Accueil > Amakuru > Poritike > CNARED: ’’Reta y’Uburundi ntiyigeze ishaka ibiganiro’’
CNARED: ’’Reta y’Uburundi ntiyigeze ishaka ibiganiro’’
mardi 5 Nzero 2016
Inama y’igihugu yishinze gukingira amasezerano ya Arusha n’ibwirizwa nshingiro CNARED imenyesha ko kuba Reta yavuze ko itazokwitaba ibiganiro bidatangaje kuko itigeze na rimwe ishaka ibiganiro.
Umuvugizi wa Jeremie Minani yabwiye iradiyo y’abongereza BBC ko ivyo Reta ivuga ko hari ivyo batumvikanye i Entebbe kuwa 28 Kigarama 2015 ari ikinyoma,kuko Reta yoyo yizeye guheza abatavuga rumwe nayo.
Jeremie Minani yavuze ko mu biganiro impande ziganira atarizo zitora abo bicarana ariko ko ari umuhuza amenya abo ahuza.Yavuze neza ko impande ziharira ari uruhande rw’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza na CNARED.
Umuvugizi wa CNARED yavuze ko ibibazo vyibonekeje i Entebbe atari vyo vyotuma bareka kwitaba ibiganiro.
IGIHE
Messages
5 Nzero 2016, 22:54, par GEDEON
LETA YU BURUNDI IRAKWIYE KWIFATA RUGABO IKEREKANA AHO IHAGAZE KANDI IKONGERA IKITABA IBIGANIRO IBA YATUMIWEMWO
6 Nzero 2016, 00:27, par None?
Ntahovyabaye Minani aho abantu bashatse gutembagaza reta bikabatakuwamazi bahindukira bakaja mubiganiro vyamahoro batabanje guca imbereyubutungane, rekandagusabe uhambarire ahovyabaye.
6 Nzero 2016, 09:11, par Burundi Bw’ejo
Ewe Nditije Shaa!Mbe Bazi Ko Mutama Rwasa Muri 2010 ho bamurusha ubwenge turetse ko bamuhenz gatoya akaba ubu naho atamukenyuro bamurusha!
6 Nzero 2016, 09:47, par jackson
iyo nama yigihugu cububirigi twebwe abarundi ntayo dushigikiye.
6 Nzero 2016, 14:20, par BONA
NAKAMARAMAZA KUBATEGETSI BUBURUNDI NUKURI BO BIBAZA KO BAZO TWARA VYANSE BIKUNZE KANDI BAZI KO BIHARIJE AMATORA ABANDI BATARIMWO
6 Nzero 2016, 14:20, par BONA
NAKAMARAMAZA KUBATEGETSI BUBURUNDI NUKURI BO BIBAZA KO BAZO TWARA VYANSE BIKUNZE KANDI BAZI KO BIHARIJE AMATORA ABANDI BATARIMWO
7 Nzero 2016, 00:34, par kamaro
oya ubu muremerako hariho reta, e nibindi muzovyemaratu. nimumaramarire hiyo, ayo mahera yaBAZUNGU mwariye hama mukemerubuki mutegeka muzoyasibizab ivyinyo biregarega!! kirimwobagabosha. izonyaga mwashizimbere zizobahumira, ubu ntimukeronka ivyo mukamisha mwarahinyutse......
7 Nzero 2016, 08:29, par aman
mwese ni inda zanyu gusa basha atanyungu zabanyagihugu mbonye ngaho.
10 Nzero 2016, 01:21, par Saidi Nduwumukiza
Jewe Simbona Ingene Leta Ya Nkurunziza Iguma Ihendwahendwa Kuja Mubiganiro!Icambere Barikuntwaro Batabirekuriwe!Nyimba Kwisi Hari Abaharanira Agateka Kazina Muntu Nibakore Kuko Abapfa Bo Baguma Bapfa!Numwana Wamuhendahenze Akanka Uramutabira Akarira Arize Kandi Umutabiye Ararira Hanyuma Agahora!