Accueil > Kwidagadura > Amareresi > DUNIA, ubutumwa bwo kurwanya urudandazwa rw’abantu
DUNIA, ubutumwa bwo kurwanya urudandazwa rw’abantu
jeudi 19 Kigarama 2013
Ishirahamwe Wushu ry’urukino rwa Kung Fu ryemerewe gukorera ku mugaragaro kuva ku genekerezo rya 9 Gitugutu 2013. Iryo shirahamwe risanzwe ari naryo rya mbere rikina urwo rukino rwa Kung Fu mu Burundi rigizwe n’abanywanyi 300, ubu bakaba bariko bategura ireresi ihamagarira abantu kurwanya urudandazwa rw’abantu, hamwe n’ukunywa ibiyayuramutwe.
Wushu ni ishirahamwe rikorera mu gisagara ca Bujumbura, rikaba rikina urukino rwa Kung-fu, rusanzwe rukomoka mu gihugu c’Ubushinwa. Iryo shirahamwe ririko ritegura ireresi "Dunia", aho bazotanga impanuro mu kurwanya urudandazwa rw’abantu (trafic humain) hamwe n’ibiyayuramutwe. Nk’uko tubimenyeshwa n’umwe mubazokina muri iyo reresi, harageze ko abantu bahaguruka bakarwanya urudandazwa rw’abantu rumaze iminsi rwibonekeza. Muri iyo reresi bazokwerekana uruhara rw’abavyeyi, abigeme ari nabo basanzwe babangamiwe n’urwo rudandazwa, hamwe n’uruhara rw’abajejwe intwaro mu kurwanya ayo mabi.
- Umwe mubazokina muri iyo reresi
Ubutumwa nyamukuru buzoba buri muri iyo reresi izosohoka mu kwezi kwa kabiri kw’umwaka buca dutangura, ni uguhamagarira abantu gushira hamwe ubushobozi, kugira urwo rudandazwa ruranduranwe n’imizi.
IGIHE
Messages
22 Kigarama 2013, 18:43, par Ndizeye Manzi Bosco
ni vyiza ko iyi reresi izoja ahagara gara kandi mukomeze mugeze amakuru yabakinnyi ku banyagihugu ,barimo ,ni bande !!ndabona igihugu cacu kizorushaho kumenyeka na hose mu makungu kubera iyi film bizaduhesha agashema gakomeye!!
22 Kigarama 2013, 19:09, par Yassin
Ni vyiza cane kandi mukomereze aho turabakenguruciye!
23 Kigarama 2013, 12:52, par utamuriza shaima
That’s great!!may God bless u...
29 Kigarama 2013, 13:42, par tharcisse gahungu
mbega iteka ku burundi bwacu film ya mbere
29 Kigarama 2013, 18:56, par karibwami fabrice
ni bakomere kumuheto abanyagihugu turabashigikiye twifuza ko leta yobashigikira nayo ndetse namakungu yose akabafata mumugongo kuko bituma igihugu cacu cerekana ko gishoboye courage mes freres

4 Nzero 2014, 20:32, par yves NTIRENGANYA
Imana ihezagire abarundi n-Uburundi
iyi ni inyigisho nkora mutima kuri twese
8 Nzero 2014, 16:41, par ntungwanayo deus
jewe novuga ko arimbonekarimwe m’UBURUNDI.so nagiransabe ahumbwa twese tubashigikire kuko mumisi iza UBURUNDI bugiye kumenyekana mumakungu kubera iyi FILM.ndakeje club WUSH Bujumbura bati terimbere.