Accueil > Ubuhinga bwa none > Internet > Facebook yuguruye ibiro vya mbere muri Afrika
Facebook yuguruye ibiro vya mbere muri Afrika
mardi 30 Ruheshi 2015
Umurongo ngurukanabumenyi wa Facebook wuguruye ibiro vyawo vya mbere ku mugabane wa Afrika.
Ivyo biro bizokorera mu gisagara ca Johannesburg, umurwa mukuru w’ubudandaji w’igihugu ca Afrika y’Epfo.
Facebook ivuga ko ifise abanywanyi bayo kandi bayikoresha ku mugabane wa Afrika bashika ku miliyoni 120, abashika mirongo umunani kw’ ijana bayikoresha bakoresheje telefone ngendanwa.
Facebook izotangura guteza imbere ubudandaji bwayo mu gihugu ca Kenya, Nijeriya na Afrika y’Epfo.
Messages
30 Ruheshi 2015, 15:44, par JAEN
TERIMBERE NKUMUZINGA
30 Ruheshi 2015, 20:50, par Ndayisenga Félicien
Oya Nimukomere Ahubwo Barugurura Iyi Bureau Mu Kayanza- Burundi NIho Vyoba Vyiza Gusumba
2 Mukakaro 2015, 20:47, par Karangwa Emmanwel
Mukirundo Natwe Muzadushirireho Bireau
2 Mukakaro 2015, 20:50, par Karangwa Emmanwel
Mukirundo Natwe Muzadushirireho Bireau
3 Mukakaro 2015, 16:34, par FERDINAND
ICONIPFUZA.NUKOMWONYEREKA.AHOBACA.MUKUNAVIGA.MWOBA.MUKOZE.
3 Mukakaro 2015, 16:58, par NSAVYIMANA Emmanuel
MBEGANONE MUBURUNDI HOHO NTABIRO YOKUGURURAHO?MBEGANONE IZOGABANYA IBICIRO KURUSHAUBU?
8 Mukakaro 2015, 17:06, par ADA
YOYA
31 Mukakaro 2015, 20:25, par Gilbert NZAMBIMANA
Terimbere,ariko Mwibuke Kutugabaniriza Ibiciro.
29 Myandagaro 2015, 18:37, par KING
MUKAYANZA HARAKWIYE BIRO
1er Munyonyo 2015, 19:53, par Fulgence manayubahwe
Karusi irakenewe bireau yayo
22 Munyonyo 2015, 09:16, par Raoul
NIvyiza!
1er Nyakanga 2016, 09:51, par Syriaque
Nashaka Munyereke Amafoto