Accueil > Serivisi > Pub > Bannieres Mobile > Econet - Vyemere International
Econet - Vyemere International
vendredi 10 Nzero 2014
Paterne
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Accueil > Serivisi > Pub > Bannieres Mobile > Econet - Vyemere International
vendredi 10 Nzero 2014
Paterne
Messages
21 Nzero 2014, 13:31, par Evariste
Ivyo Bintu "vyemere..." Kuvaho Vyavugiwe Sindabibona Canke Numve Nuwatelefonye Kurico Giciro. Ntimuze Muraduhenda!
7 Ruhuhuma 2014, 15:16, par Sebarundi kenya
Ubarundi baragoye nanditije ntatorebirashushe
10 Ruhuhuma 2014, 19:54, par jean bigirimana
Twaruhijwe nakajagari kari mu Bndi kabanya migambwe
26 Ntwarante 2014, 22:07
Ico Nashaka Nuko Mwoduha Ibiciro Bike Vya Internet Kugira Murye Iyindindi Mihora
4 Rusama 2014, 18:13, par irakoz gerv
oya muga namw murarengej kumugopo.mutwara meshi pe!100 nirinini..au moins 50.ahandi naho nibo
27 Rusama 2014, 19:39, par Nishimwe willy
Jewe ndiko ndakoresha internet biranya amahera nkurirako hagendemakenasaba
27 Rusama 2014, 19:50, par Nishimwe willy
Nanje ndumva nintegezacitsekuvyonumvamuburundi bijanyenabarikubtegetsi kuberikibatagombakuvakugiti?
5 Ruheshi 2014, 07:35, par mwami
mana garukir
a igihugu c uburundi
16 Ruheshi 2014, 16:51, par kim
David nkumukuru wugwaruka twemera ntiyobesha kuko ivyo urwaruka rumwerumwe ruhora ruratukisha izina ryurundi rwaruka
16 Ruheshi 2014, 17:25, par kim
Mana hezagira uburundi ubukuremwo urwanko ataho rufatiye twese turi bamwe turabana bimana turengere ivyimigabwe nubwoko dukundane
22 Ruheshi 2014, 22:18, par Ndayikengurutse Samson
Ibiciro vya Econet biragoye muze mugabanye
8 Mukakaro 2014, 01:07, par clement
Iyi econet yanyu muraduhenda ngo mwaganuye muga ntibiba arivyo!basi niba ari impot nyinshi mutanga mukabisigura twovyumva,kandi réseaux yanyu irateba cane nka internet,canke uhamagara ruguru haraho vyanka,gerageza mugabanye
21 Mukakaro 2014, 21:41, par Naasson Nyandwi
mukwiye kugabanya ibiciro vya internet kugira bose bagire ico yobamarira
25 Nyakanga 2014, 20:26, par tuyishime cari ntavutse 15 7 1992 mukarere huye umurege ngomga
murakoze¡menbe munyakiriye ndashime bayozi iyigahunda mwashyizeho niziza icya nbere umutekano ?icyakabi ubuzima amategeko?amabwiriza? ntamahoro?ntacya kobwa murakoze amaku agesweho iterabere rirakataje rubyiruko tufe igufu ikibi ntikiza?
1er Gitugutu 2014, 07:34, par barutwanayo jonas
turashima kukuntu mwitaho abanywanyi muga hari ico tudashima nka sms kuki muzitwara zitarahera??kiyago mworeka nayo igahera aruko uyimariye vyoturyohera kurusha.muduhe ibiciro vya internet biciriritse
10 Munyonyo 2014, 18:38, par 76031223
Guterefona kuri 1OFBu nikuminsi iyahe kontarabibona.Kandimurabeneza ntiduhebegukoresha Econet
kuri navigation Kuko mudutwara amahera arenze kwemera
28 Munyonyo 2014, 20:47
Mukwiye gukwiza amanteni hose nkakurya kwa Leo. Canke muregere anteni iri mukagongo , rumonge ifate mukizuka
15 Kigarama 2014, 19:30, par buname
Mukora neza ariko ahandi twagenze amahanga bonus umuntu yoyigumana gushika ihere ico no kwita promotion ikaguma ihera uko utere phona ariko ntibe iminuta cankwe amasaha 24 ibindi nisawa komera mutere imbere m6twibuke kutworohereza kuma internet kugugene ama megabytes agenda arihuta numurongo harimigihe bitihuta mais nivyiza muri rusangi
15 Kigarama 2014, 19:30, par buname
Mukora neza ariko ahandi twagenze amahanga bonus umuntu yoyigumana gushika ihere ico no kwita promotion ikaguma ihera uko utere phona ariko ntibe iminuta cankwe amasaha 24 ibindi nisawa komera mutere imbere m6twibuke kutworohereza kuma internet kugugene ama megabytes agenda arihuta numurongo harimigihe bitihuta mais nivyiza muri rusangi
7 Nzero 2015, 11:58, par BUNWA
IFOTO
27 Ruhuhuma 2015, 16:44, par islam
Bihenze igisagara c’akiriye inkenzi nyishi kw’isi n’imakah mur arabia saudite kandi kikaba gifise ibibanza vy’iratiro bitat’ agaciro
5 Ntwarante 2015, 17:25
Muri ibi bihe bigoye Perezida w’Uburundi arimwo ntiyarakwiye kora ku kintu ico arico cose kivuye mu bihugu vy’( incuti )! Ubu hasigaye hari ubudyo bwinshi bwo kwicana. Ariko mundabire abo Bantu bose bakorakoye kuri ako ( gashimwe)! Abahutu benshi ntibaraca urwevu mu vyerekeye umutekano wabo.