Accueil > Amakuru > Poritike > Gelase NDABIRABE : Abicanyi bashigikiwe n’ibihugu vy’Abakoroni
Gelase NDABIRABE : Abicanyi bashigikiwe n’ibihugu vy’Abakoroni
jeudi 15 Gitugutu 2015, par
Umugambwe CNDD FDD wagiriza ibihugu bimwe bimwe ko arivyo bishigikiye abakora ubwicanyi mu Burundi, mu kubaha amahera n’ibirwanisho, bagaca bafashwa kandi n’amaradiyo mpuzamakungu avuga ko mu Burundi hari ubwicanyi bufatiye ku moko. Muri CNDD FDD bati : « Harageze ko bashengezwa imbere y’ubutungane mpuzamakungu» .
Mw’itangazo umugambwe CNDD-FDD wasohoye kuri uwu wa kane igenekerezo rya 15 Gitugutu 2015, bamenyesha ko bateye ivyatsi abicanyi bigenza nk’abihevyi ba Boko Haram, Al-Shebab na Al Qaeda.
Daniel Gelase NDABIRABE, umuvugizi w’umugambwe CNDD FDD akavuga ko basohoye iryo tangazo inyuma y’aho haheze iminsi hari abicanyi barasa bakongera bagatera amagerenade abaporisi, mbere bakica n’abantu bamwe bamwe, rimwe na rimwe bakoresheje amapikipiki. Kubw’uwo avugira CNDD FDD, abo bicanyi kubera bashigikiwe n’ibihugu bimwe bimwe bibaha amahera n’ibirwanisho, baca basimbira ku maradiyo mpuzamakungu bakavuga ko mu Burundi hari ubwicanyi bufatiye ku moko.
Iryo tangazo rya CNDD FDD ritanga akarorero k’ubwicanyi buheruka kubera mu Ngagara kuri uwu wa kabiri, aho ayo maradiyo mpuzamakungu yakoresheje amakuru muri CNDD FDD bita ay’ibinyoma ahabwa n’abantu bari mu Burundi basanzwe bakorana, akamenyesha ko igiporisi kijewe gucungera umutekano w’inzego cagandaguye abantu, kandi ko ubwo bwicanyi bufatiye ku moko.
Daniel Gelase NDABIRABE avugira umugambwe CNDD FDD ati : « Biragaragara ko abo bansi b’igihugu bashigikiwe na vya bihugu vy’Abakoroni bidashaka ko Uburundi kiba igihugu ciyunze kandi kija mw’iterambere, biboneka ko ivyo bihugu vyipfuza na ntaryo kugaruka gucura bufuni na buhoro igihugu c’Uburundi» .
Mu mugambwe CNDD FDD bagiriza ivyo bihugu batadomyeko urutoke ko bihereza amahera n’ibirwanisho abo bicanyi basanzwe bazwi ko ata birwanisho bashoboye guhingura canke kwigurira.
- Daniel Gelase NDABIRABE, umuvugizi w’umugambwe CNDD FDD
Ku bijanye n’imfashanyo ivyo bihugu vyahagaritse kuronsa Uburundi, umugambwe CNDD FDD ubona ko ari ugushaka kunigira igihugu mu menshi, uwo mugambwe ugaca ugira uti : « Uburundi ntaco buzoba kanatsinda kuri izo mfashanyo ivyo bihugu vy’abakoroni vyahora bitanga, ibice 80 kw’ijana vyasubira iwabo. Ubu rero ntitukiri mu mpari z’izo mfashanyo kanatsinda igihugu c’Uburundi Imana yakiremye irakibona» .
Mu mugambwe CNDD FDD bamenyesha ko hageze ko bashengeza imbere y’ubutungane mpuzamakungu ivyo bihugu bitamenyeshejwe, ariko vyagirizwa ugushigikira ubwicanyi mu Burundi.
IGIHE
Messages
15 Gitugutu 2015, 11:12, par surwumwe
gelase ntubeshere amakungu ivyo bavyitwa kumaramara ukitwaza abantu.ese ivyo bihugu nibyo byabwiye Nkurunziza kurenga kwibwirizwashingiro namasezerano ya Arushya? nimwemere akabi murakuze .Abarundi turazi ubwenge ntimudufate nkibijuju.ingorane ziri mu burundi murazi icyaziteye ntimwitwaze amakungu .ibiganiro biramye niwo muti
15 Gitugutu 2015, 11:29, par nyenimbabazi
ewendabirabe ntamutima ufise niwewe ubacanishamwo ukabeshera banyaburaya ahubwo ntasoni ufise nisubireko wibagiye amajambo uheruka kuvuga mbega wewe ntubokukuze imana ikubabarire
15 Gitugutu 2015, 11:54, par Joseph Nzinahora
Depuis ma naissance je n’avais jamais rencontré un homme très maladroit au niveau de l’expression comme Gélase Ndabirabe qui se réclame de politicien.
15 Gitugutu 2015, 12:16, par cimpaye
Nikobakora
15 Gitugutu 2015, 12:16, par cimpaye
Nikobakora
15 Gitugutu 2015, 12:18, par Bararushe.com
Ako gatama kiranze gasigaye kavuga amajambo nkayumwana.
15 Gitugutu 2015, 12:27, par Gilbert
komera komera mutama wacu ww ukuri kwaw niko kuzokiza abeneburundi ababicanyi nabo bakoroni tunyarukiriz,turafis ivyemezo vyos bihagij nayo infashanyo turaziko bataduha ivyagusa kandi mwugar nibidandazwa biviwabo ntivyinjir mugihugu cacu mukomere.
15 Gitugutu 2015, 12:31, par Ndayi
Aho Muriko Mutumutw Gumahamw Rero Mwayivye Muziko Muzohavamuronka Ahomuyivugiriza
15 Gitugutu 2015, 12:48, par Falcon
Mbe ko mubeshera amakungu nibo bishe BABABIKIRA ba 3 baba taliano?nibo bishe MANIRUMVA?aka kagabo kariko karafwangagura,abanyagihugu ntitugihendwa twarabahinyuye,iyo mana nayo mwiriza mukanwa nasobuja wanyu Nkurumbi mwa binywamaraso mwe nimwe yitwa BAYARI,tanga igihugu mugihe abagabo kuko ntigitwarwa nimbunuza zarizo zose.
15 Gitugutu 2015, 13:03, par che
no comment kabisa, just speechless, what to say about ths really!! our country is still dependent to external aid at almost 80%, so please think twice to what you are deciding to do if any, it’s not a piece of land you ruling but a country with people inside!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
15 Gitugutu 2015, 13:24, par Migisha
Vyabananiye Gutwara!Aho Mubeshera Amakungu Ngo Niyo Acanishamwo Abarundi,nimwe Mubikora.Imfashanyo Nazo Muzey Muba Rusiya Nubushinwa Nabo Nyene Nuko Muriko Muratanga Nickel Yacu Bitwarira
15 Gitugutu 2015, 13:33, par Fatu Bensuda
Abishe Zedi Feruz, Ernest Manirunza, ababikira babataliano 3,Orly,Nkezabahizi n’umuryango wiwe wose... Bashigikiwe n’ibihugu vy’abakoroni!!???, Ntaco nibabandanye bica abantu bazobisobanurira i La haye
15 Gitugutu 2015, 13:44, par Dodo
NTACO NDABIRABE UBUVUGA NKUMWIHEVYI.IVYO BIGIRIRA INGARUKA ABENE GIHUGU.WEWE WARARONSE WARUBATSE ABANA BAWE BIGA HANZE.ABANYE POLITIKE TWABAHAZE.
15 Gitugutu 2015, 13:56, par Gerardho
Harageze ko abarundi tumenya ko amakungu atadufasha kubwo gukunda abarundi kimwe shira ahabona ivyo bihugu kuko ivyemezo birahari yuko aribo bari kwisonga yakajagari kari mu gihugu nkaca nsaba leta yagure amashamba haca haba umunsi umwe mwiyinga abakozi baleta bose baje kurima kugira mumakomine yose habe ikigega ca leta uzorabe mumyaka ibiri ko mu burundi tutazoba tubaza ubukene aho nkaca mpamagarira abanyeshure,abasirikare abapolisi, abaganga kwitabira ako kamo
15 Gitugutu 2015, 14:22, par india sierra
IMBWA MU GUPFA IZIBA IZURU.
..................................’Kera tukigwana Gela se yari umuntu avuga ijambo ukumva ko ari ryo ariko Ubu asigaye ari ikintu kitagira umwuka mweranda d’Abazima.Nivyo sebuja wabo yabagereranije n’ibipurizo umunsi bamuherekeza kwemanga ko yivye ingoma ku umutaga riva,agashira ibipurizo mundi y’imeza ATI"mwese abari ngaha muri nk’ibi."
URUGI RUVUYE KU MURYANGO IMBEBO IRINJIRA.
..............................
Biraboneka neza ko kuva S.E HON EL HADJ HUSSEIN RAJABU akumiriwe CNDD-FDDyadutsemwo ibogwarudubi vyinshi mbere n’uwahora azi ubwenge buricurika kubera umuvumo wo kwikura kuwabonkeje.
MBE BAZORUHUKIRA HE?
...............................
Dushimirire Imana ko bagomba kwitwarira ababimye ivyabo,botugoye ifata none bagomba bizane.Mbe ndakwimye ivyanje turaburana nawe unyima rwawe.Amaherezo yabo nayo benewabo "interahamwe "bariko barabo.
15 Gitugutu 2015, 14:30, par None?
Umuti gucamuziko ntigusha, ndagushimiye nyakwubahwa kuvyucuze. Ndashaka kubwira cane cane abarimwobaribazako ibibivuzweko atarukuri nimurindire gatoya mumisi muzovyibonera kwarukuri, erega harihabarundi bagumihe bwabwenge bwomumyaka yaza 60 ahumurundi abonye umuzungu yabonako abonye igitangaza canke agakomeye? Uburero numumwaka wa 2015 abarundi twaramazekumenyako ababazungubamwebamwe ari danger kubindibihugu nicogituma ibihugu bitaribike bimazekubonako ababazungu iyobashaka gukora ibara mubindibihugu bakoresha abene ivyobihugu, uburero uburundi nicocatumye burondera abantu babijamwo muntumbero yokugira bashobore kumenya ukwo abobazungu biyumvira kugihugu cabo , mbegabajayogute? Abobazungu icobakeneye nukubabwirako igihugu cawe ubwicanyi bwarenze urugero atikandi barica abomumikambwe runaka namoko, ahorero bacababona kobakwiye kukujana mubihuguvyabo kugira bazokwikoreko mukuzovurunga igihugu wita icamavukiro, ngukwo ukotwemeye tukarungika abantu kugerubu nibobaduha amakuru yasimusiga yimyifatire yabobazungu ku Burundi. Mwumviserero uyumuvugizi wa CNDD FDD avuze ivyavuze mwumvise nimugire nukwiyumvira ninkuru ibariyukuri kuko muribaryabagiye mwivyobihugu vyabazungu nubwobarimurivyo kandi bakavuganabi igihugu cabo intumbero yabajanye niyokugira bamenye ukwabobazungu bifata hagati yabobarundi babayo nimigabonimigambi bafise Ku Burundi, iyorero nawe ugezeyo ukerekana kowanka reta yuburundi umenyavyishi ngaho aho reta yuburundi ikuramakuru yasimusiga. Ikindi nabobazungu bomurivyobihugu harimwo ababona ibirimwo birakorwa nabagenzibabo bagasumba bakabwira biryabihugu bibabiriko biraganbarirwa amabanga noneho vyabihugu bagafata icemezo atabwoba. Iyorero mbonye abantu bihimbiye nowomubaza atimbega uzibiki kurikahiseku Burundi akabatomenya ukokameze atarukwivugiragusa Ngo Rwagarore na Ndadaye barishwe , ariko bakandikangaha biyamiriza intiti nkuyu muvugizi wa CNDD fdd ashobora gusimbirakwisimu agahamahara bamwe mubayoboye ibihugu bitandukanye kw’Isi muranter’isoni cane. Ndababwizukuri ururugamba rwokwikukira nyakuri twiteguye kurutsindavuba ariko ntivyabujijweko twipanga kuzorurwana imyakamyishi uwururimworero yibazako tujenjetse ntiturikumwe ntituzosubira inyuma.
15 Gitugutu 2015, 14:40, par Innocent
Nukuri Twabahaze Ukagira Amakungu Niyo Yatanguye Kuzana Ikibazo Camoko?Ahubwo Nokabaye Wewe Sinosubira Nokuvuga Wibagiye Ivyo Waheruka Kuvugira Kumaradiyo?Ahubwo Nibaza Ko Mudufata Comme Des Debilles.Ivyubwoko Vyarataye Igihe,nimba Igihugu Cabananiye Gihe Abandi.
15 Gitugutu 2015, 14:41, par kanugo
Oya kweli bataye imitwe! na bado! Aho gushengeza ivyo bihugu mu masentare mpuzamakungu Kubera batabahaye imfashanyo mugiye kwambara ibara ndabarahiye ni ukuri kw’Imana yo mw’ijuru! Eh; burira ntibutera ku mpeshi!
15 Gitugutu 2015, 15:54, par Rosa kamakazi
mugeze aho umwansi ashaka hiiiiiiiiiii
15 Gitugutu 2015, 16:01, par HAKIZIMANA J.Baptiste
Erega sibo baremwe uburundi n’abarundi, Imana yaturemye niyo izotubeshaho kuko ntawuvuma uwo imana itavumye.Nimba Imana itarakura inyonga ku burundi, abarundi tuzoguma tubabanaho.
15 Gitugutu 2015, 16:38, par Ndi Umurundi Atarimbwa nka peter nkurunziza
EWE JERASIE UZOPFA UMENJE BASI! MBE WE UVA MUBWOKUBWAHE KO WAMENJE HABA KUBAHUTU HABA NO KUBATUTSI! MURI 2005 MUVUYE MWISHAMBA WAVUZE NGO " LETA NIBAHE IBIGWANISHO MWICE MUKUZAKO ABA PALPE HUTU FNL! KANDI BARI ABAHUTU NKAMWE UBU NAHO UHERUTSE KWINAMURA NGO ABA FRONDEURS BIWANYU HARIMWO BA PIE NTAVYOHANYUMA MANASSE MBONIMPA N’ABANDI NGWIYO MUBA MUKIRI MWISHAMBA MWOBAHONYEJE! MBE MWIHENDA KO MWOBA MUZI KWICA GUSUMVYA INTERAHAMWE NA HITLER?? UYUMUSI WANONE BARI HEHE? UBU NAHO UTANDUKIRIYE IVYAMACAKUBIRI! ASHA WEWE URIMBWA NYAMIGOZI BIRANABONEKA NEZA KO ATANICO WANASAHUYE UZONAPFA UZIZE IVYO UTANAZI! MBE NSHIMIRIMANA ADOLPHE WIHENDA YUKO WAMUSUMVYA UBUTEGETSI NUKWICA? UZOPFUKO!
15 Gitugutu 2015, 16:44, par fidelite
mbe nibiki amahera sa ayabo ko mbona muvuga mukiyishura mubashakaho iki ko dufise uburusiya papa abashinwa bakaba mama mushaka iki nibagumye
15 Gitugutu 2015, 16:52, par manzi
Nuburadedemba wamusaziwe ariko nitebe bitebuke ivyo muriko murakora muzovyishura ahuvuga nkuwita mwaherewe sha none muratanguye guhangara abo mushumbiye abahutu iyo muhaze ntimuba mukimenya ivyo muvuga
15 Gitugutu 2015, 17:00, par Maso
Umusazi Arasarana Ijambo Basha, Aremeje Ko Mukwica Abantu Uwomugambwe Ushigikiwe. Nivyo Kuko Amakungu Iyo Ataba Ashigikiye Umugambwe W’ Abicanyi Gelase Avugira, Aba Yarabadukuyeko. Nene Niyivugire Ivyo Ashaka. Ariko Hari Igihe, Abakungu Bazosubira Iyo Bahora, Intahe Igafata Ijambo.
15 Gitugutu 2015, 17:24, par Twikebuke beneburundi
Nivyo kirazira ko tuzoyama duteze amaboko amakungu,kuko nitwamenyera gusegerereza dutakura amaboko mumpuzu ngo tuvyironderere tuzopfa nabi,harageze aho natwe twibako,kuko izondyane zamoko nibo babiduteyemwo,kugira tuzoyame twicana kugira ibigwanisho vyabo bigugwe bongere batwibe ubutare bwacu.
15 Gitugutu 2015, 18:15, par David
Mbonako Imana Isumba Ingabo Mumpande Zose Nobwira Abatwara Koborema Bakareka Kuguma Basohora Amajambo Baje Kukivi Uburundi Buronke Impore Kubandi Munezerwa Nuko Intambara Yokwaka Indaro Iwacu Bibuke Wamwibutsa Uvuga Ngo (inkuba Ivuze Ntugire Ngo Itwara Umwansi Gusa Numukunzi Birajana)
15 Gitugutu 2015, 19:09, par Alice Irumva
None ko mwahora muyakira ayo mafranga yimfashanyo hari kuki? Ntimube mwarayanka kuva kera?Namwe ngira yabafasha kugura ibigwanisho canke ubundi bukozi bwikibi:Ubu ko bayabimye muca muvuga ngo nibayagumye,mugatangura kuyatukira , !Yoooooh,ego turabazi,twarabahinyuye,mbe mwibwira ko mubwira ibijuju nkamwe,murahenda ba nyoko batize!
15 Gitugutu 2015, 19:57, par #bongo#
wewe umuvugizi abicanyi nivyaba vyarabananiye kubutuza izombwa zinyenzi nimuduhe uruhusha twebwe uwotwofata twoca tunamurya mubisi abandi bocabomoka wewe ntubona ko barendegeye?
15 Gitugutu 2015, 20:07, par bongo
mwebwe ivyumutekano vyabananiye nimuduhe uruhusha uwo twofata twoca tumurya inyam
15 Gitugutu 2015, 20:11, par umututsimwiza umubona apfuye
@Ndi umurundi w’imbwa wanga Peter. Ni ukuri niba umwanga wiyahure!! Mwatwitse abahutu n’imipine mutera amagrenade mubaturage ubu noneho musigaye mwica nabene wanyu b’abatutsi mukajugunya mumiferege!!! Murabeshya ibya 72 mushaka kugarura abarundi barabamenye. Gusa uri imbwa yujuje ibyangombwa nkeka ko n’umurizo uwufite.
15 Gitugutu 2015, 21:40, par Dodo
EWE GELASE KWIBA INGOMA MWENA TERPE VYARABOROHEYE IKIGIYE KUBAGUMIRA NAHO KUYIVUGIRIZA.IMPERANIMPERUKA MUZOYITA MWOMOKE.REKA GUTA IBIRAKE KURI ABO BAHUNGU BIBURAYA NIMWE VYABURIYE.
15 Gitugutu 2015, 22:37, par Uwubizi
Ntitwari bwatwagwe n´abasazi! Ni ubwambere mbonye abantu nk´aba. Abarundi tugeze kure pe! Iyo Leta y´aba Power bo mu Burundi izohava ari uko abarundi b´umutima tuvyikoreye kandi bizokunda. Le Burundi merite mieux que ça quand même.
16 Gitugutu 2015, 00:10, par Frodebu
Abarundi bumutima abatutsi, abahutu na batwa, Atari ivyobihemu dufatane munda twiyamirize abo bashaka kutugarukana ko atwaro zigikoroni za gacinyizo gafatiyekumfashanyo zabanyaburaya tubiyamirize kandi namwe indongozi zacu mufate iyambere yo kugara izo ambasade zabo tumaze kubikurako ayandi makungu azoca yihuta kuturondera kuko akaroshe kubazungu kari muri Afrika niho turoba tunakumiye iyomihimbiri iriyo abo Baja babazungu ariko biyita ngo sindumuja kandi tukabasa ko mutokwigera muganira numuntu azova mumahanga kanatsinda uamye arumuja ntapfayarabuvuyemwo akarore keza murarabe Rufyikiri kwatavuye ahatomoye ntavuze nkumusuzi. Irukana iyomihimbiri ayomakaritiye nayo yarimwivyihevyi tuzoyagota tuyashire muri krantine hazosigare arimukibira.
16 Gitugutu 2015, 06:07, par CNDD-FDD
YEWE GELASE UBWINGE NTIMUKIGIRA NAKA NAGATO MUVUGA NGO"BABANIGIYE MUMENSI KUBERA BATAHAYE IMFOSHANYO HANYUMA NGO NIBAZIREKE NGO ZAHORA ZIBASUBIRAKO?"SONZA MWIGUMYE AHO NAHO MUTAZORONKE IVYO MWIBA,BICIYE BIBONEKA NEZA KO MURI IBISAMBO.REKA TUHAHONERE TWEBWE NYABUNA IBINTU VYOSE NTIVYADUZE?MUGABO MWENE DATA REKA KWITERANYA NIBIHUGU BIBANYI NAMAKUNGU WINUMIRE KUKO"hakubiga nabi worya nabi"NAKAGAHE NDABAKUBITIYE MUTAZOKWISANGA MUSIGAYE MURI NKAGATI KARI MURUZI
16 Gitugutu 2015, 07:02, par Kamwe
Uy’umgabo jw mbona yatay umutwe mbe nomukuvuga ntibakiyumvira gutwara vyabananiy pe
16 Gitugutu 2015, 07:23, par Umuhutu atarimbwa nka nkurumbi na Nyamitwe
UH NGO ABA DD NGO BAFISE PAPA NA MAMA BAA CHINOIS N’ABARUSIA HAHAHA MBEKO WUMVA MUBAFIRE HAMA UYO ICO KIJUJU JERASIE NA NYABENDA HAMWE VYAROGOTWA NGO UE NA BELGIQUE NA HOLLANDE YACU TWEBWE LES ANTI 3ème MANDAT! MBE MWE MWITWAZA UBWICANYI BWO MURIZA 72 NINDE YABUKWEZE SI BA PAPA NA BAKURU BACU BACU BABA HUTU KUBERA INDAMBI NGO BAGOMBA GUTEMBAGAZA MICOMBERO! MUKURU WANJE NTIYARI MUGISODA ! YARAFISE IPETE RYA CAPTAINE! YISHWE KUBERA UBUJUJU BWACU UBU NAHO NGO IVYUBWICANYI BWAKOZWE N’ABATUTSI MWANGUHA NTAWE MUZOSUBIRA GUHENDA SHA! BA BA #PALPE HUTU FNL ISINZI BA RWASA PETER NA ADOLPHE BAMARIYE KWICUMU MWIYUMVISA YUKO TWABIBAGIYE GA MWA BIJUJUMWE VYA BA DD! SIMON NYANDWI ARI HEHE NTIYISHWE NA PETER AKANKA KO DUKORA AUTOPSY NYAMBA MUZOHENDESHA IVYAMACAKUBIRI BASO NA BA NYOKO BIBIJUJU NKAMWE BATIZE BATABONA NAYO JEWE NTIMUKORAKO!
16 Gitugutu 2015, 10:41, par saluva
Aaho urekura ama bubu aboze mu bureau, mbe barya ba polisi murungika kurasa abantu ku murango urabivugako iki wa kijujuwe. Zirya escadron de la mort que vous avez crees qui trompe qui idiot?
16 Gitugutu 2015, 10:52, par dada
Mutama ivyo uvuze nivyo, ikindi dusaba reta nuko yofata umugambi wokugara radio BBC hakirikare kuko nayonyene imeze nkaza radio zakera za RPA, BONESHA...mugushigikira abo bicanyi,Mukuvuga ibinyoma no mukuryanisha abenegihugu mumakuru batanga.
16 Gitugutu 2015, 13:33, par Mututsimwiza Jean
Abatutsi bene wacu ntibahaga amaraso. Sogokoru yajyaga atubwira ko tugomba kurimbura abahutu gusa kuva aho nkuriye nasanze ari ububwa kuburyo mbona ko mubwoko bwacu bwa Sindumuja 90/100 ni imbwa. Niyo mpamvu ari ntamututsi mwenewacu ugira ibitekerezo bizima usibye kurya ibyo batahinze, kubeshya, kwica, gusambana,....
16 Gitugutu 2015, 14:05, par Burundi
Iki bacita gutamba wirorera. Mwari muzi ko Uburundi ari icibare ca ba so na ba nyoko. Igihugu ntikiba icana.Mwarivye Abarundi democratie, sinibaza ko bazokibarekurira. Gende iyo muva mufise ubwenge buke.
Ukwiba ingoma ntibigoye, ikigoye n’ukuronka aho uyivugiriza.
16 Gitugutu 2015, 16:29, par Cedric
UH MURAHUMBASHA UBUHINGA BWO GUKWIRAKWIZA AMAKURU BWARAGWIRIRANYE HEWE BAGOMBE BUGARE BBC,VOA,NA RFI! MUGA MWIBUKE NEZA YUKO ISI YA NONE ATARIYO SI YO MURI ZA 1950! DUFISE ZA WHATRAPP ZA FCB,INSTAGRAM, VIBER SKYPE NIBINDI NKIVYO! KANDI NAMA SATELLITES YA AMERIKA YACU ZIZOBANDANYA ZIFATA AMAFOTO YUBWICANYI ABA DD MUBANDANYA MUKORA NAZA AMBASSADES ZACU ZIDUSHIGIKIYE MUKWIYAMIRIZA NKURUMBI BAZOKWAMA BATUBEREYE IJISHO AKO KARI AGACE NAYUBUNDI MUZOKWIMENA KWIBUYE KUKO ABIYAMIRIZA IYOMBWA MBI NKURUMBI DUSHIGIKIWE NAMAKUNGU MENSHI NTIMUZOGENDA MUDUTSINZE!
16 Gitugutu 2015, 17:09, par Joseph Nzinahora
G’elase Ndabirabe mbega uracari muri 1957 aho abaharanira independance basabo ko igihugu gitwara na beneco. Ubu aho tugeze twarikukiye ntukwiye kuvyigisha abarundi. Tukeneye gutwara biciye mu nzira zitomoye ata numwe yiyitirira igihugu wenyene ngo ashire hanze abenegihugu ku munoho wo gukunda amaronko. iyo uzi ubwenge muba mumaze kurungika d’elegation z’urutavankao ku ndwi ku ndwi mukwumviriza abahunze no kubahamagara bagataha aho kubashinyagurira ngo bahunga ibihuha. Ni waba utarwaye uruhumyi
uwo mugambwe CNDD-FDD muriko murigisha xenophie (la haine des etrangers) aho kwigisha l’harmonie (coherence et collaboration avec le monde)
Ici ni co kiranga INTWARO MBI
Ukutubaha la juridiction internationale en matiere de droit de l’homme
Ukutubahiriza amasezerano y’i Arusha na constitution y’Uburundi
Ugukumira abarundi ngo ni uko mutiyumvira kumwe
Stephan Hessel yavuze ati ’’Indignons-nous!’’
Je m’indigne aussi de voir ressurgir les memes comportements d’il ya 50 ans
16 Gitugutu 2015, 20:06, par GASTON WASHINGTONE
UWONGO WAKO.ACA GUCEKA NA UZIMA.
16 Gitugutu 2015, 20:24, par Mupfubuzi w’i Kigali
@mututsimwiza Jean. Mugabo ntubeshye gusa wibagiwe kuvuga
bene wanyu b’abatutsi batazi no kwenda abagore!! Niyo mpamvu abatutsikazi bamaze kumviriza umurizo w’abagabo b’abahutu badasubira muri izo mbwa ngo zitabapfubya.
16 Gitugutu 2015, 20:24, par Mupfubuzi w’i Kigali
@mututsimwiza Jean. Mugabo ntubeshye gusa wibagiwe kuvuga
bene wanyu b’abatutsi batazi no kwenda abagore!! Niyo mpamvu abatutsikazi bamaze kumviriza umurizo w’abagabo b’abahutu badasubira muri izo mbwa ngo zitabapfubya.
16 Gitugutu 2015, 20:27, par ibiharage vyamburwanye kubera umunezero wa 3 ém manda songambere
nivyo mbona isukari yaciyizimbuka nigitoro kiraboneka ahubwo twaritwaranizwe komeza mubashengeze
16 Gitugutu 2015, 21:10, par mutabazi saidi
nukuri birababaje dufatiyuko amaradio abitangaza birabonekako ahengamira kenshi kubarwanya reta! jew ahombonerako arububeshi nuko uwishw wese bahita bamushira kuri reta mugihe harabatangaj bari mubihugu bishigikiye intambara ko reta ihari nabayo batazobatwarana!
16 Gitugutu 2015, 21:15, par mutabazi saidi
nukuri birababaje dufatiyuko amaradio abitangaza birabonekako ahengamira kenshi kubarwanya reta! jew ahombonerako arububeshi nuko uwishw wese bahita bamushira kuri reta mugihe harabatangaj bari mubihugu bishigikiye intambara ko reta ihari nabayo batazobatwarana!
17 Gitugutu 2015, 08:06, par HATUNGIMANA JEAN DE DIEU
HUUMM!IYO MANDAT YANYU IGOMB ISANDABE MUC MUTANGURA KUVUGA AYAMUHE!AHO MUVUGA"IMANA" MURIKO MWIKWEGERA AMAHANO KK MWEBW ICO MUREKURIW KUVUGA NI "SATAN".IMANA NTISHIGIKR ABICANYI BATWARA IGIHUGU!"KUBERA AMARIRA YACU,IMANA IRAGOMB KUDUHOZA."MW BA PHARAON GENDA HARAGEZE MUZ GUSANGA UWO MWAKOREY ABANZ ABAHATE INKONI KK MUZOB MWANANIW NA MISSION YABAHAYE!@TEMBA HARAGEZE@
18 Gitugutu 2015, 09:31, par bigirimana
nimanamwarayihemukiyemwirigwamuric aboyaremyemwishushoyayomufis iherezoribimwavumwenabantumwishenicogituma igihugumugitayemukag imyidogoyikisimwemwabikwez izondazanyuzituzuranimwihanganehhhhmananumpekurambandabe iherezoryiyintwaroya cdd
24 Gitugutu 2015, 23:44, par Mpozamarira Erias
Ukurira kumugabo amosozi atemba ajamunda,uko nukubesha uburundi ntamahera bufise bwokoresha butikoze kuyohanze,abo ba dd ivyabo birazwi izingorane zatewe nabo bafatanije nakizigenza wabo.
25 Gitugutu 2015, 00:20, par Aristide
JEWE NIBAZA KO ABARUNDI TUGEZE AHO TWIKEBUKA, TUKARENGERA INYUNGU ZACU, TUKAREKA GUTERANA IBIDASHIKA KUKO NTAHO TUZOSHIRANA. JEWE RERO KANDI SINSHIGIKIYE NA GATO KO ABAZUNGU BADUHONYORA KU GAKANU KUBERA IMFASHANYO ZABO. TWOPFUMA TUZIHEBA TUKARYA BIKE TUKARYAMA KARE>>> NGIREKO NDEMESHA ABARUNDI BOSE BAKUNDA IGIHUGU CABO, ATARI ABAJA B’UMUNTU N’UMWE, KO IGIHUGU ATAHO KIZOJA NGO CABUZE IMFASHANYO DE CES RENEGATS, BAZOTANGARA CANE, KUKO ABIBAZA KO IBINTU BIKIRI UKO VYAMYE BAHERUKA INZIRA MU CI.....
2 Kigarama 2016, 18:47, par NDUWAMUNGU
ABARUNDI NTI TUGITAMIKWIJAMBO TWEBWE UKURI TURAKUZI ABOBAHUNZE IGIHUGU CABIBARUTSE BAHENZWE NABAKAVAMAHANGA NIBAZE TUZOBAKIRA NTIDUKORESHWA NABAKORONI