Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
EURO 2016 : Portugal ya Cristiano Ronaldo yashitse mu gice ca kabiri (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > EURO 2016 : Portugal ya Cristiano Ronaldo yashitse mu gice ca kabiri (...)

EURO 2016 : Portugal ya Cristiano Ronaldo yashitse mu gice ca kabiri gishira ica nyuma

vendredi 1er Mukakaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Umurwi nserukiragihugu wa Portugal washitse mu gice ca kabiri gishira ica nyuma mw’ihiganwa rya Euro 2016 ririko ribera mu ghugu c’Ubufaransa. Ico gihugu catsinze Pologne kuri penariti 5 kuri 3, inyuma y’aho iyo mirwi yompi irangije urukino inganya kimwe ku kindi.

Mu gice ca kabiri gishira ica nyuma, Portugal izohura n’umurwi uza gutsinda kuri uwu wa gatanu hagati ya Wales n’Ububirigi.

Amwe mu masanamu yaranze urwo rukino


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.