Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Col Baratuza arabeshuza ivyo avugwako - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Col Baratuza arabeshuza ivyo avugwako

Col Baratuza arabeshuza ivyo avugwako

lundi 9 Munyonyo 2015, par egide

Haraheze iminsi ibiri hari amakuru aguma acishwa ku mbuga ngurukanabumenyi, avuga ko Colonel Gaspard Baratuza, umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi yoba yahunze, agata akazi kiwe. Colonel Baratuza arabeshuza ayo makuru, akavuga ko ari ku kazi kiwe ka minsi yose.

JPEG - 50.4 ko
Colonel Gaspard Baratuza, umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi

Ayo makuru yavuga ko Colonel Gaspard BARATUZA avugira igisirikare c’Uburundi yoba atakiri ku butaka bw’Uburundi, abakwiragiza ayo makuru bakavuga ko yoba yahunganye n’umuryango wiwe wose.

Kuri uwu wa mbere, abicishije ku muhora wiwe wa Twitter, Colonel Gaspard BARATUZA yamenyesheje ko akiri mu mabanga yiwe y’umuvugizi w’ubushikiranganji bw’ukwivuna abansi, kandi ko ari ku kazi kiwe ka minsi yose.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.