Accueil > Poritike > CPI yatanguje amatohoza ku bugizi bwa nabi bukorwa mu Burundi (...)
CPI yatanguje amatohoza ku bugizi bwa nabi bukorwa mu Burundi (Video)
lundi 25 Ndamukiza 2016, par
IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Messages
25 Ndamukiza 2016, 16:38, par Nene Nesta
Bamusarira hiyo turazi ko muri ibihenda maso.
25 Ndamukiza 2016, 17:06, par kamaro
ntayandi matohoza kuko abakora amabi muburundi barazwi nabo bahurikiye muri CNARED,nubarungikire imitahe yokubahagarika urabeko bindaca behera...e nibo bagisibije!!
25 Ndamukiza 2016, 20:15, par Mahoro
Nyarutse mudukureko umurwi w’Abahutu b’abicanyi kamwe n’umurwi w’Abatutsi b’abicanyu, Abarundi turuhuke kuko iyo mirwi 2 yatugize imbohe.
26 Ndamukiza 2016, 18:37, par Zoe
@ Kamaro abambere ni Nkurunziza na Nyamitwe
27 Ndamukiza 2016, 13:52, par karebu
Bahere kuri nkurumbi n abicanyi biwe ntihagire ibindi mubaza
5 Rusama 2016, 09:03, par Burundi
Amatohoza ni meza cane gose.Ariko bahere mu mwaka wigihumbi1965.gushika mubihumbi 2016.kuko ahohose hishwe abantu.