Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Egypte : Igandagurwa rya Shaima Sabbagh ryagarukanye icuka kibi muri (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Egypte : Igandagurwa rya Shaima Sabbagh ryagarukanye icuka kibi muri (...)

Egypte : Igandagurwa rya Shaima Sabbagh ryagarukanye icuka kibi muri poritike

vendredi 30 Nzero 2015

Abakenyezi bo mu gihugu ca Egypte bamenyesha ko bababajwe n’igandagurwa ry’umwe mu bagore bo ngaho muri ico gihugu yari azwi nk’umunyeporitike akomeye.

Shaima Sabbagh yishwe ku wa gatandatu uheze igenekerezo rya 24 Nzero arashwe amasase mu mugongo. Urupfu rwiwe rero rukaba rwaciye rukwega icuka kibi hagati y’ubutegetsi n’abatavuga rumwe. Kuri uyu wa 29 Nzero,inyuma y’iminsi itanu gusa agandaguwe, abakunzi ba Shaima Sabbagh cane cane b’abakenyezi bakaba baciye bihereza amabarabara, babanje kwiyegeraniriza hamwe, inyuma yo gukoma akaruru, biyamiriza igandagurwa rya.

Basaba ko umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu yokurwa vuba bwango. Umugambwe wavamwo uwo mukenyezi ariwo Alliance populaire socialiste, co kimwe n’iyindi migambwe yose itavuga rumwe na Reta, ikagiriza igiporisi kugira uruhara muri iryo gandagurwa.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.