Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Droits de l’homme : le Burundi placé sous observation
Droits de l’homme : le Burundi placé sous observation
lundi 14 Ntwarante 2016, par
"Nos instances ont placé le Burundi sous observation. C’est un avertissement, mais on ne coupe pas les ponts... La situation de déni de la gravité des choses dans le pays nous inquiète... Le nombre de réfugiés, des personnalités ont du fuir, des médias mis en difficulté... Nous sommes inquiets, et nous maintiendrons cette pression... Si ça ne s’améliore pas, selon nos textes, cela pourrait aller jusqu’à la suspension.."
IGIHE
Messages
15 Ntwarante 2016, 05:04, par Rusakumba
Niba murindiriye ko tuba ba "NDIYO BWANA," aho nimuhave, twarabahinyiye. Ntaco tuzobaho nk’uko Imana Mushobora vyose Ibishaka. Nibagumane utwo duhera twabo babanze kuyakoresha mukuriha amadeni yabo bafitiye abandi. Ko kera badukanga kubera tutari bwabamenye. Ubu dusigaye tuja mu bihugu vyabo, abandi tukaba ariyo tuba, boduhenda iki!
15 Ntwarante 2016, 21:35, par Rusakumba
Niba murindiriye ko tuba ba "NDIYO BWANA," aho nimuhave, twarabahinyiye. Ntaco tuzobaho nk’uko Imana Mushobora vyose Ibishaka. Nibagumane utwo duhera twabo babanze kuyakoresha mukuriha amadeni yabo bafitiye abandi. Ko kera badukanga kubera tutari bwabamenye. Ubu dusigaye tuja mu bihugu vyabo, abandi tukaba ariyo tuba, boduhenda iki!
3 Myandagaro 2016, 20:04, par Antoine
Murawihaye Isi Mugira Muyiheze?