Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CNARED : Umurwi mushasha w’uburongozi ugizwe n’abagera ku ndwi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > CNARED : Umurwi mushasha w’uburongozi ugizwe n’abagera ku ndwi

CNARED : Umurwi mushasha w’uburongozi ugizwe n’abagera ku ndwi

samedi 27 Ruhuhuma 2016, par egide

Imirwi (commission) y’uburongozi bwa CNARED yakuwe kuri 12 ishirwa ku ndwi. Iyo mirwi igizwe n’aba bakurikira :

SINDUHIJE Alexis ajejwe umutekano

MINANI Jean ajejwe ibiganiro

BUSOKOZA Bernard ajejwe poritike

KABURANIRWA Emmanuel ajejwe ivy’ubutunzi

RUFYIKIRI Gervais ajejwe ivy’imigenderanire (Diplomatie)

MINANI Jérémie ajejwe ivy’ukumenyesha amakuru

NDENZAKO Aline ajejwe ivy’agateka ka zina muntu

IGIHE

Messages

  • KOMERE BATAMA.Imana ibaje imbere mu migambi yanyu.natwe turinyuma yanyu

  • ntaco vyica uretseko kuganira na letat yibujumbura bigoye.

  • Avec un terroriste comme Sinduhije.!!!! Umuntu uyoboye ibyihebe bitera grenade mumasoko, utubari,.....CNAREC upfuye nabi.

  • Ewe minani jean uratey akagongwe ub’iyowicaranye na busokoza wiyumvagute ariwe yish’incutiyawe Ndadaye ubwenge bwakujanye nukuri nyaragas uzemuri cndd fdd usabimbabazi bazozikugirira ureke gut umutwe wirirwa wimaramaz imbere yuruvyaro rwawe.

  • Muraraba neza ntimwishinge ivyokugabangana ivyicaro ikiraje ishinga abarundi nuko nkuko twabizeye kandi akaba arimwe abarundi Bose duhanzamaso mugire vuba mudutabare ivyovyibibanza muzobijemwo hanyuma ubu nuko uwariwewese afise icaterera yogiterera kuko senarede nurunani ruhurikiwemwo nabanyagihugu isinzi kandi tubasaba kuguma mufatanye munda kuko mwarumvise ko nkurunziza yatanguye umugambi wiwe wogushaka kubacamwo imirwi murarabe ntimuhave mukomera umwasi mucoze ikindi mwumvishe ko nkurunziza yase ibiganiro kandi akaba abandanya kwica abarundi turindiriye ko mudutangariza ingingo ruhasha mugiye gufata kugira mudukureko nkurunziza nakarwi kiwe turabatakambiye nimureke kuguma musamazwa nibiganiro kuko nkurunziza ntavyo ashaka koooomera senarede turagushigikiye imigambi yawe irarashe kandi iratomoye arusha muyirwanire kushika kuwanyuma

  • Emwe ba sindumuja murahangayikisha imitima aho ndaziko mubuze amahoro akanyu keguye ahubwo nduwubahanura mwosaba hakirikare ikigogwe mutama nyakubahwa president Peter Nkurunziza kuko nawe numuvyeyi.nabo mwahora musunikira mwibarabara bahinyuye.

  • VYARABANANIYE,NIBABURE,KWISHIKANA,BAGASABIKIGONGWE,NAYAHANDI,(GAHINI,WE,VYALAGENDEKA,)

  • CNARED SINDUMUJA OYEEE! HEWE NABADO HAZOSIGARUMWE GUSA ICOZI NUKO UNOMUSI MURIYO CNARED YANYU MUZAKURARANA AGAHINDA KESHI

  • sinduhije Alexis yoba uwujejwe umutekano gute ,kandi nawe nyene atamutekano afise Yamye aganyira kwiradio yabanyamahanga ngo yabuze ayo acira nayo amira , ngo yabuze ijambo yababwira abantu biwe bafashe ibirwanisho kugira bahagarike kuko baneshejwe... Hama akidogera cane SAMANTHA POWER ko yamutaye mumutego ngo iyaba bohura imbonankubone akamubarira ko yamugurishije kubicanyi no kuramukanya na mashetani. None umuntu Yokwibaza babonanye azoca amutera grenade? Sije nohahera hohera SIndumuja

  • Sinduhije ajejwe umutekano canke kuwuhungabanya!!!! Ntarakeza guhenda abana b’Abarundi ngo ni bite kurisongoye?
    Mbega iyo umuntu nkuwo akora ivyo aba yiyumvira iki mu mutwe iwe?

    Ugwaruka , ze murava inyuma y’ababajana mu nzira zidashika kuko we yiraramiye i Buraya mugabo nimwe muriko murapfa nabi.

  • Murabuze ibwa ni bwebwe aho ntimurabona yuko nkurunziza yabananiye .uyo mugambi muni mufise mwowureka nayo ahandi akataretse kabagasema

  • Mugiye mwahinyuka none Nyangoma na Pankrance mubans’ iki? Nuko arabahutu? Canoe Niko Arabs cdd? Canke nukobakuwekwibihano? Ariko murimaramaje kweri mucous kurongogwa name terrorist imweigwanywa kwisi hosi ahonihomugiye mwihumira rero ahogrenade izoturikira nukuhugara kurya bagira iburaya nabahobosi bagaca bakugwaho muzorabe komuzoca numutaru

  • MURABA NAMWE NTAZOBE YARABAROZE NAMWE MUGAHAVA MWICAMWIBICE NDUMU F.N.L WA RWASA NDABIBABWIYE MUZORINSUZAKO

  • Mbega Uwo Munywarumogi Sinduhije Niw Yoraba Ivy’umutekano?Nyangoma,Minani,Ntibantunganya,eka N’abandi,n’ubu Ntirabona Kw’abatutsi Babahenze Mugahemukira Abahutu Benewanyu?Murambabaza.Amashure Mwize Yabapfuyekubusa,kahise Ntaco Kabigishije!

  • nibabe barayerera amaherezo y’inzira ni mu nzu! qu’est-ce qu’ils vont profiter dans cette coquille vide CNARED? mbe ni umukenyuro mushasha batoye? erega même les blancs ont deja compris leur malignité. Ariko "igito gitabw’iwabo".

  • wewe,wita.jimi,ushigiye.abiyita.sinduja.nabaja.baragapfa.bafoye.usigikiye.umupfu.acntubatera.agerenade.mwisoko.ivyihebe.erekayi.muzohera.nkimfu,yimizira.

  • wewe,wita.jimi,ushigiye.abiyita.sinduja.nabaja.baragapfa.bafoye.usigikiye.umupfu.acntubatera.agerenade.mwisoko.ivyihebe.erekayi.muzohera.nkimfu,yimizira.

  • Mugiye mwahinyuka none Nyangoma na Pankrance mubans’ iki? Nuko arabahutu? Canoe Niko Arabs cdd? Canke nukobakuwekwibihano? Ariko murimaramaje kweri mucous kurongogwa name terrorist imweigwanywa kwisi hosi ahonihomugiye mwihumira rero ahogrenade izoturikira nukuhugara kurya bagira iburaya nabahobosi bagaca bakugwaho muzorabe komuzoca numutaru

  • Alexi Sinduhije Ahontumaramara?Ngoujejweumutekano!Nabanababandimwaroshemwi barabara mubaha;ibiyayuramutwe nonubuatacubapfasha!!!Bapfuyebayererankabanabinyoni!!!!

  • MURAKWIRIYE KUMENWA IMITWE BAKAZANIRANYA NUBUDUMBIDUMBI BWANYU NGO NUBUTEGETSI.KO MUGUMA MUMWOBO NTIMWOZA MUKABIPANGIRA IBUJURA TUKARABA!BWATORANYE ARUBUTSI BUTAGIRA IJOMBOGUSA NGO NUBUBURONGOZI,UMUTUTSI WUKURI NIJAMBO YARARINZE KANDI NGWIYO INGWE IVYOYE IVYINA HARAGERA AHO IBIKONGA IVYIRUTSE BIBA IYABU IBIRINZE BIBA INGWE.ABATUTSI MWARAHINYUTSE IVYO MWAKOREYE MUMPISHO MWICA ABAHUTU IMANA YARABIBONYE MWAHENZE AMAKUNGU NTIMWAHENZE IMANA NONEHO GUMEHAMWE UBWATSI BURAKURA BUKA BISA UBUNDI.

  • ahubwo nyangoma nawe ashinge CNARED2 yiwe.
    ariko umuntu nka alexis sinduhije agiye muri gouvernema ni nko kugira kagame muri gouvernema yuburundi.
    BAGIZE COUP D’ETAT CONTRE NYANGOMA BARIMUMAHANGA,BAHAKIJE COUP D’ETA NKURUNZIZA ,NGO UBU NAHO UBASHIRE MURI GOUVERNMENT!!
    NIMUGANIRE ARIKO SINDUHIJE NA BUSOKOZA NIBAHERERE HANZE

  • Mperutse guhwana na shetani Alexis Sinduhije haciye indwi 2 muri train Bruxelles-Midi ija Namur, naramuravye ndaba hirya kugira ntandura umukoshi. Yarabaye umuhimbiri. Apfuye ayerera nka Gahindi. Uwo ngo niwe ajejwe umutekano. Mbega ni umutekano wa hehe?

  • CNAREC (Coalition National Rwandaise Pour Recoloniser les Bantus)!!! Ni Inyangarwanda-Burundi Kagame wayishinze muri gahunda ya Tutsi-empire

  • Uragowe Nyagoma uzohora utangura ikivi wahweje kurima nugutera hakibur’ andi. Ndiwe ndaca ndigira kwibera Pastor canke nkaza kwigisha ibimuga imyuga kukoufise ikizyo can political

  • Uwo mukenyuro niwo kabisa,nkurumbi yari yabahejeje mugabo mwamubonye bugica!!!yikuje imitahe kuri ba NYANGOMA naba PANCRACE kugira ngo ba SINDUHIJE ntibitabe ibiganiro,ewe nkurumbi wewe ntabwenge usumvya abantu bize mumakungu,wewe wize EPS nogutera amavoka,komera kumuheto CNARED nkurumbi agurutse tumutegerere hasi impande zose tumwugare aciye mukuzimu tumutume inkuba.

  • Muhindu Mureke Abo Mukuyemwo Sabana; Ariko Ahonibereye Mbona Abahutu N’abatutsi Basangirira Kumeza Imwe

  • Muri indembe mukwiye ibitaro pe!!! Ubu se gutuka abatabakuye koko??!!!

  • CNAREC Nyakuri. Biroyani ukwishakira imirimo. Ejo muzumva abo bose bitahiye i Bujumbura!! Ubuhunzi buraryana. Gusa mugabo barabeshya ntabwo bose abarundi bakwemera izo gasiya zirwa zibateramo grenade.

  • EMW,KUBERA SON EXCELLENCE ARI UMUNYEMBABAZI,YOBASENGERA IVYO BIDAYIMONI BIKAVA MUBAGIZ CNARED KUKO VYABABURIYE?GUSHIKAHO BAGIRA N’ABANYWARUMOGI ABAJJWE UMUTEKANO?NYANGOMA W,IHANGAN BARAKWERETS KWATACUMAZ!MUTAMA WACU,IGUMIRE KW’IVORA AB’I MBIRIZI TUKURI INYUMA OK IMANA NIYO NKURU

  • @Basomyi mwese. Mwe mwese ubu ntimumaze kubona ko icyitwa opposition kitabaho ko ari abanyepolitike birwa bayerera n’inda zabo gusa... ubu noneho CNAREC ngo yashinze intumwa ya shitani umutekano(Sinduhije). Baragiye babeshya abarundi barahunga none izo mpunzi zirwa zanitse amenyo mu Rda. Zagombye kureba abanyamurenge bashyutswe imyaka bamaze mu Rwanda (25!!!).Namwe barundi nimukenyere imyaka irabategereje.

  • @Falcon (igishushumbwa). Komeza wanike amenyo iyo za Mahama mukambi mu Rwanda. Ubwo umaze guhaga SOSOMA n’impengeri.

  • Mbe Mumbonera Muri Iyo Murwi Bubahirije Igitsina Nubwoko?

  • None bazoguma bahindura gushika ryari?

  • Emweee Mukuri Mutabesha Sinduhije Ngo Niwe Ajejwe Umutekano ? Niwe Acungera Umutekano Murwanda? Canke Numusoda Canke Numuporisi? Ubu Twovuga Kariwe Acungera Umutekano Wimqunzi ? Biratangaje Kweri Muzosigara Muririra Umwanya Mwataye Ngo Mukina Polituque Honyene Amakungu Yamaze Bubakurako Amaboko, Icibagiwe Co Nabanyagihugu Mwahekuye Ubu Hasigaye Ko Mwishikana Cake Mwiyahure . Ndabatwenze Kubona Muhindukana Hasigaye Komurasana Mwabwe Nyene Nkakumwe Nyangoma Yarasa Abasoda Biwe Ngo Nuko Badasangiyintara .

  • Ariko Mwatirwa Nabande? Ko Abarongozi Naho Yoba Nyumba Kumi Bamwatira! None Namwe Ibirori Bibera Hehe??

  • 3 Mandat,

    *Barundi barundikazi, rwaruka nagira mbaze mpoze imbere ya vbyose imiryango yabo bose babuze ababo bitewe nico kiringo ca gatatu ca Nkurunziza.

    *kubijanye nico kiringo cagatatu nyene kidahuye namasezerano ya arusha, twese tuzi ko kandi twarabonye yuko abari kurubuga rwa politike bigenza benshi dukunda kunva bahungiye hanze yuburundi, abo twarabonyeko ari ukwironderera akazi baguma biruka inyuma yibinyamakuru namaradiyo ngo biracitse Nkurunziz ariko ategura umugambi wokwica abatutsi nabahutu batemera ico kiringo kiwe cagatatu.

    *Aha nagira abo banyepolitike babwire ico bakoze kugirango uwo mugambi mubi ntuzoje mungiro, kuko bari basomambike na Nkurunziza bari abashikiranganji, abaserukira uburundi mumakungu, ibisongerezi mugisirikare n’igipolisi, mu ncamake Nukuvugako badakunda igihugu c’uburundi kuko umugambi ntiwateguwe muri arya mezi urwaruka rwagiye kwiyamiriza ikiringo cagatatu ca Nkurunziza Numugambi wari warateguwe kuva kera nkabari mumurwi nonoka wa cndd fdd barabizi.

    *Urunani Cnared benshi bari kwisonga ryugo runani bari bazi ibiri ko biraterwuwa ;
    -None nikuki bagiye kuvuga aruko barangije ubuzi canke bakuwe mumabanga bari bashizwe ?

    -Nikuki batagize batanga imihoho bereka abarundi namakungu ibyari ko birategurwa ico gihe? Kuko iyo babikora inganda ntizari gutikira.

    *Muri kahise abo tuvuga kandi nibo bafashije Nkurunziza mugushira mwibuye u wahoze arongora umugambwe Cndd Fdd Hon. Hussein Radjabu, ubu harimwo bamwe basigaye bamuyoboka kuko baburiwe canke bibazako ashobora kubashikana kuvyo bashaka mugabo nibazako abazi kandi nkuko yavyivugiye muri kahise ko « ntihica ubwoko hica intwaro mbi ».

    *Nagira bwire abarundi ko Cnared itazozanira abarundi amahoro kuko beshi mubayigize basavye ubuhungiro bakoreshwa nabazungu, kandi nomugihugu hagati batabemera, Hari nabandi twagira duhanure bakorera mukinyegero nka ba Ndayisenga Felix, Telesphore ayoboka umugambwe cndd nq Nyangoma birirwa muma nama bagirira za Ventem, Anvers, yogucanishamwo abarundi bari mumashirahamwe, ayo manama akaba ajamwo abahutu gusa, amakuru dufise nuko ubu uwahoze arongoye igihugu c’ uburundi bruxelles uyu Ndayisenga Felix, na Telesphore wo muri Cndd Nyangoma, Anicet batazira Nyabusorongo bajejwe gusekera urwaruka rwa batutsi n’a bahutu bari muri Msd bari kwisonga ryabashaka ko Msd yokwitwa umugambwe wabatutsi.

    *Nagira bwire abantu bose bashaka gucanishamwo abarundi ko ataco bazoshikako kandi ndabi subiyemwo yaba abatutsi canke abahutu, kuko abarundi barengeye ivyubwo kuko urwaruka ruriko rwiyamiriza ikiringo cagatatu bose bagiye hamwe abahutu na abatutsi.
    Nibo kandi bajejwe gutoza amahera amahera yumuhari Forebu nibo bashizeho Imirwi itoza ayo mahera muri Europe bagaca abayatwara muri africa bakaba bayacisha Kuri Busokoza Bernard canke bakayarungikira Hon. Radjabu.

    *Anicet nyabusorongo, Telesphore cndd Nyangoma, Ndayisenga Felix ivyo muriko mukora mwinyegeza bigiye kujahabona vuba kuvaho Ndayisenga Felix cane cane nuwo bayoboka Hon Radjabu bemeye ko bashirahamwe nabayoboke ba Buyoya mwari muhejeje gusenya ico mwita Forebu, kuko tuzi Buyoya n’a biwe bakoreye abarundi. Ehe Raba basohoye itangazo rya bagize Forebu baciye bacanamwo kuko bamwe muribo baciye biyamiriza iryo tangazo. None kuko abo barundi mutoza amahera ko mutabaha umuco kuvyabaye muri Forebu?
    Barundi ni mukanure bareke kubabesha ntabantu ari impunzi muri Europe nahandi bazosenyura reta ya Nkurunziza. Uwavuzeko muburundi abiyitako bagira politike ari kwironderera akazi kuko hako kuja mubesha mu bazungu nahandi ngo bafatire ibihano uburundi murasaba abo bazungu babahe ubuzi mureke gusaba infashanyo muri cpas n’a chômage.
    Barundi barundikazi muraza mubabaza baje kubasaba amahera aho bakora kuko bategerezwa kwereka akarorero keza.

    *Nagira shimire Nimpagaritse Sylvere yerekanyako akunda igihugu hakumenja yatoye guheba akazi agahunga. Abarundi bameze nkaba Nimpagaritse Sylvere nibo bakwiye kuja mubiganiro nayo abashira imbere inda ndende namacakubiri bagakinjura.

    *Imirwi nayo yafashe ibirwanisho ko muvugako ururimi nkurunziza yunva ari gukoresha umuheto nobasabako mwoshira inguvu hamwe kuko hari ico muhurizako « gukura nkurunziza nakarwi kiwe kubutegetsi »

    *Hama abarongoye imigambwe itemera ikiringo cagatu muje hamwe mushira ineza yabarundi imbere ya vyose.Kuko ubu turabonako hariho kutunvikana hagati yabayoboka Sinduhije n’a Radjabu, nimwirinde abababesha,cane cane abo bazungu Mwishinga ntamahoro bazobazanira mutayirondereye.

    *Imbere yo gusozera nagira bwire nabari kubutegetsi ko baganira nabo batavuga rumwe kuko igihugu ari c’abarundi bose kandi binyunvire kazoza kurwaruka Rwuburundi.

  • Iyo mayibobo kweri ibesha abarundi ngo ya bonye Sinduhije mbega iteramwe iri mumashaba ya Congo bruxelle ninde wahakugejeje mbega mwivaga mubibazo byabarundi gute mwibwirako peter azamufasha gutera urwanda umva mbabwire mumaze imyaka irega20years muzerera mumashaba yaw Congo mwafatanyishe na mobutu,na DD na Rwasa bakiba mumashamba ya Congo na Tanzania murananirwa buceye kabila pere Abaha intwaro na basoda ndetse na Angola,na Zimbabwe,byose biba ubusa rero mureke kubesha. Abarundi cane peter ngo mushoboye gugutera urwanda muzasazira mumashaba cagwa mururebeshe amaso mutarukandagizamo Ikirenge

  • ubwonuburofa gs,ntagishasha bagye guhindura ku bdi,bs bazabavuga ukwo!!

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.