Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Dilma Rousseff yiyamirije abo yagiriza ko bashaka "gutembagaza ubutegetsi" (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Dilma Rousseff yiyamirije abo yagiriza ko bashaka "gutembagaza ubutegetsi" (...)

Dilma Rousseff yiyamirije abo yagiriza ko bashaka "gutembagaza ubutegetsi" bwiwe

vendredi 13 Rusama 2016, par egide

Umukuru w’igihugu wa Brezil Dilma Rousseff yiyamirije umugambi wo kumubogoza avuga ko ari nko "gutembagaza ubutegetsi". Uwo arongoye ico gihugu arahakana kandi ko ata kibi yakoze.

Dilma Rousseff yabishikirije mu gihe yariko arashikiriza ijambo abanyagihugu ku Mboneshakure, akari yari ubwa mbere kuva abakenguzamateka bemeje kuba baramuhagaritse mu mabanga yiwe yagirizwa kuba atakurikije amategeko agenga amahera akoreshwa na Reta, bagasaba ko ubutungane bwomucira urubanza.

JPEG - 704.3 ko
Dilma Rousseff yiyamirije abo yagiriza ko bashaka "gutembagaza ubutegetsi" bwiwe

Icegera c’umukuru w’igihugu Michel Timer niwe azoba ararongora igihugu mu gihe urubanza rwa Rousseff ruzoba ruriko ruraburanishwa.

BBC ivuga ko urwo rubanza rushobora kumara imisi 180, bisigura ko Rousseff azoba atariwe aramutswa igihugu igihe hazoba hariko haraba inkino za Olympic i Rio de Janeiro, zizotangura itariki 5 Myandagaro 2016.


IGIHE

Messages

  • wamugorewe cuzawibere mubjumbura ndaguhakazi kogusasamucumba nakarenaruha

  • wamugorewe cuzawibere mubjumbura ndaguhakazi kogusasamucumba nakarenaruha

  • WAMUNTU WIGIRA MICHEL NTABWENG UFIS NKICOCIYUMVIRO WANDITS URAKOMEY BIEN? ABARUNDI TURIBIGUGU HAGUTANGICIYUMVIRO KIRASH UNYOTEW ABAGUSASIRA MUCUMBA URYAMAMWO? UZOPFA UDATEYIMBER!

  • Ivyo bikwiye kubera akarorero nkurunziza arumvako ahandi umukuru wigihugu adakoresha ubutungane abureka bugakora ivyabwo kandi arumvako kizira kugandagura abantu ubaziza ivyiyumviro vyabo nkukowe yirirwa arabigira na jacobo zuma yirirwa amuhenda ngwaramushigikiye azeyumve niyica abanyagihugu biwe abaziza ivyiyumviro vyabo kandi birirwa mwibarabara bamwiyamiriza mugabo ntatinya kuza kubesha nkurunziza ngwica nzogufasha kuriha ariko icoyomenya ahobukera abarundi tuguta mumvuto ntugire nguzomenya naho yaciye

  • NAZE ASABE ODIANCE NKURUNZIZA AMWIBIRAKABANGA KUKUNTU YATUJIJE TWIIMUJERI NATWISINDUJA UBU MUBURUNDI TUMEZENEZA CANE NAKARE INKONA NTIYARUZWA KIRAZIRA

  • Ntakundi naze ndamwirongorere narimfis 3 mwabo ntamuzungu arimwo guherubu ndamushatse birenzuko wew ubishaka wew wumva gut uravy uwumugor?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.