Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Francine NIYONSABA na Caster SEMENYA bagiye guhurira mu rindi (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Francine NIYONSABA na Caster SEMENYA bagiye guhurira mu rindi (...)

Francine NIYONSABA na Caster SEMENYA bagiye guhurira mu rindi higanwa

mardi 23 Myandagaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Francine NIYONSABA, umunonotsi w’umurundikazi aheruka gutahukana ikibanza ca kabiri ku metero amajana umunani mw’ihiganwa rya "Jeux Olympiques", agiye gusubira guhurira mw’ihiganwa na Caster SEMENYA wo muri Afrika y’epfo, uwatahukanye ikibanza ca mbere.

Abo banonotsi bazohurira mw’ihiganwa rya "Diamond League", rizanzwe rizwi kw’izina rya "Athletissima Lausanne", rikazoba kuri uwu wa kane igenekerezo rya 25 Myandagaro, mu gihugu ca Suisse.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.