Accueil > Inkino > Amahiganwa > Francine NIYONSABA yasubiriye kuba uwa mbere
Francine NIYONSABA yasubiriye kuba uwa mbere
lundi 6 Ruheshi 2016, par
Mw’ihiganwa ryabereye mu gihugu c’Ubwongereza kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 5 Ruheshi 2016, umurundikazi Francine NIYONSABA yatahukanye ikibanza ca mbere mu bahiganwa ku metero amajana umunani, akaba yatahukanye umudari z’inzahabu.
Muri iryo higanwa rya Birmingham Diamond League 2016 ryabereye mu Bwongereza kuri uwu w’Imana, Francine NIYONSABA yahejeje ari mu kibanza ca mbere ku mwanya wa 1:56.92.
Francine NIYONSABA akaba yiteze kuzoserukira Uburundi mu nkino za Jeux Olympiques 2016 zizobera mu gihugu ca Brésil.
IGIHE
Messages
6 Ruheshi 2016, 14:28, par Kanyosha
Ndishimye bimwe bidasubirwako kubwuwo Mukobwa wacu wumurundikazi Niyonsaba Francine! Ndishimye gayemwe!!!
6 Ruheshi 2016, 15:39, par Jimbere
Komera mwana wavu, utere uja imbere. Nguyu uwufise ico arata atari za mburakimazi zikwira isi zigurisha ibiziga na za génocide.
Burundi Komera.
6 Ruheshi 2016, 15:45, par Peace
komera mushiki wacu.ukwigungirako ivyigihugu nukugira ubwicanyi ubuhizi ntubihe umwanya ariko sport uyihe umwanya ukwiye
6 Ruheshi 2016, 21:12, par Hakizimana Fernus
Biragaragara ko uburundi Bugiye kugira izina mu Makungu. Reta ishigikire uwo mwigeme.
6 Ruheshi 2016, 21:16, par Hakizimana Fernus
Biragaragara ko uburundi Bugiye kugira izina mu Makungu. Reta ishigikire uwo mwigeme.
7 Ruheshi 2016, 04:49, par NYISHU Orginal
"Félicitation!" di Fara kuko uri umukobwa utera iteka rikomeye UBURUNDI.Komera kuri SPORT.Ariko benewa nimumbwire,none Francine yoba akiri INKUMI?Tezwimbere BURUNDI.
7 Ruheshi 2016, 13:07, par Aghahowa Okuchuku
mufashe yibereho neza nukuguru Imana yamwihereye.
7 Ruheshi 2016, 19:24, par MELCHIOR NZOJIBWAMI
Jendamw Basi Yaraduteturuy Kweri
7 Ruheshi 2016, 23:03, par lazos
ngo Burundi nubwa mbere kwisi none mubona arivyo?ehe raba mushiki wacu Francine nuwambere kwisi ntimubona kodufise utunga nibihugu bitwita abakene ubona atabisize ,nitureke kwisabira habi nkiyo saido adahendwa abagikina mubufaransa ariko ko yakengeye iwabo vyaciye bimwima uburenganzira bwogukinira ikipe ya kinamwo mubufaransa,nidukunde iwacu twubake iwacu niho heza kubera mumahanga naho kuba ugavye
8 Ruheshi 2016, 09:35, par niyonsaba evelyne
Francine komera mwenewa baniyonsaba turakwikundira tezimbere igihugu catwibarutse
8 Myandagaro 2016, 16:05, par Emmanuel
Eeh Congraturation Francine We Komera Tukuri Inyuma Abarundi Ahubwo Reta Nayo Nigufate Mumugongo Kuko Ukunda Kuduteturura Nayo Kagame We Namaramare Kuko Uburundi Ntanakimwe Budashoboye Tukuri Inyuma Komera Kandi Utere Uja Imbere
16 Myandagaro 2016, 15:00, par Dismas
Komera mukobwa w Uburundi.iyo uriko utsinda natwe tubadutsinze naho tuba mu mahanga ! Ntituri abanyamahanga. Tera imbere nk umuzinga Imana ikuje imbere
18 Nyakanga 2016, 10:30, par solange
Dashimiye Francine Niyosaba Ukuntu Yasubiye Guteriteka Uburundi.Nogera Saba Ko Hogwizwa Ubukerebutsi,mugwaruka.
18 Nyakanga 2016, 10:31, par solange
Dashimiye Francine Niyosaba Ukuntu Yasubiye Guteriteka Uburundi.Nogera Saba Ko Hogwizwa Ubukerebutsi,mugwaruka.
5 Mukakaro 2018, 20:58, par NIYAMAHORO.ABDULKARIM
Andika hano:none.Uyumwime.Wumurundikazi,yavukiyehehe?Muntara.Iyahe.Ariyumvira.Kuzokwubaka.Ugwiwi?