Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
E ell’s Boy na Jay Fire mu biteramo bahojeje amosozi abanyarumonge - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > E ell’s Boy na Jay Fire mu biteramo bahojeje amosozi abanyarumonge

E ell’s Boy na Jay Fire mu biteramo bahojeje amosozi abanyarumonge

mardi 16 Ndamukiza 2013

Mu vy’ukuri abanyarumonge bamaze kumenya ko Mkombozi n’umurwi wa the Cousin batacitavye ivyo biteramo barashavuye bumva ko ataco baje gukora, niho rero Miss Arlaine yaciye yitabaza abandi baririmvyi batari bategekanijwe , murabo harimwo umuririmvyi E Ell’s Boy na Jay Fire, abo nibo baciye bateramisha abanyarumonge, babahanagura amosozi bari batewe mukubura Mkombozi n’ umurwi wa the Cousin.

JPEG - 349.5 ko

Uyo muririmvyi, E ell’s Boy , abanyarumonge bari basanzwe bamwumva ariko batamuzi kuko igitigiri kinini c’abitavye ico giteramo bari bazi indirimbo ziwe .
Igihe bamubona amaso mu yandi, vyari akaroruhore, kuko ntibipfuje ko yova kuri sene kugira aje kuruhuka.

Mu mwanya yaba afashe micro ariko ararimba SIWEZI canke NARI MU MAHANGA, vyaba bigoye kumenya namba ariwe ari kuri sene canke ari uwundi, kuko abajejwe umutekano baguma basubiza abantu inyuma,mukubuza abagomba kumukorako.

JPEG - 220.8 ko

Jay fire nawe yaje kuboneka muri ico giteramo mu nyuma aririmbira abantu, barabikunda cane kuko babonye ko ataco bahomvye,babateramishije uko bikwiye.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.