Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
EAC yasabwe kwitandukanya n’Uburundi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > EAC yasabwe kwitandukanya n’Uburundi

EAC yasabwe kwitandukanya n’Uburundi

lundi 24 Myandagaro 2015

Amwe mu mashirahamwe mpuzamakungu afasha ishirahamwe rya Afrika y’Ubuseruko asaba ibindi bihugu kwitandukanya n’Uburundi kugira abandanye afasha iryo shirahamwe.

Nkuko vyemejwe n’inzego z’ubuyobozi mw’ishirahamwe rya Afrika y’Ubuseruko hamwe na bamwe mu bashingamateka mu nama nshingamateka ya Afrika y’Ubuseruko,Ishirahamwe ry’abadagi GIZ ryasavye ko ishirahamwe ry’akarere ka Afrika y’Ubuseruko ryitandukanya n’Uburundi nimba rishaka kubandanya kuronka infashanyo zitanzwe na GIZ.

GIZ imenyesha ko igihe cose ibihugu bigize akarere ka Afrika y’Ubuseruko rizoba ritaritandukanya n’Uburundi,mu migambi ahabwa infashanyo na GIZ,itazosubira gutanga iyindi nfashanyo.

Iyo ngingo y’ishirahamwe GIZ icyemezo ishobora guhungabanya ibikorwa vy’akarere ka Afrika y’Ubuseruko,kandi ikadindiza imigambi ihuriweko n’ibihugu vyose yari imaze gutangura.

Ikinyamakuru The East African kivuga ko uwuserukira GIZ yavuze ko iyo ngingo atariyo ishirahamwe gusa,ariko ari iyo igihuguc’Ubudagi cose kuko ico gihugu gicisha infashanyo mw’ishirahamwe GIZ.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Hashabobajura izombunuza zaba dd

  • emma

    wabudagiwe ahubwo nuko urikure yanje jewenyene nokwihanze nkakugwanya kubera watumye mba ipfuvyi mba umupfakazi niwe watumye nkubitwa ikimoko zana magi zana amasoro. none raba murongeye kuduteranya nibindi bihugu none mudushakira iki?

  • Niko Vyamye Nakera Iyo Umuntu Yahemutse Baramuharira Ivomo Bakamucira Umukenke Ntasubire Gusoma Mubagabo

  • IZONFASHANYO ZIDUTESHA UBWIGENGE NIBAZIREKE KUKO NTIVYUNVIKANA KO BADUFASHA KUGITSURE

  • jembona vyobavyiza kuko nakare baribaduhenze ibintu vyaciye bizimba

  • ahubwo bavuge ko imfashanyo yabaheranye bareke kwitwaza uburundi mbega warabonye umuntu aguha ivyuteka akagutegeka nuko ubiteka imfashanyo yabaheranye bavugishukuri ngo uwemeye ntapfa.

  • Izo nfashamyo nizo baguma badukangisha twebwe dukeneye amahoro yamara president paul kagame akabivuga. Kera hoho abazungu bataraza abanya frica ntibari bitunze?

  • Mbega ifashanyo yiryo shirahamwe niki????Kagame noneho vyase ko akombora nkurunziza ubu naho arikwaca kubazunzu ngo banke gufasha uburundi

  • Oya yaco muftira ibihugu vyo murafrica amabko imugongo m8twaj ubutunz bwanyu,ako nagacnyizo,ngutnkorey’iki naw sindagkorera kiriya.mbega izomfashnyo avec condition nimfshanyo ki?politique yabanyafrica nimuyrekere abnyafrica.icakozw mubrundi kitakzwe ahandi nikhe?cnke kitipfzwa nabndi?urtse akarnganyo gusa.eeh intsina ngufi niyo icirwa ko ikibabi.arko umwansi agucira icobo Imana ikagucira icanzo.Iyaremye uburundi niyo izoburinda ubukne.

  • abazungu ntimugasuzugure abanyafrica,ivyo nubundi mudufashisha muba mwabivanye ngaha muri RDC no muri lybie. none umunsi mwese mwabaye nk’ubugiriki africa ntizobaho?.

  • Biraherehenone?Tugiye Kuba Banyamwigendako None?

  • RURACA RURAZA NI UMUFUTU WA GIHINYAGI.NTABWOBA NAHIMANA YUMVA BAGABO?EAC IRIMWO ABANTU BENSHI NTITUZOKWEMERA KO TUZIRA INTABARIRWA IMWE.INTAHOMA IMYAKA CUMI YARI MYINSHI.ABARUNDI TURARUSHE.

  • Nkurunziza n’akagwi k’abasuma biwe bagiye guharirwa ivomo. Abantu barasemereye kuva kera ko kumata ku butegetsi kwa Nkurunziza izoba inkuru mbi ku Barundi. Bamwe mwirirwa muraririmba ngo ntawundi yotwara Uburundi kuko muzi ko atiwe akingira abicanyi n’abambuzi, Nkurunziza azobagaburira. N’uko nyene umugambi wanyu ari uwo kurya imitsi Abarundi ahandiho amanyama yogabanutse. Ariko Abarundi muzobanunuza muri za corruption zanyu amaraso ahebe abashiremwo, muzoca mutangura kuryana mwebwe nyene.

    Ugutwagwa n’impumyi ni ishano ribi.

  • Mana Tabara Uburundi Arikontibe Ukotwebwetwiyunvira Bibemubugonbebwawe Mana Kura Farawo Mu Burundi

  • @Murundi n’abandi batutsi
    Hunga hunga ja mu rwanda hari ibidollards bahabwa na genocide,abakunda igihugu tuzokigwanako mumaramare,burya EAC izosigaramwo nde?Ahantu hari umututsi muzoba mumbwira si uburundi gusa nabandi bagiye kuyivamwo,abo badagi n’abandi banyabulaya nukuli turabiyamye,ubu sibo bafise amahera bonyene,izo mfashanyo tuzoteba tuzironke,ivyo vyokuryana entre nous ,murareka dupfe duhezanije muce muza,

  • IMANA IRAKWIYE KUGARUKIRA UBURUNDI NA BARUNDI!ESE AYAMAHANO TUGIRE TUBONE KUMPAMVU YABAMPEMA YUZUYE!!MANA HINDURA ABOBANTU BIGIZE IBIMANA!!

  • nibareke nahatarinkoko buraca mbebibaza kwabagenzi b’uburundi arabogusa?nagombandemeshabarundi bose ivyobihugunye vyatwimye ifashanyo yamatora ntiyabaye?abagenzi bariho rema

  • Bashake bagire gute ntiduhindura twarikukiye, abobabirigi nibobarimye urwanko mubarundi none bariko barashaka kurimurwanko mubihugu bibanyi navyo bizobagira kuko afrika igomba kubereka Ko arisinkizindi. Aba Birigibaratsinzwe ganza Burundi ganza.

  • Na kera bambar impuz zibit barabah!ubundi badufasha ngo duheb kurim?

  • non gaman tugiregut?uwuvuga ko twikukiy mbega ko umana asohogwa na se,non ntamfashanyany ushobor kumuronderak ukund?

  • @Big star
    Ijambo uvuze ndarishigikiye rwose,twakuze twumva ngo imfashanyo,abatutsi birigwa bavuza induru ngo dufashe,muka nduwayo wa mu ministre yatumarira abantu ntimwari bwumve yari dufashe,ba barankitse bagonda amazosi ngo bariko bafasha impfuvyi z’abahutu,nubu ngo ari muri rebellion ngo mfasha ngo mfise abana,mwe izo mfashanyo mwarabonye iyo zija,aho simvuze ababiligi umwanya wose bama ariba:"pfungura rugurika,sinduhije,calavera...."sinon amahera ntayo turungika,qu’ils aillent se faire voir nabo batutsi bafashanije kutwica,nabo nyene batishe abanyecongo nabo nyene ntayo bafise,utwo tugesera tw’utubiligi tumeze nk’udukecuru twamaze abagabo turiko dukwira isi yose tuduteranya n’ababbanyi n’abagenzi car on leur a tenu tete,turabiyamye ntituzopfa twemeye ko basubira kuduterekeko umututsi pour qu’il recommence às’engraisser comme un porc sur nos epaules,Ivyo wavuze nivyo ,wokwama wibaza ko ari ama tracteurs yo kurima imisozi baduhaye,ikindi bibagira ko izo mfashanyo atari abahutu bazirya bonyene,àmoins que abatutsi barondeye iyo babashira pour les sauver car batazi gukora ikintu na kimwe,twebwe abahutu tuzokwimenya gushika amahera abonetse,ariko batuvireho,mbe ambassade y’ububiligi ikoriki i burundi,batwiciye umubanao n’abandi,nabo batuvireho

  • ABOBABIRIGI BIBAGIYE AMABI BAKOREYE ABARUNDI MURIKAHISE NIBATUREKE BARABEKO TUTAZOBAHO UMWANA ABURA SE NTABURA SHEBUJA UBURUNDI NTIBUGIFATIGWA MUGWARA,AYOMABI BAGOMBA KUGARUKANA NTITUROTA DUTA UBURUNDI KANDI NTIBISHOBOKA NTAWUKORAKO KAGAME TEKANA .NIZOMBUNUZA WISHIKIJE.

  • niyumvirako arinyishu kuburundi kuko inkubisi ya mavyi irayitarukirizako

  • Nibabahe akato izo nkozi z ibibi

  • Ariko abantu barantangaza!!!
    Mbe izo mfashanyo bahayagiza,n’imfashanyo za gusa,canke?

    Ko nzi iwabo n’umuzungu atacijana,umuntu yoca yibaza ngo n’amafashanyo koko?

    Ni bateshwe bate,twarabahinyuye kw’ari ba nsumirinda nk’aband’abo!!!

  • Aka n’akumiro pee, abadage ngo impfashanyo? ubuse ko al’ubutaka bwabanyafirika birirwa biba batwaliwabo, noneho bakagaruka ngo batang’impfashanyo ikindi bafite nigiki babafashisha atalubutaka bwafurika biba, ahubwo igitangaje , nuko abategetsi babanyafurika babuz’ubwenge bwo gutwara neza ibihugu byabo, ahobwo bakirirwa bakomeramashyi izo zagashakabuhake ngo ni babahe impfashanyo naho bali kubakurura ngo baze kubasenyer’ibihugo no kwicha abanyagihugo babo batitaye kubuzima bwabo, ahubwo bibereye mu nyungu zabo bwite, niba uburundi budafatanyije n’abadage si kuki budafatanya nibindi bihugu? ubon’umuzungu akubeshya ngo alagusekera, ukibwira ko agukunda naho nukukubeshya, iyo mubabona muli afurika baje gusahura umutungo wanyu babanza kubabeshya ngo balabah’impfashanyo kandi izo mpfashanyo zaviyiwanyu, twe tubalimo tumaze kulaba byinchi , nta kintu bigirira, atali afrika yachu bose bapfira gushira.

  • Reka babereke. None ko abarundi mwihagararako kandi muri igihugu canyuma kw’isi gikenye? Mbega ko mwigana Kadaffi? Erega Libye ya Kadafi yari itunze ibitoro.Mugabo mwe ntagitoro mufise,mwishimikije amavoka. Mbega ayo mavoka niyo azohemba abasoda n’abapolisi? UBURUNDI BURAKENYE CANE,NTIHARAGERA YAHO TUBONA KO DUSHOBOYE KUKO N’IMITI NTITWORONKA AYO TUYIGURA.

  • Iyi MIKOMA y’abarundi ataco izopfa yimariye,TANZANIA,KENYA,OUGANDA zirapfukama mugusaba imfashanyo kubazungu nketswe mwebwe mukiba munzu zivyatsi n’ibiraka kunyo impuzu zababoreyeko,muzobibona basha rindira ikilos c’isukari kije kuri 10000FBU,NKURUMBI nabiwe turabe kubazoja kurima ibijumbu nkamwe.

  • NONE mwebwe mwari muzi ko bizogenda gute.mugihe nkurunziza atunvira abamuhanura akataraza karinyuma

  • @ fidelite nibaza niba warize canke mbe hera kw ibyo bifaransa uvuga ukurikizeho iyi internet ukoresha mbe byazanywe na abarundi mbe aho urwana n umutima wawe wirwa wiyotsa amacakubiri urusha nde ubuhutu ntiwaba umuhutu w ubwenge aho kuba umuhutu ureba umupanga gusa sinakurenganya iyoba wamenya akamaro amakungu ntiwavuga uko mbe kombona abayobozi n b abashingamateka birukiye hanze niba ntaco bahaziga bagiye kurondera iki ariko sinakurenganya iyo wiga uba uzi ukuri naho waba warize uhemberwa kubiba inzangano wari ukwiye kureba kure

  • @none
    mwe mwa bana bejo ba mureka kuvuga ivyo mutazi,ayo mashuri uyazi ko iki?Afasha iki?Abanyamerica nibo bantu bize amashure menshi mukwicana no mukwanka abandi nibo ba mbere,abatutsi mu myaka iheze bari barize bonyene aho twebwe batwirukana bakatubuza kwiga,canke bakatwiba ama diplomes aho hose baba bariko bariga,ariko bari mu ba mbere kw’isi ntarabona abo banganya ububi,ubwicanyi ,bafata umugore bakamubaga afise inda umwana bagata hanze,inkumi bagatungira imigano,amabere yuwonsa bagaca ,abana bagata ku mbabura,rero wewe iga ayo mashuri yawe ,wongere ukwize inkundo hose aho ushaka hanyuma jewe undeke idiot .

  • Harimuntu duhatswe guhuza izinayanditsengaha arikowewe yitwa None ariko jewe ndi None?

  • Ni hatari iyo usomye ukabona ubujujuj bwuzuye mu bintu abantu bandika hano, bitera kwibaza nukuri. Hari abibagirwa ko imfashanyo arizo zibeshejeho igihugu, hari abakangwa n’udufaranga bafise bakibaza ko bageze iyo baja..., U Burundi burakenye ni bwigenze neza bukomeze bubone izo mfashanyo hanyu buzikoreshe neza kugirango ejo ntibuzokongere kuzikenera ahubwo buzibesheko maze mubone kuvuga ayo mwishakiye. UWUTANANIGWA AGARAMYE AGIRA NGO IJURU RIRI HAFI!!

  • Burundi uriwe n’abo wibarutse! karaciye ingani Uburundi bukumirwe n’ibindi bihugu vya E.A.C mu vy’ubutunzi n’ukwishira n’ukwizana kubera mandat ya3 ya NKURUMBI ? Mana tabara abarundi n’uburundi,ntitugwe mw’isanganya !

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.