Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Crispus Kiyonga yamaze gushika mu gisagara ca Bujumbura - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Crispus Kiyonga yamaze gushika mu gisagara ca Bujumbura

Crispus Kiyonga yamaze gushika mu gisagara ca Bujumbura

jeudi 16 Mukakaro 2015

Umuhuza mu biganiro mu Burundi Crispus Kiyonga yamaze gushika mu gisagara ca Bujumbura, uwo nawe akaba aje kubandanya ibiganiro n’impande zitavuga rumwe mu Burundi.

Uwo mushikiranganji wo kwivuna abansi w’igihugu c’Ubuganda, akaba aje kubandaniriza ho Kaguta Yoweli Museveni yari agejeje. Aberwa n’ibibazo vya poritike mu Burundi rero bakaba batumweko mu biganiro uwu musi ku wa 16 Mukakaro, igihe c’isaha umunani mu nyubakwa z’ihoteri Royal Palace.

Kugeza ubu, hakaba hasigaye kumenya namba aberwa n’ivyo bibazo baza kwitaba bose ibiganiro. Ariko ikzwi co, n’uko imyiyamamazo y’amatora y’umukuru w’igihugu yabera mu Kanyosha yayihagaritse.


IGIHE

Messages

  • BIYAMAMAZA BAREKA AMATORA ABWIRIZWA GUSUBIRWAMWO NIBABA BASHAKIRA AMAHORO UBURUNDI N’ABARUNDI.

  • nageragz,yamara ntawubz!

  • Jewe ntacizero mfise mugihe umugambwe cndd fdd wo uguma wiyamamaza ceni ikavuga kwamatora abandanya kandi bazibibazo bihari akaba atajambo ryukoko bosubiramwo amatora yemewe nabose bazohava bemera kodutwarwa kunguvu za adolphe na nyabenda siyamarira gusa wewumvise amajambo bavugira mumyiyamamazo biragaragara konumuhuza kugondoza nkurunziza numugabwe wiwe bizomugora cane

  • commune ni nyanza-lac akazina ni;KIYAGO,ibiganiro vya naniye abahuza babiri bo muri onu bishobora uwubuganda,vyo ntangaza hamwe abishoboye ariko bimunaniye ntivyontangaza kuko akananiy umugabo nuwundi karamunanira nukuru nacizere ngira

  • NONE UWO WE AZA GUKORA IKI KO NA MUSEVENI YIBANDANIRIJ MUGIHUGU CIWE.UVY’UBURUNDI NIBAREKE.ICONZI GUSA IMANA IZAHORA AMARASO AMENWA ATAWAMIRA.MANA ZIGAMA ABAWE

  • EMWE TURAGUHAYE IKAZE ARIKO UZUKORE UDAHENGAMYE KUKO IMANA IZOBIKUBAZA DUKENEYE IMVUGAKURI USHIRE AHUKURI KURI NAYAHANDI IMANA TWASENZE IJORO NUMURANGO HAMWE NAMAFUNGO. ASHA IMANA IZOBAHANA ITABATOREYE

  • ntabe yahagaritse iya ba dd!kuko dukeneye ko urugend twatanguy tururangiza!kandi ntahirahir ngwagiricavuze kuri manda yagatat yumukur wigihugu!kuk yobihanirwa!araraba ntavuge nkivyumwe wamber yavuze!pierre ategerezwa kwitoza!

  • TWIZERE KO ADATAMI KWA IJAMBO.3EME MANDAT ITUREMEREY NKUWIKOREY 100KG.NADUTUR UWO MUTWARO.MANA,DUFASHIRIZE IYO NTUMWA WATURUNGIKIY AVUG IVYO YOHEJWE NAWE.

  • NONE BURYA IKIBAZO CA MANDAT YA GATATU AZOGISHOBORA ? EREGA NKURUNZIZA NTA KINDI KIRI MU MUTWE ATARI GUTWARA IKIRINGO CA GATATU KU NEZA CANKE KU NABI. ABESHA NGO ARAKUNDA ABENE GIHUGU ARIKO SIVYO. JEWE SINTEGERA INGENE AGUMA YIBOHERA KURI MANDAT ABONA NEZA KO ISHOBORA GUTUMA ABARUNDI BICWA,BAHUNGA , BAJA MU BUKENE BUTAGIRA IZINA. KANDI BIZWI KO MU MUGAMBWE IWE HARI INCABWENGE NYINSHI BASHOBORA KURONGORA IGIHUGU . MBABAZWA GUSA NUKO BACA BITWAZA AMOKO MUKWIGISHA ABENE GIHUGU BA BAHUTU MU KINYEGERO NGO NI ABATUTSI BADASHAKA KO UMUHUTU ADATWARA .ABARUNDI NABO BASANZWE BATAZI NEZA GUSHISHOZA BACA BABIFATA NKUKURI . BIRABABAJE CANE ! BARANSE GUTANGA UYUNDI KANDI YARI GUTSINDA ATA NGORANE URAVYE ABANYWANYI BAZOHAVA BASANGA BAGABUYE NABO BITA ABAKEBA . MBONA UMENGO IVYA POLITIQUE BIHINDUKA NK ’IGICU CO MU RUSHANA ! MURANTUNGA !

  • EMWE,NAGERAGEZE NAWE NDABE AGIRA 4 AJE GUHUZA ABARUNDI AHUMUGABO WAMBERE ANANIRIWE NIHO NUWUNDI ANANIRIRWA.KUGIRA ABISHOBORE YO KWIRINDA KUGIRANIRA IMIGENDERANIRE NUMWE MURIYO MIGWI YOSE.

  • EMWE,NAGERAGEZE NAWE NDABE AGIRA 4 AJE GUHUZA ABARUNDI AHUMUGABO WAMBERE ANANIRIWE NIHO NUWUNDI ANANIRIRWA.KUGIRA ABISHOBORE YO KWIRINDA KUGIRANIRA IMIGENDERANIRE NUMWE MURIYO MIGWI YOSE.

  • abarundi turasima ingene umuhuza Crispus Kinyonga ariko arahuza abanyeporitike bintagondwa muburundi

  • Arabikra Yibuka Ko Naband Bananiw!

  • KIYOGAKORATAGICUREDUHAMAHOROTWASEMANDATYAGATATU.

  • uwo mu ministiri ntazi ku bdi bwikukiye? indongoz dukeney nizivuye mw sandugu!

  • nibitabe kukoniwomuti abarunditurarushe nibagerageze baturuhur.

  • Ibiganiro biriko biba turabishima ni vyiza kuko bifasha abarundi kuja hamw mu matati,ariko ico negura kandi arico catumye ibiganiro biba ni uko umuzi w’ikibazo bawuca kuruhande.Uwu nawo ni 3eme mandat,bakaba bawukorako bagasha,nibaganire kuriyo mandat,ibisigay vyose bizoheza bigende neza kandi ntagorane izosubira kuba mu Burundi.Donc,Nkurunziza ategerezwa guheba 3eme mandat,ndatangazwa nico abo bahuza bariko barakora batubahuka ngo bavugane kuri 3eme mandat.0k murakoze

  • None burya ibibazo vya politique Mu Burundi azobishobora?Nishiremwo inguvu turabe.

  • ntamuntu numwe yoshobora gutunganya ikibazo kiri hano muburundi atari imana yonyene abo bose nukubura ico bakora!

  • YEWE.ATAVUGA.IKIBAZO.CAMANDA.YA.NKURUMBI.NUGUSUBIRAMWO.AMATORA.ACAGOMBA.YIGIRE.

  • None uwo mushikiranganji wo kwivuna abansi muri Uganda yabuze ivyo akora mu Gihugu ciwe aho aza gutanga umusingi mu Burundi ??? Twipfuza kumenya nimba babihemberwa canke niba ari bénévolat batanga ??? Erega na Museveni ntiyarakwiye kwisukira mu vy’igihugu c’Uburundi nawe ari ku mutwe w’ikindi Gihugu, harimwo conflit d’intérêt. Ikibazo c’uburundi gisaba un facilitateur qui n’est membre d’aucun Gouvernement en exercice. Kandi ntivyumvikana ukuntu Museveni yashinze akazi kiwe de médiateur àun ministre de son Gouvernement en dehors y’ivyavuye mu nama yakoranye na Kikwete. Le facilitateur c’est Museveni et non son ministre de la défense. None yavuze ko kamunaniye canke ko agwaye kuburyo bimubuza kurangurura akazi yiyemeje? Ivyo bintu ntivyumvikana na gatoyi ...

  • nibagerageze barabe kwamahoro yoboneka mana tabara uburundi.

  • Kuvyo Bakora Vyose Numva Atacoshoboka Hatabay Imana Ariyo Nyeni6 Nijuru Kand Yo Yaturevye,mbes Ntimuz Yuko Twebwe Abarikwi6 Bos Ari Akantu Gato Aha Imana Ishats Nama secod Twes Vyoca Birangra!

  • Jewe abantu barantangaza kuba ikibazo karaje ishinga abanyu ni manda yaga 3 ariki bakayiyobagiza ukamenga ntibayibona nibareke allah nawe azoca urubanza kuko abobose bavuga ngo baje guhuza abarundi nabaza kubaterenye habaye amanama menshi ariko iyo bageze kuri manda barasimba bakaja mubindi abo bose bavugako baje kumvikanisha abarundi nibagaterenye kuko takuri kubaromwo

  • ndashimiye cane uwo yasavyeko umuhuza yovuga ivyavugishijwe n,Imana kuko niyo ifis ijambo ryanyuma.twizere yezu,ubukuru bwose buva kumana.niyabona nkurunziza yokwongera kudutwara,bibe nkuko ibishaka.ico tuzi kandi twemera n,uko inabi itigera itsind,ineza,ngumwijima utsind,umuco!!ngo shetani itsind,Imana?c pas po6bl.

  • AHAA,KO,UMUHUZA,YAHAGARATSE,UKWIYAMAMARIZA,UMUKURUWIGIHUGU,MUKANYOSHA TWIZIGIRE,YUKO.21,ATAMATORA,IMANISHIMWE

  • uwo niwo twar turindiriy nimb ariw yatanze itegeko ngo imyiyamamazo isibe ijambo uwo wosanga abishoboy gusumb abandi.

  • Mana tabara uburundi n,abarundi

  • Mana tabara uburundi n,abarundi

  • Abarundi barayamaze bati:"So akwanka akuraga ivyamunaniye" mbe ko akora ku kiringo ca 3 agasha abonye atavyo ashoboye abisuka ku mushiriranganji w’ukwivuna abansi?emwe ntavyo azoshobora.

  • Bose nabaza kuturirako frais de mission,i burundi soit muhebera peter mandat yiwe ya kabiri,soit ingwano irasutama ko mutumva mwa batutsi mwe,bihere biheze,uyo nawe ashatse yitahire ,ico tuzico nta mututsi ku mutwe kirettse twese dupfuye.

  • Mbega mandat3 niyo yzanyindyane zokuva 1962-2005?Abazanyamacakubiri muburundi nibo bariko barahogoza ngo 3eme mandat,bahenda urwaruka ngo ruje mwishamba,ntihabamatora batware batabihawe nabanyagihugu.Mpinyize muvuge mwabo bahozaraba presidents ninde yigeze yiyamamaza ngwztsinde?Sama coup d’Etats nimfatakibanzagusa?Bamenyereye gusahura uburundi bakumbuye kwicanogusahurasa.Barundi bumitima 21/7/2015 dusidukane niyonka twitorere indongozi presidant tubona yomarindyane muburundi,jewe nzomwitorera "Petero Nkurunziza.Baramutobeye arageraza zberekako bidashoboka,bamwe abakubitakanyafu ngo ntibavyimbirwe,abandinabo baraje baze bige uko uburundi bumeze nabarundi ukobameze ntabwo tukirinkakera tutarabona intwaro rungi icarico.

  • Twebw Abarundi Dukeney Amahoro Gusa.Abanye Politique Ni Bareke Kudukinirako

  • Twebw Abarundi Dukeney Amahoro Gusa.Abanye Politique Ni Bareke Kudukinirako

  • Wewe Wiyumvira Ko Harabazopfa Ngo Nuko Nkurunziza Atwara Menya Ko Uwuzorukarisha Ariwe Ruzomwa

  • Uwo mushikiranganz wo kwivuna abans wewe aje azananyiki kugira abahuze aband bo kobananiwe ahubwo yoba aragenda ataribonerako

  • Uwo mushikiranganj wo kwivuna abans nimba yabuze aharyama naze ndahamuhe areke kuparanganira ibujumbura ngariko arahanura ivyananiye abagabo abo banyeporitique nibareke kudukinirako kuko ntituri ikibuga

  • wewe wiyumvira ko atabazopfa iconogusaba wova muvya politique ukafukama ugasaba imana imbabazi mbe abo bariko baricwa nabo mwaremye canke nivyatsi muriko muratema mwese abakora ivyo mwokwihana kubera mugiye kurandurwa mugiye kuribwa nibisiga muriko murica ivyaremwe n’Imana kandi vyose biva kuri wamurwanizi biva kuri CNDD-FDD mbonerakura uragowe warukwiye kubonera hafi ukaraba ico ukurikira mwicabantu mutaremye

  • Ahubwo niwewe wabuze iyo urya rekana nuwo mutama

  • Ahubwo niwewe wabuze iyo urya rekana nuwo mutama

  • Ahubwo niwewe wabuze iyo urya rekana nuwo mutama

  • Ahubwo niwewe wabuze iyo urya rekana nuwo mutama

  • Ahubwo niwewe wabuze iyo urya rekana nuwo mutama

  • Ahubwo niwewe wabuze iyo urya rekana nuwo mutama

  • Ahubwo niwewe wabuze iyo urya rekana nuwo mutama

  • Ahubwo niwewe wabuze iyo urya rekana nuwo mutama

  • Ahubwo niwewe wabuze iyo urya rekana nuwo mutama

  • naz arik vyose nivy’imana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.