Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
David Nduwimana yasohoye amasanamu y’indirimbo “Urashoboye” - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > We n’ibikorwa vyiwe > David Nduwimana yasohoye amasanamu y’indirimbo “Urashoboye”

David Nduwimana yasohoye amasanamu y’indirimbo “Urashoboye”

vendredi 16 Myandagaro 2013

David Nduwimana, umuririmvyi azwi cane mu ndirimbo zo guhimbaza Imana, yasohoye ku mugaragaro urukurikirane rw’indirimbo ziwe, imwe murizo yise “Urashoboye” akaba yayisohoye ku masanamu.

Indirimbo “Urashoboye” yakorewe mu nzu y’ubuhinyanyuzi yitwa “Kibra Industry” , n’indirimbo yakunzwe cane hano mu gihugu c’uburundi na cane cane mu mashengero aho bayivuza mu gihumbaza Imana.

David Nduwimana n’umuririmvyi azwi kandi mu gucuranga gitari no kuvuza inanga y’ikizungu, akaba ateye imbere mu kurongora mw’ishengero, mbere n’abakirisu bagahimbaza mu munezero udasanzwe.


Sengurebe Joel

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.