Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fariouz > inkuru > Fariouz ntiyajanywe na kamwe mu giteramo co mu Rwanda (Amafoto)
Fariouz ntiyajanywe na kamwe mu giteramo co mu Rwanda (Amafoto)
lundi 20 Gitugutu 2014
Mu giteramo "Explosion Concert" cabereye mu gihugu c’Urwanda, Fariouz yahahuriye n’abandi baririmvyi bakomeye bo mu Rwanda n’Ubuganda. Fariouz yaranahahuriye n’uwo bivugwa ko bavyaranye.
Igenekerezo rya 19 Gitugutu, Muyoboke Alex yateguye igiteramo ntumbero yo guhuguza abaririmvyi yahoze afata mu mugongo ari bo: Urban Boyz, Dream Boyz, na Tom Close, kuri abo hiyongereyeko Big Fariouz na Jackie Chandiru wo mu Bugande. Fariouz yari yatumiwe nk’umuririmvyi yahoze atumirwa mu biteramo biteguwe n’uwo Muyoboke Alex, amakuru turonka avuga ko yaronse akanya ko kuririmba zimwe mu ndirimbo ziwe zakunzwe cane narirya uwo muririmvyi asanzwe akundwa cane muri ico gihugu.
Amwe mu makuru yemeza ko igiteramo citabwe n’abantu benshi naho hari bamwe mu bari mu giteramo bavuga ko kitibawe ikirenga. Hari n’ayandi makuru amwe ava mu kinyamakuru indundi.com avuga ko Fariouz yoba yahahuriye n’umukobwa bivugwa ko bakundanye kandi boba baranavyaranye n’umwana.
Amafoto yaranze igiteramo
Cherif Nkeshimana
Messages
20 Gitugutu 2014, 11:36, par munda nikure
Uwomusore wacu n’imfizi pe!!!!
11 Munyonyo 2014, 22:01, par bobodieudonné
nukuri fizzo arashoboye ariko nagire amerenkabandi ashikane rwiwe.
25 Ntwarante 2015, 22:10, par Ndayishimiye God
Aba star bacu wapi John Mary wingozi na we yara vyaye umwana Aramwiha kana na fiz.. biruko nu kuri tubasengere
21 Ndamukiza 2015, 21:53, par Ndayishimiye Albert
Fizo,vrmt turamukunda cane,ariko nuko aza araduta yigira mubu franca,gusa courage.
5 Rusama 2015, 19:58, par NIYIKUZA FABRICE DA SILVA Jr
NAKUNDI VYOBA BIRI NAMWEMERE
8 Rusama 2015, 19:58, par J Clo2
uy mu last wacu yiyubar ntazaherz nab!
30 Rusama 2015, 09:22, par ABU
FIZZO YOBAYARAVYEMEYE.YUKOBAVYARANYE.NUYOMUGORE?
1er Ruheshi 2015, 13:02, par Ndayisaba jules
Ngomba umushel mwizagose
1er Ruheshi 2015, 21:12, par eric mpawenimana
Nivyiy Can Turabona Vyaribihimbay.
15 Ruheshi 2015, 17:18, par levyjolis Nishemezwe
nivyiz
20 Ruheshi 2015, 14:34, par Ngabire Aime Lionel
Big Up Big Fizzo Mu Burundi Turakwemera Cane Nk’umuririmvyi Azi Akazi Kiwe.
24 Ruheshi 2015, 22:10, par Niyomwungere Jérome
Non Kombona Ko Umenga Harimwo Abakobwa Bari Gusa Batikwij Mubona Batatay Indero Ndundi
1er Mukakaro 2015, 08:26, par Kahihira Jonathan
Nivyiz cane vyar bishemey bitey igomw!!ndababaz uw mukobw bakundany ni wamufarans cank n umunyarwnda??
7 Mukakaro 2015, 20:14, par Bumwe Anicet
Uwo Muyoboke Alex Yaririmvye Indirimbo Izihe?
13 Mukakaro 2015, 20:51, par Bèatte Nikuze
kweri farias ntaz hav anyegez umwana nka cris brony me gus uwo mu bire umeng aramara kugwenge!
15 Mukakaro 2015, 03:58, par prosper cendus cankuzo
mbega numugorewiwe
20 Mukakaro 2015, 20:21, par etienne stepha kabura
umuzki urahuza bensh ubucuti bukagwira impand zos umukobw fizou bavyarany abah? concert yariberey vya danger ok fiz komera
10 Myandagaro 2015, 22:54, par 71863880
N mbo man birarysh man
11 Nyakanga 2015, 06:13, par jibati
Noe uyomudem bavyarany naw numusani? Ubu abah? Uwo abiz yotubwir
12 Nyakanga 2015, 21:34, par sibomana christophe
fizzo vrement arashoboye turhpfuz kumeny amakur yaband nka yoya
14 Nyakanga 2015, 22:26, par juma mpongo ibuhiga karusi
fizzo ni king mu musiki wo muburundi arashoboye kweli
28 Nyakanga 2015, 22:02, par Pacifique KANTIZE
Vrmnt Fiz Arashobye Mugab Umusani Avyaye Ntasubir Kuvuma Ntibobirka Non Kuvyara?Mbeg N John Wew Gut?Turamkunda.
28 Nyakanga 2015, 22:03, par Pacifique KANTIZE
Vrmnt Fiz Arashobye Mugab Umusani Avyaye Ntasubir Kuvuma Ntibobirka Non Kuvyara?Mbeg N John Wew Gut?Turamkunda.
20 Gitugutu 2015, 19:43, par PASCAL
IYONKURU IMBEREYE NSHASHA.GUSA FIZZO NDAMUTEYE INTEGE,NAKOMERE
28 Gitugutu 2015, 12:36, par Alain George
Fizzo Nuwambere Kweli.
5 Munyonyo 2015, 20:44, par ngabirano prosper
fizzo ni number one mu ba star b’uburundi
6 Munyonyo 2015, 03:08, par Ezechiel Carius Ndayihimbaze
Respect to Fizzo,ni General Koko Mumuziki arashoboye Pe!!mais ayo makuru ambereyma mashasha
10 Munyonyo 2015, 12:41, par Nduwamahro J Claude
Nne Uw Mukobw Fizzo Aramwemera?
29 Munyonyo 2015, 12:11, par Nick son
Fizzo turamwemera mé barek kudufungira umu sani kk twebw abafanzi biw biratubabaza sana
10 Kigarama 2015, 22:36, par Meluey Super From Ngozi
Kuvyara Sio Noma!Abe Mugabo Nuwo Mukobwa Yari Umu Star?Ata Uko Fizzo Nawe Yoba Yarasarishij!So BURUNDIAN respect!
15 Kigarama 2015, 22:27, par leandre saidi
vyarivyiza gooose
2 Nzero 2016, 12:29, par GUY
FIZO respect genelo mku incinzima bachakakumucafuz jewe nibaz ko atarivy !
25 Nzero 2016, 23:34, par divin best
vrai umuntu uwarewe wese ntabura umwansi
25 Nzero 2016, 23:36, par divin best
vrai umuntu uwarewe wese ntabura umwansi
31 Nzero 2016, 21:36, par Ngendakumana aimable
none uwo alex, niwe yaforomye fariouz kuririmba?
2 Ruhuhuma 2016, 23:22, par Jean big pierre
REKA BINENEPERE
4 Ruhuhuma 2016, 21:00, par JONA
ORA FIZO ARIHEJURU BABWIR
5 Ruhuhuma 2016, 12:28, par Niyongabo
Turagutey Intege Urumuhinga
6 Ruhuhuma 2016, 11:09, par Rickson.
Fizzo ndo king wa burundi.
6 Ruhuhuma 2016, 17:50, par OMMY
MUKOMBOZI VP?
11 Ruhuhuma 2016, 13:53, par BLANK PO CHECK
fizz ni ndovyak king wa burnd
1er Ntwarante 2016, 13:06, par akimana jean marie
non nagomb kubasab izo ndilimb ndabashimiy kuvy mwakoz
2 Ntwarante 2016, 20:21, par Joas
Jewendumurundi Nkabanshakakubaza Mbe!Big Fizzo Mwiyimisiyobategekanya Kushirikinabandibaster Burwanda?Nka Nowress Nabandi.
3 Ntwarante 2016, 08:53, par James
respect Fizzo kabxa arashoboye
5 Ntwarante 2016, 21:50, par tuyizere innocent
fariyazi arashoboye nigikoko uwo mwana sikizhma amwemera uwo mukobwa ndibazako uru mustar
12 Ntwarante 2016, 20:14, par Yamuremye eugene
vrement vyaribiryoshe
12 Ntwarante 2016, 23:01, par Nsengiyumva Blaise
Nivyiza Turamukeneyd Gitega
15 Ntwarante 2016, 10:38, par Wilsmith de klerk
vyoba vyiza cane hagiye harabaho ibiteramo bihuza abaririmvyi buburundi n’urwanda kuko biratuma habaho uguhuza ivyiyumviro.fizzo nawe ndumva bindyoheye kuko burya umuryango ububamwiza iyo wubatse rukaguma kandi vyoba vyiza bikunze bagasubirana kuko iciyumviro cindirimbo ya fizzo yise Esiyomenya Kikaja Ahabona Akareka Kwicuza.
22 Ntwarante 2016, 07:14, par Nyambaro Star Apapa
Bigapu Sana Big Fizzo Turakwemera Sana Nkajewe Ati Komeza Uberekekomutangana.Think U Very So Match I Love Your Music
25 Ntwarante 2016, 12:32, par SAMSO
IVYO NONENIVYO ARAFISE UWUNDI MUGORE?NAWENENU WINDANI
3 Ndamukiza 2016, 20:47, par berchimas
komeza utere imbere turagushikiye fizzo
4 Ndamukiza 2016, 17:15, par man fizo
tukurinyuma ninayo mpanvu tug,sengera general big farious nami nayitwa fiz
6 Ndamukiza 2016, 17:52, par jesus aime tuyihimbaze
Fizz ni gic"
7 Ndamukiza 2016, 21:43, par LEANDRE SAIDI
KOMERA DI FIZZO URI IGIKOMANGOMA MUBURUNDI
11 Ndamukiza 2016, 18:04, par Pascal
Twashaka Kumenya Uko Vyagenz
13 Ndamukiza 2016, 20:52, par Tuyisenge jean de dieu
Ikigiteramo iyo cabera mu burundi vya kub ar ivyiswag
29 Ndamukiza 2016, 17:50, par nzohabonimana elias
igiteramo iyokibera muburundi vyarikuba ivyadange
2 Rusama 2016, 20:38, par Bizimanana Tony
uwo mukobwo bavyaranye na fariasi?mbe fariasi yoba yarabemeje bakamukunda kurusha abo yahasanze?
9 Rusama 2016, 10:28, par Epitas junior
noe ninde muririnvyi yabiciye biracika mwico giteramo?yoba arinde?
30 Rusama 2016, 05:42, par smith
Twashaka mutubwire izna ryuwo mukobwa
1er Ruheshi 2016, 13:38, par Mateso Crown love
mutubwire ukuntu yifash kuri podium
2 Ruheshi 2016, 08:58, par Pablo Mzee Wa Kazi
Baramubeshera Farious Ivyo Sivyo
19 Ruheshi 2016, 12:38, par rukumani muyinga
Fariouz kwagusikia unamutoto tunakupenda fizzo
22 Ruheshi 2016, 23:54, par 76658607
chalom
6 Mukakaro 2016, 07:07, par Lionnel
eee reka abakore ahubwo nciye ndamukunda
4 Myandagaro 2016, 16:32, par Luckyman
Uwo Mukobwa Yahuye Nakaga
18 Myandagaro 2016, 23:04, par Niyimbabazi Ferdinand
Kwanini Fiz Anapend Rwanda? Mbona Haji Tanzania Ni Kwanini?
6 Nyakanga 2016, 11:28, par Vianney
Kwiyi Nkuru Ntaconfise Novuga
13 Nyakanga 2016, 16:17, par Ndayishimiye Andre
Fizo Numuririmvyi Akwiye Gutumirwa Nabaririmvyi Bakomeye Kuko Arashoboye
19 Nyakanga 2016, 13:08, par PASKAL MKOLA
KWANINI FIZO VIDEO ZAKE HATUZION KIMATAIFA. KAMA DIAMOND DAVIDO P SQUA
26 Nyakanga 2016, 21:08, par DISMAS NKURUNZIZA
EMW IYO NKURU NUKUYITOHOZA KUK NTISANZW.
3 Gitugutu 2016, 15:50, par umurund
fizo wap kuko abaririvyi yasize iburundi bariko baramusiga fiz kwel ubu ari fc
4 Gitugutu 2016, 21:52, par NEST-B
kuriki big fizo arumusambanyi nabireke ntaburyohe burimwo mbe aboko abakobwa bomwisi ko azobaheza rero abuzeguheba iyongeso abafanzi bazomuherako canke nanje ndamuceko muziki p6.
7 Gitugutu 2016, 21:28, par SWING LIN
BIG FARIOUZ Turakwemera Ariko Niko Urwaye Umugera Uragowe
16 Gitugutu 2016, 19:45, par Radjabu
Nukuri Fariouz Numuririmvyiwiwac Tukunda Cyane Ahubwo Naba Nyagwanda Turabashmiye Kuba Babakyiriy Neza
1er Munyonyo 2016, 21:30, par Uwimana Ezechièl
None Uwomukobwa Yavyaranye Nafizzo Cank Yavyaranye Naba Ndibaririmvyi????
19 Munyonyo 2016, 16:34, par anicet
kuririmba atabuntu bwimana,murikumwe,iherezo,nimumuriro ahubwo,niyegere,imana
15 Kigarama 2016, 20:57, par Erneste Nshimirimana
Kuberiki Fizzo Indirimbo Ziwe Zishasha Ntazironka.Non Noca Kurubuga Ugwahe?
16 Kigarama 2016, 01:28, par edmond
Fizo hap takuf warah , umugr ? ndanger san
26 Nzero 2017, 20:33, par tuyisenge pacifique
nibarek mutama wacu uterimbere,hama abobavuga ngo arway umuger barihenda, uwutarway umuger abagway igitigu cank n’ibind
11 Ruhuhuma 2017, 11:33, par isaac naitife
Ndabakunda Mwese Fizzo Kwata Bishasha Ndi Muri Congo Ndakunda Ndakunda Musc Wuburundi,
15 Ruhuhuma 2017, 13:43, par Sean paul-pa-jay
Noe k muburund havuy fariaz wenyen ntaband bashobo nk sat b naband...?nikuberik? Batumiy wenyen?
25 Ruhuhuma 2017, 13:12, par Baranderetse
Ndakunda Uyomuririnvyi Ndamusabiyeguterimbere
5 Ntwarante 2017, 19:25, par francois
ahubwo barasarishije kubona atawundi batumiye canke babonye abandi ataco bazi
28 Ndamukiza 2017, 22:31, par Zamine
Uwo Muririmvyi Nibitumwako
31 Rusama 2017, 12:19, par Pasikari Nsengimana
Esebuvya Fizzo Arakunda,igihugu
14 Mukakaro 2017, 19:27, par Donebligas
ndagufana Kwel
3 Myandagaro 2018, 01:55, par Thierry
Kizo baryari.
3 Myandagaro 2018, 02:13, par Thierry
None konumva ngo fizzo yatoye ubuhinga bwokurondera amafaranga nubwahe.