Accueil > Amakuru > Ubudandaji > Gaston Sindimwo: "Reta iriteguye gufata mu mugongo abashinwa bahishije (...)
Gaston Sindimwo: "Reta iriteguye gufata mu mugongo abashinwa bahishije ivyabo muri T2000"
mardi 22 Nyakanga 2015
Icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Gaston Sindimwo amenyesha ko Reta yiteguye gufata mu kugongo abashinwa bahishije ivyabo mu mangazini T2000.
Inyuma yaho imangazini y’abashinwa ihiye igatokombera,icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Gaston Sindimwo amenyesha ko ari ibara ryaguye mu gihugu c’Uburundi.
Gaston Sindimwo avuga ko ari uruhombo ku Burundi kuko iyo mangazini T2000 yafasha abarundi batari bake,kandi ko Reta igiye kubashigikira kugira babandanye kudandaza.
Mwomenya ko imangazini T2000 yahiye kuwa mbere igenekerezo rya 21 Nyakanga 2015,amakuru ava mu bakozi bayo amenyesha ko umuriro woba wavuye ku muyagankuba,ibintu bifise agaciro k’imiliyaridi zibiri bikaba arivyo vyahiye.
Van Naris Mugisha
Messages
22 Nyakanga 2015, 08:01, par jinja
nimubaterere.abonibejewacu.baratweretse.kodusemyrrakumugozukwe.
22 Nyakanga 2015, 09:12, par Ngelo
ntaworekagushima igikorwacizankico arikorero retankukwarumuvyeyiwabose yozirakorankivyo no kubarundi nabarundikazi baburivyabo mwisanganyankiryo bakagogwa.
22 Nyakanga 2015, 09:13, par kimana armand
Ngo Reta iriteguy gufasha. Umupfu ntiyinukira. Reka yofashagute nayo ataco yirengeje. Ariko nibaza ko bashobora gufasha bakoze kuri ya ma miliyaridi birirwa barasahura nayo reta yo ntaco ifise kuko ntaco bayisigarije abo basuma n,abambuzi.
22 Nyakanga 2015, 11:10, par Kaduga
Reta Ntifashe Abashinwa Gusa Yibuke Nabahishirije Ivyabo Mwisoko Yabujumbura Nahandi Heshi
22 Nyakanga 2015, 12:44, par Saying
Reka kurota nta Leta ishoboye gufasha abantu. Aho ko yavuze yabafashije yahejeje. Murasubira mumwumve nzoba mbona. Ego mama. Akwiye kuva mu gacerere, niyaba abishoboye, akavira hasi ikibazo c’umutekano, ahasigaye Abarundi bazokwimenya bari babimenyereye.
22 Nyakanga 2015, 14:48, par None?
Komera mutama cegera cambere cumukuru wigihugu, nayo abavugango umupfu ngintiyinukira gutwara igihugu vyobagira, kuko harihibihugu usanga vyaguye mubindibihugu gufasha gukura abantu babamwibarabara kandiwabo buzuye musiyibiraro/ ibitindo, diplomatic nikintu gikomwye utazi diplomatie kubindongozi vyibabigutaye kuwanazi, komera nyericumahiro Gaston Sindinwo.
22 Nyakanga 2015, 21:54, par vyenya
muritwenga.mutabuze.ikibatwenga
23 Nyakanga 2015, 04:44, par Amédé
C’est le rôle des assurances. Je ne peux pas croire que ce magasin était sans assistance.
23 Nyakanga 2015, 04:58, par simon
leta nibafashe badukoreye vyishi mugihugu cuburundi iterambere ubuhinga bwanone