Accueil > Poritike > Imigambwe > FPN : Umugambwe wavutse amatora asigaje amezi atandatu
FPN : Umugambwe wavutse amatora asigaje amezi atandatu
mardi 2 Kigarama 2014
Umugambwe mushasha witwa FPN (Front Patriotique National ) imboneza ugizwe n’abiyonkoye ku mugambwe FNL n’iyindi migambwe ihurikiye mu runani ADC-ikibiri wavutse.
Mu kiganiro abatanguje uwo mugambwe baremesheje ku bamenyeshamakuru, bamenyesheje ko bamaze gutanga ivyangombwa bisabwa kugira bemererwe n’ubushikirangaji bw’intwaro yo hagati gukora ku mugaragaro, abamenyeshamakuru bamubajije impamvu biyonkoye kuri iyo migambwe bagashinga uwabo, yaciye amenyesha ko abarongozi b’iyo migambwe babahemukiye kuko bagize imigambwe nk’ivyibare vyabo kandi ko bashira inyungu zabo imbere gusumba inyungu z’abanyagihugu. Nibemererwa bazokora ataho begamiye haba mu migambwe yegamiye uwuri ku butegetsi haba mu migambwe itavuga rumwe nawo.
- Mukiganiro abatanguje uyo mugambwe baremesheje kubamenyeshamakuru
IGIHE
Messages
2 Kigarama 2014, 18:56, par king pretoria
Haaa ntacomugiyegushikako mujanywe nurudaruda.
2 Kigarama 2014, 19:06, par So
Mwagitoye murerekanye komwashishwe urazikubona ababaserukira birirwa baririmba iterabwoba Ngo intambagusa ivyonivyerekanako abobirirwa baririmba intambara sibimwe vyomjri 93 nagatatu badometse maze abanyagihugu banyarucari bomumokoyose bakabibonaboneramwo abadometse bakigirahariya bakarebera, ubuturashaka Ko abobohejurunyene bozowudomeke maze natwetwiyicarire ahantutwirebere ukuntumuriro badometse aribo uhitanagusa.
2 Kigarama 2014, 19:19, par jaffar
Mwabuze akazi mukora , canke urundi rudandazwa mugira
2 Kigarama 2014, 19:34, par jean
Bitwa ba nde abatanguje uwo mugambwe?
2 Kigarama 2014, 19:46, par ACSA NDUWIMANA JEAN MARIE
NI BABA BIYONKOYE KUBERA IYO MVO NIBAKORE TUZE TURABE IVYABO NABO
2 Kigarama 2014, 20:10, par ACSA NDUWIMANA JEAN MARIE
NI BABA BIYONKOYE KUBERA IYO MVO NIBAKORE TUZE TURABE IVYABO NABO
2 Kigarama 2014, 20:49, par ntibanezerewe regisi
None banse kubabwira uko bitwa ubwabo n’umugambwe batanguje uko witwa hama murubahuka mura publia?vs êtes suspets hamwe nabo.reka vyose tuzobihezagiza ingohe!bayi
2 Kigarama 2014, 20:52, par amissi
komuvugako abandi bashira inyungu zabo imbere ubu izonda zanyu tworaba mwazisize kumigongo? iyo ni poritike ya ba dd sonze mwigumy idiri yans bazobaca imitw mube mwegeka
2 Kigarama 2014, 21:01, par Christopher
Dutohoreza. Biyonkoye kwa Jacques canke FNL yahe? Ivyiburundi biratwengeje. Umwana wese asigaye yiyonkora. Abo tubita amareresi.
2 Kigarama 2014, 22:01, par Mbazumutima
None Ko Muburundi Ari Agahugu Gato Bazoteba Bashike Kumigambwe Ingahe?
2 Kigarama 2014, 22:39, par rwarakabije
ni demokarasi yutudumbidumbi
2 Kigarama 2014, 22:39, par rwarakabije
ni demokarasi yutudumbidumbi
3 Kigarama 2014, 05:42, par Kabizi
Inzara ni MBI!
Ibihemu vyose n’Imburakimazi kirabahuze!
Erega kuba mu mugambwe bose ntiboba abayitwara!
Mu Burundi hakwiye gusigara imigambwe itanu gusa abandi bakicara!
3 Kigarama 2014, 08:48, par MBIMBI
Basha nimuze muriyerekana kare kugira ngo nimba abanyagihugu babona bamenye ibibagenza mwese! Mwebwe mwabuzeyo ibiti none mugiye kuvyironderera!! Mwese muri abashonji gusa ahubwo mwebwe mugwaye ibit! Jeho mbona mutari mukwiye nukwemrerwa gushinga ako kadumbidumbi ko guhenda Abanyagihugu!!
3 Kigarama 2014, 10:12, par Sivyo
It’s later to do that but, they must choose which side they can play in coming election if not they are doing nothing.
3 Kigarama 2014, 12:36, par Girukwayo Pierre
Mbe Kuki Twebwe Abantu Nacanecane Abarundi Twikunda?Agahugu Gato Imigambwe Irenga 40 Yiki?Raba Igihugu Ca Rutura Amerika Ifita Imigambwe 2.Ha,iy Demokrasi Yuburundi Iratandukanye Niyibindi Bihugu Pe!
3 Kigarama 2014, 12:48, par Richardson
Nn ko dufis igihugu gito imigambw ikatubana myishi n kuberik?ugira wowo ntushira imbere inyungu zawo,rek sha twarabahinyuy,mb umukuru wawo ninde??
3 Kigarama 2014, 13:08, par moshu
Ooooh!ikigoyikirabarembeje murahera niyo ntwaro yagahotoro yaba ddd aho kuvahasi mwese mukayamiriza .mwifatanya nabo .abo ba ddd ni bi nywamaraso bazo banunuza amaraso
3 Kigarama 2014, 13:14, par Mbuta
Sonze mwireme.
3 Kigarama 2014, 16:33, par kayu
ayoyose nayinda
3 Kigarama 2014, 17:00, par Twaje
Ariko ntimwirengagize kwiyo aringaruka yubutagondwa bwa Leonce Nge agendera kumabwire yabibereye Bulaya bamubwira kuvuga amajambo yoguturira igihugu ntabanze ngwarabeko ahumuriza abarundi agapfakuyavuga ukoyabaye.
3 Kigarama 2014, 20:51, par Butame
Ninde awurongoye?bafise imigambi nyabaki!nibaza ko ari abaamaze guhinyura urwenge rwa Uprona,hamwe na Faiblesse ya RWASA bena Leonce!Gushinga umugambwe,mbona ko ari uburenganzira bwabo ,ni muri démocratie!n’abandi birirwa barahiga kuducacura imitwe kandi muri statuts zabo batigera bavuga mwo ibintu Vyo kwangazanya,ni babemerere,bavuge imigambi ayabo.Ataruko naho,nibayifute hasigare itatu"3"gusa,uwaba démocrate, nuw’aba nationaliste n’aba neutre.abakokeza intambara nabo ni babanze,bazane barya bana n’abagore babo bajabukanye hanze Tuzowotane,,,,,
3 Kigarama 2014, 21:06, par Christopher
Mbesha wakagabo wiyita Butame. Rwasa Agathon we murangana. Iyo mutamubona ubu muba mugezehe. Kuvuga Ngo afise faibless ingwane yagwanye hari namwene nyoko yo yishobora. Canke igihagararo afise hari numwe muri famille yanyu akigira
3 Kigarama 2014, 21:27, par NDABAZA
Mbega ni bande bategetsi buwo mugambwe mushasha FPN?
3 Kigarama 2014, 23:49, par So
Butame komera, Butame cimbatara, Butame ramba, Butame shirira Butame ndazerejwe nivyiyumviro atanze nivyukuri;
4 Kigarama 2014, 01:09, par sinegracia@
Iyonimigambi ya dd kugira bajurajuze injuragizwa ngo bungure abiyunze
4 Kigarama 2014, 09:57, par rashaad
Murakaze namahoro tuzobashigikira muzanye ivyiza
4 Kigarama 2014, 11:25, par pasteur
Ntacotuma ababona ubuzima bwabo bwokwisununura babanje kuba abanyepolitique. kandi nikobiri mugihugu cacu. umuze kubakurubuga gwapolitique ugahabwa amabanga mugihugu ucuterimbere kuko inzu ucuhabwa ingurane vyihuta, ingendeshwa yonahonyene ucuhabwa, parcelle ahozibaziriko zirapimwa amazina ajimbere nayabo, kandi nta limite kuko barahanahana, eka ubuzima buba akokanya luhindutse! mugabo igihugu turagisangiye, ntiborisha yose, kuko abarundi tumaze kubonavyinshi. inzirazose ducishwamwo ntiziyoberanwa, bizosubigwamwo.ntawazanye ikintu kwisi rero hazoteba habeho ubutungane buzokorera abenegihugu. nibareke bigirire imigambwe, bitubakire bitungire mugabo babara kuko bishoboka mugihugu iwacu. nkebure abobose bisasira ivyigihugu, ntimwarimukwiye kurira amatama yose kuko murabakozi bacu twebwe tubatora, mwarimukwiye kutwiyumvira kugirango nimana yabafashije ihezagire abomukorera namwenyene. biracagoye kuko abanyagihugu benshi tutafise ukotubigira mugabo, ibihe biraje, umwewese azokwishura kugahanga kiwe, imana ntiheranwa, naho tuzoba turikurunganwe rwakangahe? izokora. nidutinye ijisho ryimana, twihane dukizwe, abarundi imaniduharire. biramaze kugaragara kwatahotuva kandi tuja, igihugu cuzuye amaborogo, amarushwa namarira, dusigaye tugendana intuntu nagahinda nubwoba, nitwihane, duhinduke, dukundane, twubahane, ducimanza zigororotse, maze imana iduharire
4 Kigarama 2014, 13:25, par Butame Emelie
Christopher,barayamaze ngo umwonga 1 Wonza Inyoni,mvuganti nimba badashoboye kuyifuta ngo hasigare 3 ishingiye ku nyungu z’abarundi bose ni babareke bazokwiramura.kuba unyise akagabo ntibisigura ko ivyiyumviro nashirije atabobishikira,ahubwo nawewe witonze ukaraba uzoteba utahure faiblesses za barya bagabo!kuvuga ko tutangana na Rwasa,ntitukangane,iconzi n’uko imbere y’umuremyi,tuzohagararahamwe! kuba warwanye Ntibisigura ko utogira faiblesse,hohoyarwanyewenyeneahouvugangoiyotutamubona! Basi,yaratsinze muri zo ntambara yarwanye?yakoze gute 1993! ugira fnl niwe yayitanguye!Kudahanurwani Faiblesse ikomeye. Kuber’iki bamutesheje place ya 2è en2010 akaba yongeye kugira alliance!hamwe n’abamuhenze.n’ubu bazomusubira.Uprona yo ifise incabwenge nyinshi ntidufyinata. ."C’est la fin qui justifie les moyens!!".
6 Kigarama 2014, 00:07, par SINZINKAYO IDDY
Abarundi ntitwabuze imigambwe canke imigambi twabuze ishigwa mu ngiro ryayo.sinibaza ibitangaza bigiye gukorwa.ariko gire esprit de créativité tureke kuraba akarorero kabi k’batungishijwe na politike gutyo twese duce tubona ko ariyo nzira y’ubukiriro.Ifise ubugi hose."umutware mwiza ni umwungere, umuyobozi ni umuja w’abanyagihugu."None ko"ushaka inka aryama nkazo mwemeye gukora 100% ivyo tuzobasaba?Rabe neza ntimudukure kwa bisura tuja kwa binya!Abarundi turarushe dukeneye:ukuri, amahoro n’ubwigenge iterambere nyakuri.Muragabe ntabe amareshamugeni.
15 Kigarama 2014, 11:12, par KABURUNGU
RN / HAAAAAAAAAAAAAAAAAA ARI DD IGEZE AHO UMWANSI ASHAKA ????cndd fdd yabwiye abanywanyi bayo ngo mutegerezwa gutora kenshi IRANGI TUZOKORESHA MUGUTORA RIZOBA RIFUDIKA MUMINUTA CUMI GUSA .HAMA MUCE MUTORA KENSHI ATANKOMANZI.
MURAGABE.
2 Ruheshi 2015, 20:53, par KAYOYA
NTACOMWANZE KUKO CNDD_FDD IRIKWIJE.