Accueil > Amakuru > u Burundi > Edouard Nduwimana asaba abarundi kwitaba amatora y’umukuru w’igihugu ari (...)
Edouard Nduwimana asaba abarundi kwitaba amatora y’umukuru w’igihugu ari benshi
lundi 20 Mukakaro 2015
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Edouard Nduwimana atera akamo abarundi kwitaba amatora y’umukuru w’igihugu gusumvya uko bitavye amatora y’abajenama b’amakomine n’abashingamateka.
Edouard Nduwimana ashimira abitavye amatora y’abashingamateka n’abajenama b’amakomine kuko babungabunze amahoro n’umutekano.
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Edouard Nduwimana amenyesha ko ingingo zose zikenewe zafashwe kugira umutekano uzobe wubahirijwe ku biro vyose vy’itora mu gihugu cose.
Edouard Nduwimana arangiza ashimira imigambwe yose yitavye amatora y’abajenama b’amakomine n’abashingamateka yo kuwa 29 Ruheshi 2015.
Van Naris Mugisha
Messages
20 Mukakaro 2015, 13:41, par kuri
NDUWIMANA URUMUGABOWIJAMBO KOMERA
20 Mukakaro 2015, 13:44, par Dezire
Uwomushikiranganje.Turamwemeye Kukonugabowijunjanijambo
20 Mukakaro 2015, 14:04, par WWWWDDDDAAAAEEEE
MUTAMA NTIWIHOGOZE TURAZIKA NKUMWA KATUZOZATURIBESHICANE KUMWEMEZA SEBARUNDI PETERO NKURUNZAZA IJANA %% KWIJANA %%
20 Mukakaro 2015, 14:27, par Kanyosha
Nyakukwubahwa ntiwihogoze ahubona twebwe abenegihugu ayamasaha asigaye ntitubona araheze tukigira kugasadugukamatora kwerekana twebwe ahoduhagaze.
20 Mukakaro 2015, 15:22, par yumuye
turotora gwasa nahatiyamamaje naweturabe impaga turotera sndd
20 Mukakaro 2015, 16:22
Tozoyitaba mutama komera gusa muze muhidure tax mu gihugu cuburundi
20 Mukakaro 2015, 17:02, par hakimathias@yahoo.fr
ahhaaaa!!! butevye guca.
20 Mukakaro 2015, 17:03, par Iribuka
Uwo ahamagarira abanyagihugu munkinamico yabe na nkurumbi be nampemayuzu ariwe ndayicariye bena mpemukendamuke ariwe ntahorwamiye,uwu nduwimana ariwe njiyobiri agomba ico yishirira munyaga yiwe,ariko ndamuciriye uwumugani : nubur kumunwa burakoroka.
20 Mukakaro 2015, 17:31, par Justice kuribose
Mbega uwo mumenja ngo ni nduwimana,ahamagara band?yatay umwanya ngo yats umugambw mutama RWASA arko Jacques yawuhay yoba yarons amajwi angah?turans kuba abaja b’ivyitso.
20 Mukakaro 2015, 20:47, par misago aloys
twemeye. gode froied nivyogabashikiranganzi. ?
20 Mukakaro 2015, 23:00, par Izai
murakozekunyibutsa cejo?ntawontangayo murakoz.
21 Mukakaro 2015, 19:23, par gasore
twarabonye ko cndd itinya amatora iyo mutama rwasa yitoza nta ntambwe mwari gutera.ariko bitebe bitebuke igihugu ni rwiwe.komera mutama