NAGUME AYIKOREYE NKIGIKANGANYONI

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.