Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Econet Leo : Agaseke ka WhatsApp+Facebook+Twitter umunsi wose - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > ECONET Leo > Econet Leo : Agaseke ka WhatsApp+Facebook+Twitter umunsi wose

Econet Leo : Agaseke ka WhatsApp+Facebook+Twitter umunsi wose

lundi 18 Mukakaro 2016, par Jean De Dieu

Econet Leo yazaniye bishasha abanywanyi bayo, mu kubaronsa agaseke ka WhatsApp, Facebook hamwe na Twitter ku mafaranga amajana ane na mirongo icenda y’amarundi (490 Frs Bu).

Ako gaseke gatangwa na Econet Leo kamara umunsi wose (amasaha mirongo ibiri n’ane) umunywanyi ariko arandikirana n’abandi, canke akurikirana ibiyagwa kuri WhatsApp, Facebook hamwe na Twitter.

Umunywanyi ashaka kwironkera ako gaseke afyonda ku *405*5#


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.