Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > France: Hagiye gutanguzwa ikiganiro kizokina abagabo n’abagore bari (...)
France: Hagiye gutanguzwa ikiganiro kizokina abagabo n’abagore bari gusa
mardi 10 Ruhuhuma 2015
Imboneshakure yo mu Bufaransa D8 igiye gutanguza ikiganiro kizoremeshwa n’abantu bari uko baremwe. Ikiganiro nk’ico kiraremeshwa mu bihugu vya "Pays-bas na Espagne.

Ico kiganiro kizoremeshwa n’abagabo n’abagore bari gusa (nus(es)) bafise hagati y’imyaka 25 na 35. Muri ico kiganiro, hazokwerekanwa uko abagabo n’abagore baronderana (comment les hommes et les femmes se séduisent). Ivyo rero vyemejwe n’umurongo wa "canal+".
Ikiganiro nk’ico kiraremeshwa ukuri kwamye mu gihugu ca Pas-bas kikitwa "Adamu arondera Eva" (("Adam zoekt Eva"), muri Espagne gica ku mboneshakure "Cuatro". Abafata amasanamu (cameramen) uko bagikora baragerageza bakanyegeza ibihimba bimwe bimwe kugira ntibatirimutse abarorerezi.
Imboneshakure D8 nayo ivugako amabere n’ibisusu batazobinyegeza ariko bazohisha ibitsina gusa, ariko biratandukanye n’uko cerekanwa muri Pays-bas, hoho ntaco bahisha. Abagera kuri 300 baramaze gukina bari gusa kugira ibiganiro vyabo bizokwerekanwe vuba ikiganiro gitanguye kwerekanwa.
Mbega ko Abarundi bakunda gukora ivyo babonye hanze, bazohava berekana ikiganiro nk’ico?mbega ibibera mu mahanga vyokwirikizwa mu Burundi?
Raba uko ico kiganiro cerekanwa muri Pays Bas citwa "Adamu arondera Eva"
Cherif Nkeshimana
Messages
10 Ruhuhuma 2015, 12:35, par Ngaruko
Abarundi ntawiobikwirikiza twoca tubakata udupipi ntaho vyakabaye nivyo guhena tukwiye kubirwanya imico kama irakenewe
10 Ruhuhuma 2015, 18:41, par Ikijuju
Baze batwereke ibitsina vyabo, kandi banarongorane nyene tubiraba. Hemwe urya mwigeme ni mwiza kweli, ari je turi kumwe noca nyitereramwo.
11 Ruhuhuma 2015, 20:09, par nunu
IBurundi bishobora kubaho, mwibuke ko hari amashirahamwe ya UN avuga vya human rights, rero igihe Abarundi bobishaka tukabankira muzoza mwumva induru ngo Uburundi ntibwubahiriza agateka kazina muntu. Ahubwo turabe, twitandukanye n’ibikoko. Imana yaturemye turi abantu. Abo mubona ivy’Imana ntibemera. Rero tugabe aha twinjiranywe.
14 Nyakanga 2016, 08:57, par LoL-G
Non guk badatwereka video urumva sivyiz guk ntagunt twoteri mber natw muburund
12 Ndamukiza 2017, 19:27, par Alonje
Non Vyabereye Mugihugu Cahe? Mbe Adamu Na Eva Komutaribwavuke Mwarababonye? Canke Muraduhenda!!!
12 Ndamukiza 2017, 19:43, par Elize
NON KOMUDUHENDA" YESU" AZOTWARA MWIJURU ABAKOZE IVYOVYAHA GUSA? NDASAVYE INYISHU CANKE MUGOMBA KUTWIZA UBUSABANYI? IVYO MUBIKURAHE??