Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fariouz > inkuru > Fariouz yarungitse igisabisho asabira abariko bapfa bazira "democratie"
Fariouz yarungitse igisabisho asabira abariko bapfa bazira "democratie"
mardi 28 Ndamukiza 2015
Fariouz yarungitse igisabisho asabira Uburundi, abivuga afatiye ku bihe bikomeye aho Abarundi sinzi bari mw’ibarabara biyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.
Nk’abandi bose bakunda igihugu bafise umubabaro, uwo muririmvyi yanditse ati:" Mana yanje garukira igihugu cacu kandi wakire mu bwami bwawe abariko barapfa bazira Democratie".
Tubibutse ko bivugwa ko hamaze gupfa abantu bari hagati ya batanu na ndwi, abo rero ni bo Fariouz asabira kwakirwa mu bwami bw’Imana, ni bo kandi avuga ko bapfuye bazira democratie. Fariouz rero ari mu k’umugabane wa Buraya aho yagiye ajanywe no kuremesha ibiteramo. Mwibuke ko yavuze ko azogaruka mu Burundi amatora aheze.
Cherif Nkeshimana
Messages
17 Rusama 2015, 05:08, par Bigirimana Ransu
Mungu Akubariki Kuwakumbuka Warundi
26 Gitugutu 2015, 21:42, par nduwa
yavuzeneza
26 Gitugutu 2015, 21:44, par nduwa
yavuzeneza
22 Munyonyo 2015, 10:28, par NSHIMIRIMANA ERIC
BURYA URWAND.TUTAGWERETSEKO.ATAKINTU.COZA KIDUKANGA.NKAKO KAGABO KAGAME NTA NIJUNJA GASUVYA.NYENICUBAHIRO.PETERO.NKIRUNZIZAAKO.KA.PORO.GASUBWANA.FARIYAZI ITONDE URIMUKWAHA KWACU
24 Ntwarante 2016, 21:47, par Charles
Uwo Muririmvyi Wacu akora Ibikora Inka,kandi yiyumvira Neza. Ndamushimiye,nakomeze Aturyohera.
4 Rusama 2017, 23:39, par MOSES
NTIYAVUZE NABI