Accueil > Amakuru > Poritike > Alain Guillaume Bunyoni yashizwe ku rwego rw’umu "Chancelier des Ordres (...)
Alain Guillaume Bunyoni yashizwe ku rwego rw’umu "Chancelier des Ordres Nationaux"
mercredi 22 Ndamukiza 2015, par
Alain Guillaume Bunyoni yahoze ari umushikiranganji w’umutekano w’abanyagihugu, niwe yagenywe ku rwego ruhambaye rwitwa "Chancelier des Ordres Nationaux"
Alain Guillaume Bunyoni akaba ubu, yari asanzwe ari mu nama nkuru y’Umutekano w’igihugu, inyuma y’aho yari aheruka gukurwa mu biro vy’umukuru w’igihugu, aho yari umuyobozi mwishikira kwa Petero Nkurunziza umukuru w’igihugu.
Alain Guillaume Bunyoni, yahoze ari mu muhari wa rwana wa CNDD FDD ukiri mw’ishamba, ubu akaba ari umwe muri ba soma mbike b’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza.
Uwundi yagenywe mu mabanga mashasha, akaba ari umupfasoni Gloriose Nimenya, yagenywe gusubirira Louis Kamwenubusa asigaye ari icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu. Gloriose Nimenya yahoze ari buramatari w’intara ya Bururi, akaba ari mu mugambwe UPRONA, ishami rya Concilia Nibigira, yagenywe kuba umuhanuzi ajejwe ibibazo vya poritike n’ugufashanya.
Gloriose Nimenya nawe, akaba yaheruka gukurwa mu burongozi bw’iyo ntara ya Bururi, igihe hari isekeza ryo gukura bamwe muri ba buramatari b’intara za Bubanza, Muramvya na Karuzi kuko bagaragaje ko badashigikiye ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, co kimwe n’uwo mu ntara ya Bujumbura vyavugwa ko asigaye ashigikiye FNL yigenga yo kwa Agathon Rwasa.
IGIHE
Messages
22 Ndamukiza 2015, 18:55, par Masengesho yafeke
Eeeeeeee ahubwo bunyoni bari kumugira UMWAMI WABANYURUZA ITUNGA RYA RETA ,erega il fait partie de la génération abanyonyezi.
22 Ndamukiza 2015, 19:00, par Minani evariste
Numugabo wijunja nijambo
22 Ndamukiza 2015, 19:11, par Lead
Tout se sait. C,est bien lui le candidat presidentiel du CNDD-FDD pour 2015. L,annonce officielle sera faite au congres DD de ce weekend, a partir de Makamba, lieu symbolique de la lutte armee. Et les civils Rufyikiri, Ntavyohanyuma, etc devront se lever pour applaudir ou degager.
22 Ndamukiza 2015, 20:20, par denismpangaje@yahoo.fr
Murazotubariza igituma yaronse iyo decoration.Mbega ni kubera iki yari yakombowe mubiro vyishikira vy umukuru w igihugu?
22 Ndamukiza 2015, 20:25, par Nuwera
Ndavyishimiye, nyakwubahwa uwukwanka akwandureko.
22 Ndamukiza 2015, 21:11, par nzokira muhavuye
Asha azosubirira hermese umwami wibisumaa muburundi
22 Ndamukiza 2015, 21:25, par nzobandora
eeeeh ni génération y’ubushimwe,uwuzonyuruza itunga ry’abanyagihugu n’uwuzoshigikira ikiringo ca gatatu azoshimirwa cane na nkurunziza,uwuzokora ibinyuranye n’ivyo azomeswa.Vive le gouvernement DD, vive la démocratie au parti CNDD FDD
22 Ndamukiza 2015, 22:27, par Uwubizi
Ou bien Peter se fout de nous Burundais et de son pays ou alors c’ est un vrai commedien!
22 Ndamukiza 2015, 23:17, par Yohani
Le ridicule ne tue pas. Un voleur qui décore un bandit! Ils jouent à quoi ces gens? Bagomba amuhe yitoze?
22 Ndamukiza 2015, 23:37, par 79487833
NIKOMBIZ.I
23 Ndamukiza 2015, 01:01, par nakamuna mwenewabo na ndajorewe bene ndumiwe
Uwatanze amamiliyaridi,kugura umukecuru wi gipiroporo cindege naco nyene tutigeze dukubita ijisho ngo ingayi igaye imira,kumbure yari guhitana abo ba dd nyene,none ashimiriwe ico ,erega twararamvyye
23 Ndamukiza 2015, 01:13, par gigi
gisuma vole matata bandiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiii comme pieter
23 Ndamukiza 2015, 02:12, par NDABONA
Kamwenubusa, amaze umwanya nk’uw’urume rumara! Ewe nominations zo mu mizi y’iherezo y’intwaro! Abatohoza ivya kazoza, murabika izo ngingo ahadata; bizofasha abana baruka ubu kumenya ingene igihugu casutswe mu ngana na MUSOLINI-NKURUNZIZA.
23 Ndamukiza 2015, 08:52, par john
Ba mureka gukwiza ibihuha muvuga ivyo mutazi ni murindire. CNDD-FDD itegerezwa gutsinda amatora! "Mukinda mugaramye, muvyanka muvyemera,Peter Nkurunziza azongera atware imyaka itanu." UWUZORUKARISHA RUZOMUMWA RUHEREYE MUNZU IWE!
23 Ndamukiza 2015, 10:47, par Boubou
Jewe nibaza ko igihugu atari igikinisho . Nta n’umwe atazi ko Peter na Bunyoni ari abanyoni.Mwibaze abantu bashobora kwiba amahera yokubaka Centre de Santé 129 za kijambere babeshe ngo bariko bagura amadege y’umukuru w’igihugu!
N’ukuri abarundi nibavire hasi rimwe bafate abo banyoni! Igihambaye coco kandi abarundi tutazihanganira ni 3è mandat y’abao bicanyi , y’abo banyoni, y’abo bihevyi .Igihugu si ic’abo kweri!!
23 Ndamukiza 2015, 14:40, par Saguil
ijunja riki?ijambo riki?uwo ni umunywamaraso ni umusuma nta murundi atamuzi.Il a investi dans la criminalité il moura lÃ
23 Ndamukiza 2015, 16:44, par sangwasabwa isaac
Uwutamuzi amwitumusuma ,uwumuzi akmwitumuvyeyi,niyirambire je nzicoyamaze nzomwamamaza,niwe yahuje abarundi bari bavuye mwishamba,nabahora muvyaribigize umutekano wigihugu,mukurongora igipolisi gisingiye mukubana neza bufise ivyomudahurizako.Umuhutu wambere yabaye directeur general de la police nationale apres 1972,yarugururiye abapolisi missions zomumakungu,bumva nkumugani,ubu uwaraheranye bank kukazu yari yararonse yarakarishe,yongera yubaka niyo gupangisha,uyo rero niwe musuma,sha mututsi canke muhutu wabimwise ufukame usenge kuko wamenje,abapolisi turazubutware bwawe,nibindi birimbere ahubwo turamukeneye 2020 ngwayoborigihugu kuko basesa nkuyoze baracariho,nyakubahwa les galous vont maigrir,du courage.
27 Ndamukiza 2015, 23:52, par kunda igihugu gusumba umugabwe
John urihenze sha imisi ya peter ya kwiye sha genda urire ayomaraso yose ashake akame wihorere kuko iyonvugo yawe ntanumwe ayitinya...ingo tuzobereka ko atamwana yasigaye mugihugu arimwo..subutu..we nyamanswa subira kugaburira inkende mu kibira nivyo bikubereye uzogaruka uvuga ikirundi cunvikana gihuza abandi kitatarimwo urwo rwanko rwawe...pu ntasoniiii...
25 Myandagaro 2015, 06:29, par Nkurunziza Innocent
Ahaaaaa! Nne Kotumwe Ngohazoshingwa Leta Yubumwe Yobariyo?Ubuho Igiyemwo Basoma Mbike Gusa Mbega Rwasa Ntakivugwa Ubwo Harimwo Numwe Wiwe?Cnke Ni Mchezo Wandazi Nimbatanumwafisemwo Yarahnzwe Reko Turorerere Ibizokurikira Mana Rinduburundi Kuko Bugeze Habi