Accueil > Amakuru > Mu makungu > Côte d’Ivoire: Umunigano wishe 60 muri stade ya Abidjan
Côte d’Ivoire: Umunigano wishe 60 muri stade ya Abidjan
mardi 1er Nzero 2013
Amakuru aturuka muri Cote d’Ivoire amenyesha ko mu masaha ya kare mu gatondo abantu bavuye muri stade nkuru ya Abidjan bakandagirana igihe bari barangije gukurikira ibirori vyo guhimbaza umwaka mushasha.
Abenshi mu bahasize ubuzima n’abana bari hagati y’imyaka umunani na cumi n’itanu.
Kugez’ubu icateye uwo munigano ntikiramenyekana, ariko hari amakuru avuga ko mu gihe abo bantu baharurwa mu bihumbi bava muri stade, bahuye n’ikindi kirwi caja iyo baje bava.
Marie Claire Ingabire
Messages
8 Nzero 2017, 21:51, par Elie Harerimana
Niyumvirako Umuntuwaeseyomenya Ikiremwamuntuko Imana Ariyoyakiremye Gukwimana Ivugako Nzorandura Umuntuyigira Agakomeye Nije Ntuma Umuntu Abaho Kandi Nijewentumapfa. Uhoraho Nashire Ibiganza Kuri Cote D’ivoire.