Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Congo Brazzaville : Ibwirizwa shingiro rigiye guhindurwa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Congo Brazzaville : Ibwirizwa shingiro rigiye guhindurwa

Congo Brazzaville : Ibwirizwa shingiro rigiye guhindurwa

mercredi 28 Gitugutu 2015, par egide

Umurwi ujejwe amatora muri Congo Brazzaville umenyesha ko mu matora ya kamarampaka abanyagihugu bagera ku bice 92 batoye ko ibwirizwa shingiro rihindurwa.

Ukwo guhindura iryo bwirizwa shingiro bizoha akaryo umukuru w’igihugu Sassou Nguesso ko kwitoza ubugira gatatu, mu gihe mu bisanzwe atari yemerewe kurenza ibiringo bibiri.

N’aho mu murwi utegura amatora bemeza ko abanyagihugu bitavye amatora ku bice birenga mirongo indwi kw’ijana, abatavuga rumwe na Reta ntibavyemera.

Mu gihe bokwisunga ibwirizwa shingiro rihari ubu, umukuru w’igihugu Denis Sassou Nguesso ntiyemerewe gusubira kwitoza kuko arenza imyaka mirongo ndwi y’amavuka, akaba kandi akwije ibiringo bibiri ku butegetsi.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.