Accueil > Inkino > FOOTBALL > EURO 2016: Uko imirwi izohura mw’ihiganwa vyamaze kumenyekana
EURO 2016: Uko imirwi izohura mw’ihiganwa vyamaze kumenyekana
dimanche 13 Kigarama 2015
Uko imirwi nserukirabihugu izohura mw’ihiganwa rihuza ibihugu vyo ku mugabane wa Buraya EURO 2016 vyamenyekanye. Imirwi 24 ihuriye mu mirwi itandatu itandukanye.
Mu murwi wa mbere A harimwo : Ubufaransa,Rumaniya,Albaniya hamwe n’Ubuswise.
Mu murwi B harimwo: Ubwongereza,Pays deGalles,Uburusiya na Silovakiya.
Mu murwi C harimwo: Ubudagi,Irlande yo mu Buraruko,Polonye na Ukraine.
Mu murwi D harimwo: Espanye,Republika ya Ceke,Tirikiya na Croatia.
Mu murwi E harimwo: Ububirigi,Republika ya Irlande,Ubusuwede n’Ubutariyano
Mu murwi wa nyuma F harimwo: Portugal,Island,Hongrie na Autriche.
Mwomenya ko inkino za ERURO 2016 zizobera mu gihugu c’Ubufaransa.
Van Naris Mugisha
Messages
1er Nzero 2016, 23:11, par Claude NYANDWI
Amahirwe yo gutahana igikombe muyaha igihugu ikihe? je ni espagne.